Mumfashe non ikinogo kimw gitwar capital y'angah harimw n'amafi KK jew ah mperey ndi mumazin knd umugambw ndawufs ark ubuhng n'ubumeny bwo kuzoror nibuk
il faut donner votre contact téléphone,,gmail,,adresse,,web site ,,,kuko abarundi benshi baba i Burundi hamwe na Diaspora barakwirikira Mashariki cane ....urashobora kuronka investissement,,canke bagashiramo nimitahe,,,mais avant tout il faut etre visible,,,,mugikorereho mutama. Murakoze cane.
Wowwwwwwww,,nukuri urakoze Gilbert kuba icitegererezo kurwaruka
Murakoze cyane kudusangiza ubumenyi
Reba iyi vídewo,,,,, congregação cristã no Brasil,,, mwizina rya nyagasani yesu ufite inzozi nziza 🙏.
Courage Can rwose non umuntu mwomuha ubufasha bw'inyigisho?? IMANA ibahezagire
Nukuri abarundi turashoboye
Nakazi keza cane nukuri ahubwo igisha nabandi uyo mwuga wubworozi
Wawoooo.... turashima cane Wilbert Dusabe gutangura ico jikogwa.
Mwaduha contact yiwe ngaha.
Tera imbere mwana wa mama
Mutama neva arakwiye kugutemberera ufise ubumenyi bwishi can
merci beaucoup pour la videos Mashariki
Nanje ndabishimý
Ter'imbere mugenzi
Courage rwose mubirimo neza
Ndakwemeye kabisa. Abarundi nitwumve ko tutokwama tuzera vyose kuri Leta,nitwige gukora imigambi iyo ariyo yose ntamwuga udakiza.
Wilbert, you are very smart, genius!
Uurtje uu7jjuuii
Ndabakunze cane , duhe numéro
tumushigikire ninchabwenge.
Mumps nimero yanyu ndashaka ko munyigisha ntuye I Kigali I Rwanda
Imana ibaj imbere
Uri umugabo sha
Yooo hasaba ubudyo bwinsh wallah.gusa utere imbere
ubwo bumenyi bwawe ukwiye kubugeza muburundi hose,rwanda,nahandi kbsa
Mwoduha contact ziwe?
woooooooooooooooow courage wilbert
Ntiyadusobanuriye ibinogo vyimbwa kuruhe rugero zifungura gute amazi zibamwo arahindugwa mugihe Kinga iki ivyokurya vyazo bihingugwa gute
aha nisawa mugabo nagirango ndakubaze uzigaburira ngabiroki?
kombona zakuze cane
Kandi mubibigishije bakabikora tukabagurira ibindi bikaja hanze niho vyoba bigenze neza
big up brother
Courage bro
Mwiriwe! Mwadusobanurira iyo ayo mazi yanduye mubigenza mute cg ntacyo bitwaye?
Mumfashe non ikinogo kimw gitwar capital y'angah harimw n'amafi KK jew ah mperey ndi mumazin knd umugambw ndawufs ark ubuhng n'ubumeny bwo kuzoror nibuk
Urarungika inimero yawe yawatsapu nkurungikire ifoto yaho dukorera uburimyi muri Zambia hatagira Amazi .
None ushaka ngo igihugu gitere imbere gute muduze kurima mwese igihugu cibaho gute ahubwo nimwigishe abatize babe aribo mukura mubisagara bagende kubikora
Ivyiyumviro bicuritse
Komera.none.wampa.imivywaro.ngute.canke.umuvywaro.umwe.nangahe
Jewe.va.ibumbanza.rero.nkumutumba.twarivywe.ibinongo.munga.imivywaro.sindayibona
Courage
Nor nct ulashoboye
Jewe nashaka numero ya tel yiwe
il faut donner votre contact téléphone,,gmail,,adresse,,web site ,,,kuko abarundi benshi baba i Burundi hamwe na Diaspora barakwirikira Mashariki cane ....urashobora kuronka investissement,,canke bagashiramo nimitahe,,,mais avant tout il faut etre visible,,,,mugikorereho mutama. Murakoze cane.
Ngo website? Sans blague?
Uyo ndamuzi nicabwenge
Nfasha nomeroyiwe uzobukoze
Uwogira contacts za Wilbert Dusabe azimfashishe kuri whatsapp +15027598181
Bit
MPA number za watsap
Uwogira numéro zuwomworozi yoziturosa