GGC My Home iyi revelation koko iri muriyi ndirimbo irafatanye cane n'umwungere wacu dufise PASTOR-PATRICK NGENDAKUMANA wa GGC Ndizera cane ijambo kandi ndashimira umwungere Patrick Ngendakumana arara akanura atubwira ivyanditse mu gitabu. Thank You Banga Eden (GGC NGOZI) Umuvyeyi n'umwe.
My God ivyo ni ego kandi Amen I will always remember 10th,July, 2019 With all my heart . Ndashima Data kubw'umwungere wa Ggc kw'isi yose Pastor Patrick Ngendakumana . Thank you Yves Bennet
Une chanson vraiment inspirée surtout de part ses paroles...néanmoins j'ai une grande crainte pour l'artiste de part sa jeunesse. N'ukuri ataronse encadrement spirituel nziza hamwe no kuguma kumavi...le succès est le grand outils de Satan pour faire broncher de tels talents. Yesu arababwira ati: nabonye Satani akoroka nk'umuravyo...(Luc 10:18).
hallelujah niw muco umurikira m buzima sinozimira naho hoba mu mwijima ntiyigera andekura.niyo mpanvu jewe nkunda ijambo.courage my sis Eden keep on shining
Glory to the Lord..... J'ai pleuré quand ta voix aux studios de 87.6 était présente au moment du partage de ton inspiration..... Le monde est bizarre, ce qui est un avantage pour être forte dear sister. Go ahead
Wow wow a concrete one this song touched me so deep may God bless you daughter of God love from kigali Rwanda 🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼
Oooh thank you so much dear
And I love you so much people from Rwanda
My god bless you thanks
Eden Imbere niheza caaane, Courage... Indirimbo ni nziza pe
Amen
Mwana uryamanye Ibanga nukuri Iyindirimbo nkiyumva narajugumiye sans blagues *ndizera sinzomaramara kndi Ijambo niwomuco umurikira sinzozimira...* Jimbere urinyishu kuribeshi
Amen
Ibanga ry'Uhoraho rifiswe n'abamwubaha kubw'ivyo nawe urariryamanye Liliane
My God
Ntuzokwigera uzimira kobwizeye ijambo mdakwijeje😀
je ne le nie pas..la chanson est hors du naturel, elle est céleste!
j'encourage cette jeune
Jiambo
Amen c'est pour vous que le ciel reste ouvert afin de vous donner des choses hors du naturel .
Merci pour vs encouragements
Courage mukobwa wahisemwo neza
@@edenbanga bugging him
@@jeannendayishimiye5077 mpp
Glory keep on My dear sister. It's a wonderful and amazing song👌👌👌👌
Badanya uter imbere Imana ize ije muvyaw Eden courage
Nivyo, nanje ndakunda ljambo kuko ni ukuri n'ubugingo ninayo inzira. Niryo Umwami Yesu kuko niwe Jambo ritanga ubugingo. Sinzomaramara ko ndaryizeye.
Komeza urikunde ,niryo buzima
Félicitations kuri isanganiro award waray utahukanye
Ndakwipfuriza gukomereza ahonye mw'ijambo ry'Imana
hezagirwa , wokwongeramwo izina rya Yesu canke Jehovah muriyo ndirimbo
indirimbo iryaryoshe kandi iratwubaka
ijambo 😍 vrt courage urafise talent 👏👏👏👏👏👏👏imana ikujimbere eden 🙌🙌
Birikuza kabisa muburundi 👌
GGC My Home iyi revelation koko iri muriyi ndirimbo irafatanye cane n'umwungere wacu dufise PASTOR-PATRICK NGENDAKUMANA wa GGC Ndizera cane ijambo kandi ndashimira umwungere Patrick Ngendakumana arara akanura atubwira ivyanditse mu gitabu.
Thank You Banga Eden (GGC NGOZI) Umuvyeyi n'umwe.
My God ivyo ni ego kandi Amen
I will always remember 10th,July, 2019
With all my heart .
Ndashima Data kubw'umwungere wa Ggc kw'isi yose Pastor Patrick Ngendakumana .
Thank you Yves Bennet
Courage kibindoo ntuzakore iyoo gusaa bandanya nizindii kuko waratunguy benshiii
@@edenbanga shalom! Hari aho wavuzeko iyo uribonye nawe wibona washatse kuvuga iki? Thank you in advance
Ameeeenaa 🙌🙌nanj ko nizeye ijambo ryiw sinzomaramara kd ivyanditsw muricogitabo narabibony nanj ndibonaa💪merci Boku Eden warahezagiw😘
Amen🙌je ndakunda ijambo
God speaks! The Bible is not a dead book💕💕💕💕💕💕💕💕
ivyanditswe mur'ico gitabo vyose biranyerekeye, atanakimwe kivuyemwo ndanabibonye nanje ndibona,
en plus, ntirihindurwa n'ibihe cank ivyabantu bavugaaa!!!
glory!!!!
Ameeeen my brother 🙏
Waaouh!! Glory to God. Sinzomaramara kabsaaa
Courage ma chérie... ta chanson me remplit le cœur ! Ko nizera ijambo ryawe nanje sinzomaramara... belle composition
Ooh merci Radiane
Ntuzokwigera na rimwe umaramara
Romain 5:5
Ntawuzomaramara koko
félicitations mingi
love from #Runtowndjs
"Niwo muco umurikira, mu buzima sinozimira.... kandi iryo jambo Rishoboye vyose" Amen amen...Imana ishimwe cane kubw'iyo hishurirwa yashize muri wewe chère Eden BANGA... Ico nashimye kuri wewe kabisa uririmba ico uzi, ivyo ubamwo na we... umuntu akumvise amajambo y Imana uvuga kabisa urazi ijambo ry Imana..Imana ikomeze kugusukirira amavuta menshi muri uwo muhamagaro wawe...kandi ikurindire muri ubwo buto bwawe...
Une chanson vraiment inspirée surtout de part ses paroles...néanmoins j'ai une grande crainte pour l'artiste de part sa jeunesse. N'ukuri ataronse encadrement spirituel nziza hamwe no kuguma kumavi...le succès est le grand outils de Satan pour faire broncher de tels talents. Yesu arababwira ati: nabonye Satani akoroka nk'umuravyo...(Luc 10:18).
Oooohhh Egooo uvuze ibintu vyumutima w umuvyeyi mwizaa Arababwa hafi canee. Umwami amuzigamire mubuntu bwiwe
Mamamamamamama oooohhhh mammamama Mwami Yesu Ndagushimaaa caane kubwino Ndirimboo
Courage mwana wuzuye Ijambo.twari turindiriye iyi ndirimbo.
Merci Angelo
hallelujah niw muco umurikira m buzima sinozimira naho hoba mu mwijima ntiyigera andekura.niyo mpanvu jewe nkunda ijambo.courage my sis Eden keep on shining
Amen keep on loving the word of God
Ndakubaha Cane Uringabire Imana Yatanze Kwisi
My Sister urigisagara cubatswe kumpinga yumusozi kidashobora guhishwa uterujimbere kandi imbere cane gose thank you for this song
Mamamamama hallelluyaaa Praise Jesus mamama glory glory to Christ Jesus
Glory to the Lord..... J'ai pleuré quand ta voix aux studios de 87.6 était présente au moment du partage de ton inspiration..... Le monde est bizarre, ce qui est un avantage pour être forte dear sister. Go ahead
Thank you Adelard
This is too much to be for a child as Eden. Very nice song.Umukama agukomeze
Nubu ndacafashwa niyi song warahishuriwe koko Imana ibandanye ikuzuriza 👌👌👌👌
Edene Banga Imana iguhe ico mutima wawe ushaka kuko umfashije benshi nukuri Mana sishobora kuzimira kuko umuco wawe niwo umurikire 'dagukunda Mana yanje ikwagure edene
Amen.......caane goooose... Ni Ubuzima gusa bguzuye muriyi Ndirimbo
glory to God
keep moving forward my sister
iyi ndirimbo harukunt impezagira
Indirimbo nziza pe mu majombo n'umudiho vyompi 😊
Mukomeze mutuzanira n'zindi!
Imana ibahezagire 🌾
Go ahead!!! knd uzogume mur gospel bnshi brakunda guca bhindura
Good job sister.indirimbo nziza cane.
❤️❤️ this song 😍 more Blessings #EdenBanga Amen🙏🙏
Je ndakunda ijambo❤ Keep on😍🌟
Ijambo ry'Imana ntirihinduka nivyo. Eden Ter'imbere Imana igufashe gushikana ubutumwa kure cane.
Nanje ndakunda ijambo.
Kandi courage cane imbere ni heza .
Uririmba neza Eden ubandanye ukora kurushirizaho Imana ikuje imbere never give up
I can't believe 😍😍😍, Imana ikomeze muri wewe Iyi mpano yaguhaye!!
Komeza mukobwa mwiza,ntuzigera umaramara kweli🇨🇦
Nice song tera uja imbere Hit connection yakoze kutwumvisha *Ijambo*
Amen amen. Ubandanye uja imbere my sister, keep blessing the world
Très belle chanson
God bless you
Amen namwe murampezagira
Yes yes sister. Uwizeye Ijambo ryayo ntiyigera amaramara. Uri umugisha pour nous soeur.
Halleluyaaaa Glory to God You're moving forward sister Eden
Am speechless!!! Dope track👌🏿
Ndizeye Ijambo ryawe Yesu .....sinzigera maramara. Courage dear Eden Banga Umwami ashishikare kuguhezagira
Je t'encourage vraiment...You'r so talented Dear🔥🔥BestSong
je ndakunda Ijambo. Urakoze cane Eden...
Félicitatio ma soeur Imana ikwongere imigisha
Tu la connais??noronka numero ziwe
Nice song 🙏
Ntakumaramara kuwizera Ijambo ryayo ❤🇷🇼
Glory to God keep moving forward my Sister
you are so blessed sister Eden..keep on dear😍😍😍...Je Ndakunda Ijambo..wow❤❤❤
Indirimbo inyuzuza
Be blessed🙏🏻🙏🏻🙏🏻
Mwana warahumekewe n'Imana kandi bandanya courage
This is not a simple song, it's revelation, sinovuga ngo irasyoshe kuko noba ndayigereranije n'izindi !! Courage sister, stay on Him, umwumireko, ijambo nyene urigire rwawe yayaya💥💥💥... Imana yacu ntitoranya abakomeye canke abakuze itoranya abari dispo kandi bari usable! You are blessed
Courage Eden imana ikuje imbere mubikogwa vyawe
Yesu agukomeze ushishikare kumukorera no guhezagira abantu biwe
Oooh!! Quelle chanson vraiment!!! Que Dieu vous bénisse encore !!!
Woouah urafise kazoza keza courrage uhezagira beshi Eden!
magic voice , nice song , Eden ,you are talented
Congratulations Dear Sister, Thank you for the Song.
My lovely sister Imana ikwagure iterujimbere cane
Ubuzimaaa bwanje nubwamasinzi Menshii Burafashwaaa N Iyindirimboo
Urashoboye kuba utahanye isanganiro award hujabahayisha
Bubaye ubwambere n-download i-gospel urashoye kabisa🙌🙌🙌🙌
Ooooh Jesus iyi ndirimbo Nukuri iguma imbera Nshashaaa
Mukobwa ndagushimiye kbs irambire ukomez ufashwa narugira mukwandika indirimbo zimuhimbaza twebwe aho twananiriwe muze muharengane
Iyi ndirimbo wayiririmvye usa neza muga ndabona Aho wayisubiyemwo wikoze sana
Congrats ...nice song ..ubandanye 👌🏽👌🏽👌🏽
Courage Eden Banga
Amena. Je ndakumdijambo ivyonditse muricogitabo vyose biranyerekeye amenaaaa
I Ngozi turafise impano nyishi uwu ni too much
Congratulations sister Eden for Winning Isanganiro award 2019
Keep working hard dear Eden Banga may God give you all u need😘
Thank you
I like th song☺️☺️ courage Eden...be blssed🙏
Urashirako nizindi song kuko vyotubera vyiza. I like this song
Courage! Uhzagirwe caaane!
Keep shining urashoboy 👌
Amen Amen haleluya
Congrats eden waririmvye ubuzima
Sois béni et que Dieu te fortifie ! c'est une jolie chanson et de belles paroles 💯%🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Courage Eden 👍
Eden big up wnj❤🔥🔥
That Our God Takes care ofyou. Thanks and be blessed.
Uyumwana nuwogushigikira pe ,
Nice gospel song,good lyrics as well as good vocal
"NAHO HOBA MU MWIJIMA MWAMI NTIWIGEZE UNDEKURA", quelle inspiration !!!! Imana ikuje imbere sister , ishishikare kukuzigama no kukurinda maze izitirire iyo mpano yaguhaye kugirango satani ntakunyage. tera uja imbere mu mpwemu.
Mmmm Good dear sister
Courage sister uterujimbere cane!!!
My God my siter inkuru yaw urayiz niyayindi kuja imber knd hejuru .kabis iy ndirimbo ni too mutch
Courage ndumva ubizi cane RUGIRAVYOSE akujimber akurinde nukugwa
Aba je nkanje inyuma yogutwar award like zanyu tumenyan
😍😍😍😍be blessed Eden...🙏
.
Iyi ndirimbo ira ryo she caneeeee
Urakoze Mukundwa Eden
Courage mwana wigihugu
bless you dear.. well done
ijambo niryo rimpumuriza
Woow! Bless up Banga..
Nanje ndakunda ijambo🤗🤗🤗
Imana iguhezagire wakijije imitima yabenshi
Glory to God✌️✌️