ขนาดวิดีโอ: 1280 X 720853 X 480640 X 360
แสดงแผงควบคุมโปรแกรมเล่น
เล่นอัตโนมัติ
เล่นใหม่
Wow ndaryohewe caaaane niyo nkuru waduteguriye, uy mwuga urakubereye kandi courage caaaane gooose. twar twaronse inkuru zidafise ifatiiiro
Sha mwarabiciye biracika vyari biryoshe kweli courage.✌
Big fizzo pole sana ndumva bagize nabi gusa bantu bwoy mukora amateka.ham isaac nawe urabandanya ukoruko ukora bien
Issac Uneongea True Kwasababu unachoongea Chote kweli Maana Nilikua apo..m ujaongea Uongo ivyo ndio watangazaji wangekua Ivyo mziki wa Burundi 💥 ungeendelea.
banru bwoy number one record label music in burundi Rwanda turayikunda mujye imbere BIG FIZZO THE LEGEND
Turasavye muze musubireyo igitega
BANTU BWOY FOREVER
Isaac First Channel Urashoboye 👍
Bantu bwoy izokwama ariyambere ibihevyos💪💪✨💥💥🔥
Raba uzuravuga ikirundi kuko icongereza kirakuroka dude
Bantubwoy number one label ndabafana sanaaaaaaa igitutu 🔥🔥🔥🔥
Gitega iwacu yubahwe isaac nico ndagukundira imana ibandanye ikorohereza muvyawe vyose
Uvyifatamwo neza Asaac Merci,,, Bantu barakwiye gusubirayo
Urumunyamwuga wukuri.Nturi nkabamwe bahengamira hamwe.Kandi uzamuko Isaac.Niwabona nicotuma umu star wacu yandagara uzogihishe.Kuko nico kiranga umunyamwuga yipfuza guteza imbere ivyiwacu
Igitega bihangane ..ntawuharira nabarongonzi....Kandi kubwimvura nuko bimera...Bantu bwoy 4life....Igitutu
Félicitation Isaac toujours au champ
Bantu Boy One Lebel in Bdian msik
Isaac Courage 💪 💪💪 kbsa toujours au travail
Isaac tv nakubali vrema,we ntutanga amakuru yibinyoma,uko nyene ubivuze niko vyagenze ntumeze nkababandi
Abantu bavuga nabi fizzo nobabwira nibabihebe kuko numuvyeyi kbs
Ico kiganiro wagikoze neza gusa sinzi ko wihenze cnk wabigize exprès kubijanye numwany bongeye,bongey isaha imwe itarenga
Good job Isaac....keep moving forward Isaac Tv
Mambo mbaya💥💥💥💥💥💥💥💥💥💥💥💥💥💥💥💥💥
Courage kbx💯🔥🔥🔥🔥
hey!!njye ndi umunyarwanda ntuye mu rwanda nkunda uburyo isaac ukoramo ibikorwa byawe
Abantu muvuga ngo show y'a bantu bwoy yahovy muratwenza.erega harya ntakintu bakota vyose nivyabo.ayo batoza nta dépasse zirimwo
Waooh😍👌 Akaryoshe ntigahora mw'itama.
Thanksgiving to Issac Classic twebwe twari twahwawe amakuru yuko igiteramo cahomvye ngo kandi nta muntu numwe ya citabiriye .. so thanks for your info
Big Fizzo urasubirayo gitega barauinda shw
Nimuri capital nikugaruka bantubowy 🔥
Nice babalaoooo fizzooooo
Tubwire boss urekane nabavuga ngo haje abantu 45
Bantubwoy for life
Thank you so much Mr Isaac uritanga gose mumwuga we really appreciate it
Porono
Ndakunda bantu boy ebana terimbere Isaac
Big up Isaac Tv
Bantubwoy ni dili
Thank much big brother Isaac for all this info . Be blessed in all of your works you are doing .
Isaac courage vrt uriko uvyifatamw neza
GTG la terre de mes ancêtres.
Félicitations Isaac👌
Mone kwabantu ari benshi kandi imvura yari yaguye
Wamenikaza sannn 🔥🔥🇧🇮
🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥
Ibintu ni 🔥🔥🔥🔥🔥🔥
Naho imvura yaguye show yagenze neza
Waooh❤❤❤❤🔥🔥🔥👌👌
Giteg oyooooo
Ibintu nivyo mutama Isaac bandanya kutubera ijisho ahotitari.
Wew urakwiy gushigikirwa urumukozi
Hivi hakuna corona huko
I makamba batwiyumvireko nukuri.
Igitega fizzo haramwanse ntazosubireyo yoba arumusazi
Nivyiza ko umuntu agenda bakimunyotewe
Gitega ntibatinya corona kwer
Oya show yarahomvye witwibesha isaa
Yavuze uko vyagenze na vidéo iriko. Naw tubarire
Twacane na hiyo storry
Iyo show ko mbona ata moral yarihari???hahahaaa Isaac reka gupfukapfuka vyanse
Fans maganja mufis ingoran mumitw, none hagez aho uvuguruza caméra? cank nibwa bujuju bwanyu🤣🤣🤣🤣🤣🤣
Abo nibabandi bama bapinga none Marc ugimbuharirize camera ntukwije mumutwe
None we wakwitabiriye igiteramo 21h??,
Ari uyundi yoronka zéro. Gusa Big fizzo vyarigeze kumubako nk'uko kw'ejo imvura iguma igwa igiteramo kirahava kiratangura 21h kandi abantu bari isegenya. Bakorana na Jux.
🙄🙄🙄Nibiha ngane kuko ibibih biragoy
🔥🔥🔥🔥🔥🔥
Wow ndaryohewe caaaane niyo nkuru waduteguriye, uy mwuga urakubereye kandi courage caaaane gooose. twar twaronse inkuru zidafise ifatiiiro
Sha mwarabiciye biracika vyari biryoshe kweli courage.✌
Big fizzo pole sana ndumva bagize nabi gusa bantu bwoy mukora amateka.ham isaac nawe urabandanya ukoruko ukora bien
Issac Uneongea True Kwasababu unachoongea Chote kweli Maana Nilikua apo..m ujaongea Uongo ivyo ndio watangazaji wangekua Ivyo mziki wa Burundi 💥 ungeendelea.
banru bwoy number one record label music in burundi Rwanda turayikunda mujye imbere BIG FIZZO THE LEGEND
Turasavye muze musubireyo igitega
BANTU BWOY FOREVER
Isaac First Channel Urashoboye 👍
Bantu bwoy izokwama ariyambere ibihevyos💪💪✨💥💥🔥
Raba uzuravuga ikirundi kuko icongereza kirakuroka dude
Bantubwoy number one label ndabafana sanaaaaaaa igitutu 🔥🔥🔥🔥
Gitega iwacu yubahwe isaac nico ndagukundira imana ibandanye ikorohereza muvyawe vyose
Uvyifatamwo neza Asaac Merci,,, Bantu barakwiye gusubirayo
Urumunyamwuga wukuri.
Nturi nkabamwe bahengamira hamwe.
Kandi uzamuko Isaac.
Niwabona nicotuma umu star wacu yandagara uzogihishe.
Kuko nico kiranga umunyamwuga yipfuza guteza imbere ivyiwacu