Alvella ndagukunda pe icampa nkahura nawe❣️❣️❣️❣️Imana yo mwijuru ikomeze ikugeze kure caaane🙏🙏🙏
Alvela nukuri ndagukundacyane imana' ikomeze ikwagure kd ikomeze intambwezawe. Icyampa nkazahutanawe byanyura umutimawanjye ndagukundacyane
Uwimana ikunze raba ingen agirirwa!!!!❤❤gukorera Imana nta ruhombo
Ibintu vyogusukako umuntu amazi sivyo nigih mwayamusutseko gutyo ari mu bih vyiwe ntimunonako vyoba bisarishij
Urukundo nyarwo❤ababiteguye mwubahwe can,uyo mwana tura❤cn knd turamushigikiy
😭😭😭😭😭😭😭😭nisanz nariz kubwumunezero ❤❤❤❤abant mwes mwatumy aruvell yishim iman isubiz aho mwakuy kand ibah umugish
Hadi na Riya Alvella Mungu akupe maisha marefu akurindi fitina za warimwengu ❤❤❤🥰🥰🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Mwabiryoheje mugawarize baragihayeshaaa😂😂😂😂🎉🎉🎉🎉❤❤❤❤❤❤
Imana ibahezagire ababiteguye👏👏👏👏🥰🥰
Waauuu isabukuru nziza alvella tubakunda cneeee ❤❤❤❤
Vyari bitesa isabukuru nziza❤❤
Uhezagirwe Imana igiraneza.nibindi birinyuma
Woooooow Ilove her so much ❤❤❤❤happy birthdays our beautiful actress more money and more bleesing God be with you
Alvella ngukunda cyaneee ❤❤❤imana iguhezagire nukuri nkwifurije isabuku nziza💐💐rambira kubona ibyiza gusa❤❤❤❤
Happy birthday alvela ibyiza byinshi kuri woe imana iguhe uburame ndagukunda ❤🎂🎂🎂
ALuver umus mukur wamavuk mwiz🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉
Imana ikuje imbere l Love you
Alvella yumiwe kbs😂😂😂❤❤🎂🎂🍾🥂🍽️🍴isabukuru nziza mukobga mwiza ndakwikundira mfise mutu vidio twawe twinshi machallah❤❤from Saudia
Wavukiye umunsi umwe numwana wanjye nawe uyumunsi yari birthday yiwe turagukunda
Nanje ndakwikundira mukobwa mwiza❤❤❤❤ Abantu mwabiteguye mwubahwe🙏
Isabukuru nziza mukobwa wanjye randa randa nkuru caca
Sitara amano ibyiza birimbere
Imana iguhaze uburame I Love you ❤❤❤
HBD to you alvela muhimbare 🎉🎉🎉🎉🎉 yooooo ndarize kubera umunezero erega hagiyemwo na concert 😂😂
Alvela I love you so mach
Mbe gasirida warahevye gukina firme nguma ndamubaza Sammy nubu ntanyoshu❤❤from Saudia
❤❤❤🎉🎉🎉 aruvera muhimbare uraturuhura
Tuba dukeneye urukundo nkugwo birahimbaye cane❤❤❤
❤❤ bcp mwiza
HBD to you alvella God bless you
Komera cane Alvella nyagasani abandanye aguhezagira mubikogwa vyawe vyose ukora ndagukunda ❤❤🎉🎉🎉❤❤❤
vyiza cane🎉🎉🎉🎉🎉🎉❤❤
Happy birthday mukobwa wacu🎉🎉🎉❤❤❤
Mung akup maish maref🎉🎉🎉❤❤❤😂😂😂
Waaaooo isabukiru nziza ari ndagukunda
ishabukuru ziza🎉❤
Alvella ndagukunda cn❤🎉
Kantore wanje disi😂😂❤❤❤
Hbd to you namw mwabiteguy mwakoze caaane
aruvera ndagukunda can❤❤❤
Yvt wee nukur nciyentweng! Ham mukobw mwiza isabukuru nziza ma chérie.
Ndarize amarira yumunezero
YESU agira nezaa cane
Happy birthday to you ❤❤❤❤
Happy birthday alvela❤❤❤❤❤❤
Rek kundiza naw gezah 😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢
Arivera waberewe
Biraryoshe
❤❤🎉
❤❤❤❤
Love u bb
Ko bitesaaa none😂😂😂😂 abandi boo 😊
Murabura kumumenako inoti mukamumenako amazi 😢😢😢 nizereko mumwambika impuzu shasha ego
❤❤❤🎉🎉
Biraryosh3
❤❤❤❤🎉🎉
Oooo vyiza cneeee
Isabukuru nziza disi Alivella ndakwikundira
Isabukuru nziza mukobwa wacu iburundi
Sabukur nziza mwiza
Alvella 😆😆😆😆😆❤❤❤❤❤❤❤❤
Uwo mwana arakunzwe kbs
haha iyo Rasta akoroki numu Cher wiwe ? atazaguhenda
Ndawikundira
Kure cnee niho nkwipfurije kugera nd❤cneee
❤❤❤❤❤❤❤😢
Murabana Babi urabona uko mwamujobetse
Na firme nagirandabe ndayihevye😂😂😂
yvette nkubonye nca nseka
Waruberew mukobwa wacu ndabona muri rwarukundo BMT bahishikiye na sabas yahishikiy non sabas izompuzu zaw nn zikorerwa iburundi uraberwa cane ppa
❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉😢
Kakajagar ka yvet ko gukonamashi ninde akabong
Solange na yvette ntibavana😅
✌️✌️✌️✌️✌️✌️🇧🇮
Murakoz kundiz nanj.nukur nciy ndir
arivera unapeza
😂😂😂😂😂😂😂❤❤❤❤❤
Yvette yitonze
Nivyiz ntimucik pee
😂😂😂😂😂😂❤❤
😂😂😂😂❤❤❤🎉🎉😢😢
😂😂😂😂😂😂😂❤❤❤❤❤❤❤❤😂
😂😂😂
❤❤❤❤🎉🎉🎉
❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉
Alvela ndagukunda bimwe ntokunbwira jewe ikizanpa amahirwe tukazohura nzorara ntwenga ijoro ryose kandi kuraj mubikorwa vyawe 🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉❤❤❤❤