B-Face yayagiye MISS ANNA ingene umuryango wamwanse wose ngo ntandero agire
ฝัง
- เผยแพร่เมื่อ 4 ต.ค. 2024
- Abigeme Ba Ngoma Ni chaine izoza irabashikiriza ibintu vyose vyakozwe nabaserukiye abandi muri Miss Ngoma co kimwe nama débat atandukanye bazoza babashikiriza
Mukaba mukunda aba bigeme kandi mwifuza kuza murabona ibikorwa vyabo vyose nimugire SUBSCRIBE na SHARE na COMMENT kugira ntimuzocikwe nibikorwa vyabo vyose
#bface #kora #missngoma #missburundi
BFACE 😂😂Ndamukunda cane!
Muraberany kubera ubwenge👌👌👌👌
En tout cas vrt tworyoherw mukoze une famille😎
Warabimubwiye none ngo azoguhe yambiiii. Cankeeeeee....... Ntumbaze vyinshi😁😁😁
Aga collabo kamwe nawe kotesa
Cette fille dégage un esprit de traquillité incroyable, pour une fois ndumvise ubuzima bwa On the flow💁♀️🥳
The beautiful queen#keep shining girl#more love from 🇰🇪
This man is a great talent.... the host is very beautiful... love you guys 🇨🇦
ahooo sha b face na miss Wacu Anna courage imbere n heza knd mukore emission nyinshi kuko ziratesa
Ba face ndagushimira ingen witwara Imana iguhezagir🙇♂️🙇♂️☝️🙏🙏courage ndagukunda❤️
ANNA urumwana windero kabisa urakwiye Kuba Miss Burundi 🇧🇮. Natural body utisiga urwondo mumaso, utambara imishatsi ua fake
Ikiganiro ciza, Miss Ngoma love you. B- Face avuga neza
B face
Uvuze ukuri nimba ubutungane buhari ngo butunganirize abanyagihugu niburenganure Miss Ngoma wacu
This girl is so beauty😍ham B face on t'aime courage be blessed
Tubasabe kwiki kiganiro Bfc &Hamwe na miss Anna ko mwokibandanya kugeza mukatwongerako izindi nkuru nyishi tutamenye Asante sana mr6 thank you so much God bless you guys
Vraiment B face uri sage et intelligent, ikiganiro ciza 🙏🙏🙏
Umukobwa yakoresheje ikiganiro nimwiza vrmt.
Komera Rap Yuda. Niwirambire mzeeee. Indero yawe wifitiye utere uja imbere kuko uriyubashe kabisa.
Miss Anna urumwana windero kabisa. Hit from 🇺🇸. Uburundi ntibuzovayo kabisa kubona bemera ikintu izuba ryaka ngo bazotanga Imodoka ntibayitange birababaje kabisa
Reka bamugizeko uburyarya azoronka aracarimuto
Nice b face and Anna from🇿🇲🇿🇲🇿🇲
Big up B Face wubahweee kbx
Miss URIMWIZA from Evode ndikumana gospel
Much love to u B Face On TheFlow 🤜🤛🖤
Ndabakwirikirana umusi kukumus Nda kinda Bfc indirimbo zawe ndazikwikirana umusi kumusi jewe ndi muri USA ndabumva 100%
Miss Wac nimwiz vrt afis namagur meza saan kand aritond saan felicitation mukobw wacu
Oyaaaa vrmnt bamuhe imodoka yiwe ivyo bintu bikweye kuvigwa hasi #b_face mufashe uzubishire mundirimbo
Courage mutama mbeg iyi TV yitwa gute nubwambere ndayibonye
Abigeme ba Ngoma
Abigeme bangoma
from Australia.. wubahwe AK yuda..
Sha ndakunda b face aravuga ukuri
Uyu mujama ndamwemera
Ngo jewe ndaberewe cane naho utabimbwiye 😊😊😊😊😊😊😁😁😁😁😁😁😁😁😁😁😁😁😁
Gusa umudemu ntakubwira kuberewe naho abibona
Kubera aca yibaza ngo kumbure
Amekushobokea
But this girl is beautiful
From Rwanda nakupenda sana b face
We should cherish him! He has talent
😘😘😘😘😘😘😘 this girl she's so beautiful and talented 🇧🇮 🇺🇸 mana wee mzoza kwitorera akamiss keza😂😂
Respect b face
Shut out to B-face on the flow but this girl is so cute 😍
B face Ramba kuri talents yawe good! Ndagufana ntaribaya ryawe courage!
B fece number one hejuruu
Love from NA chiløn ✌️🇧🇮🙏
Ubuzima bwo mugisagara buragoye uvuye ruguru
Mais iyo abakwakiriye bakwihindutse ntibagufate nabi
Ntucikintege ahubwo urakomeza
Kugirango one day utusuwe
Yoo muraberanye cane nuyo mudada nimwubake urukundo ♥️ ♥️👍
Big up b- face but this girl is beautiful
B face courage ibandanye uri sage bizotuma ugera Kure
Mais B face arazi gutereta
Urumvingene ako gakobwa yagatwengeje kagahakwa kwisobako 😁😁😁😁😁😁😁😁😁😁😁😁😁😁😁😁😁😁😁😁😁😁
Ariko Kandi B face numwe mubanyemezako abanyakayanza arabasani babasoda
Oya najewe ndemera ko umunyakayanza amanutse ibujumbura arabitora kabisa
Umuntu afise diplome ya high-school akaba adraga abademu bamaze Universite
Komera man B face
Aka kera niko vraimnt
Wewe umeze nkajewe nkikiri agapt
Narinzi kuririmba be nogutamba
Ariko jewe ndakwemera kubera waciye ujana ibikogwa vyawe muri studio
Komera man
B face yubahwe wallah 😂😂😂😂😂😂😂😂😂❤️😘✍️
Umudemu ATI mugabo nawe ufise courage 💪😁😁😁😁😁😁😁😁😁😁😁😁😁😁😁😁
B face ATI jewe courage ndazamana
Ico kintu cabavyeyi gushigikira abana babo vraimnt kirakenewe kubera iyo utamuhaye courage uba umufashe nabi
Abanyakayanza tugira ama AKA menshi
Komera B face wewe umuziki wawe uradisinga mais ukongera ukigisha
Komera man
Uwo mudemu nizere ko yagusigiye #
Kuko nimwiza Kandi aka afise akajwi keza
Turakwumva Saudia Arabian turabumva
Ikiganiro ca bien
Courage ndagufan kabs 🥰🥰
B face wubahwe ndagukunda cane.uririmbaneza. ndahejeje.
big up kur mwese yaba aba bigeme yaba na Rap yuda mwabikoz neuza surtout Miss Anna vrt tu merite io poste.
Umudemu ngo ari serieuse
Umujama nawe ngo nuko yambaye amarori ngo yari kubibona man
Kuramarori umurabe neza
Rap yuda 😁😁😁😁😁😁😁😁😁😁😁😁😁
Ngo bwira mugenzawe ngo Imana irihangana
Umudemu nawe ng Imana irihangana
Wewe ni rap yuda
Ndabashimiye ntakosa kbsa
Miss u're so beautiful kwl
B face wubahwe ham courage
B i do fall more in 😍,
like the way U do it,love
Ur family,
pleased to hear that Ur parents and family are Christians, suggesting
ensure U're not doubted too
Muraberanye jewe ntabindi nabonye 🤗🤗🤗
🤣🤣🤣🎎
😂😂😂😂😂😂
Kabs
B Face basengera kurutoke kweli ndabazi. Anna baguhe imodoka yawe 😀😀😀
En tout cas vraiment vyari chocolat 🍫
Musique na télécommunications birafitaniye isano
I love u guyz.kip your talented.
Ijambo uvuze kuri 19:28 nzorikubwira un jr urakoze can B face ndagukunda can just uranyubaka
B Face urazi kuganiriza umuntu wese ukwari .
Urumva amuhanuye neza
Ariko Imodoka yawe nibayiguhe
Oya akaranga nikeza Kandi abarundi bose nibagakunde
Burya indirimbo zirabishoboye kabisa
Award nigikoko
Jewe ndazemera cane
Ndanazikunda gose
Izo nagize ninyishi mais award sio pesa ila nikimenyetso cerekana ko
Wageze kubintu bikomeye
Komera man ube original
Rap Yuda
Miss Ngoma you are beautiful 👌
Cool work
Jeho nkomeza kwitwengera kwanyamwema 😄😄😄🤣🤣🤣🤣🤣🤣 b-face ndamwikundira pe
Bt nisawa mubaye couple vyonezera.ndakunze ikiganiro canyu
Love from Bancobu eNoti
Mwubahwe kabisa
B face komeracanekl
b-fc ndakwemer vrmt urashoboy
B-face yambiiiii nyishi cne ndagukunda cne ndakunguye munda namashi meshi
🙏🙏😂😂rap YUDA wubahwe caaane na miss Anna mwubahwe incabwenge gusa
Félicitations pour B face ariko nukuraba muze kubivugana na miss kuko mbona ari goût yawe kweri kandi urabonako wari wagumye uhengamiye kuruhande rwiwe 🤣🤣🤣🤣
Indirimbo yabemera ibintu ntibabishikeko turayikeneye
B_face turakwemera bandanya uduha bishasha
Much love from Kaboul Afghanistan
😂😂😂
Umwami wa rap baramutongoje😅😅😅aciye asongoza iminwa🤣🤣🤣
Insolite biraharawe man nakubal bro
Cool
Love from #icirore_journal
🔥🔥🔥❤❤❤
Keep It up
Ntakubaz bwishi nohanze turakuzi_ bro
Courage kbx
Ngo energy courage na experience
😁😁😁😁😁😁😁😁😁
UMUDEMU ACA AVUGA NGO KANDI URABIGERAGEZA KANDI URABISHOBOYE
WANYAKAYANZA TUNAUA NA TUNAWEZA HATA TUKIWA MAREKANI AU KOKOTE DUNIANI
NKASWE BARI NGAHO IBUJUMBURA
EREGA ICIZA CABANYAKAYANZA NUKO TURABANYAKARANGA
ABADEMU BIYISE NGO ABIGEME BA NGOMA 😁😁😁😁😁😁😁😁😁😁😁😁😁😁😁😊😊😊😊😊
NGO MBEGA KO MUTAMPAMAGAYE NGO NZE KUZIVUZA
HAHAHAHAHAHAHAHAHA
NGO MWIHANGANIRE ABICISHEMWO
HAHAHAHAHA
BFace courage musaza ndakunda 🤣🤣 cane gose
Go ahaed Bro
✌💞
Jew narinziko wize lettre kuko uzi ikirundi cinshi nka NTAFATIRO
Love from #Armandestyle
MANA YANJE NDAKUNDA UKUNTU B FACE AMFISE INYICHU NZIBA NZILIHAMFISE GUNGOMBA KUMPAA AKAZI NDA NGOWE B FACE NDAGUKUNDA CNE NDAKUNDA NUKUNTU UMFISE UMUTIM WURUKUNDO UKUNDA ABANA BO MUKAYANZA IWANY NABANDI IMAN NYEN AMAHORO IZOBANDANY IKWONGERA IMBARANGA NYISHI MUBIKORWA VYAWE
Umudemu nawe ngumuryambwa aba umwe agatukisha umuryango
😁😁😁😁😁😁😁😁😁😁😆😆😆😆
Araho hoho imiryango y abashinwa Bama bariye imbwa bo imiryango yabo yama yatutswe
Vyiza 😁😁😁
haranira droit zawe vrmt
Miss ngoma Mkli saaana
Muhatwike
Wawuuuu
Niella, afise ama taille
Twik nsana kbsa mwese mwubahwe🙏🙏🙏🙏🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Ekaaa kweri nico bita ikiganiro 😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂
Wahiganye nabaririmbyi 170wewe mbega ububeshi