ขนาดวิดีโอ: 1280 X 720853 X 480640 X 360
แสดงแผงควบคุมโปรแกรมเล่น
เล่นอัตโนมัติ
เล่นใหม่
Huyu ni speaker wa BUNGE la Tanzania,na pia ni SPEAKER wa BUNGE dunia ,Madamu TULIA AKSON
Yarabasomeye nub baracikugura pe
Izombwa zabazungunani😂😂🙏🙏❤❤🇧🇮🇧🇮
🎉🎉🎉🎉 ndamushigikiye nibakure asuzuguro🇧🇮🙏🙏🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Uyu mu mama ndamukunze ✌️❤️
Turikumwe 5|5
Komera mutama Hakim turakubaha kunyigisho uduha
🎉🎉🎉🎉🎉 tagata tuguma turikumwe papa
Intwari ziracabaho kabix! Komera Madame turakwemera kbx
❤❤❤❤❤komera cyane turikumwe nawe
African has genius women
Amahoro y'Imana Mushoboravyose abane namwe. Tubakurikirana 5 kuri 5 i Burundi. Uwo mukenyezi yubahwe cane,n'intwarikazi. ❤❤❤
Courage mutama
Ndamushimiye
Komera cane burundi oyee
Uwo Mukenyezi ni Ntwari pe.
Yamber mur afrika
Big UP sana 🎉🎉
Hkm bien
Utuzanire ijyambo rya Muzehe H.E PK
Yes❤❤
🎉🎉🎉🎉
🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Komera boss. Uzodutohoreze irya nkuru ivuga ko muri Irak abakobwa ba 9 ans bagiye kuja bararongorwa
❤❤❤
Intabw kuyind tuba tubakwilikilana cn gos abarundi twubahwe cn
Uyu Asumba President Ba African bose nubwo atari President .
Komerezaho ❤
Gusa uyiduhay uteba cane
Yagerageza gusa nuko abwira ibipfamatwi
Africa yoronka nkabo cumi yokira
🎉🎉🎉
Ikibazo Cabo ntibumva
man uyu mugore arabakurugutuye p gusa jya upozinga gake plz
Kwibibintu twabimenye kare ww nkumusesanguz vyakugendey gt shaaaa
@@levygasper7438 si bose bumva icongereza, kwabay ugusobanura ivyavuzwe nkuko umuntu yosobanura ijambo ryavuzwe na Adolf Hitler canke Martin Luther
Nacanecane @@hakimproductions257
Abazungu baragoye kbx nukubakurira inkoni kugishitsi nkany'africa
Ni kubasomera
Abanya burayi nibihangane ubuhangange bwabo baraheze uburusiya buzoyobora isi kbs Hakimu niwirambire nari narakubuze kuri you tube
🎉🎉🎉🎉🎉