ขนาดวิดีโอ: 1280 X 720853 X 480640 X 360
แสดงแผงควบคุมโปรแกรมเล่น
เล่นอัตโนมัติ
เล่นใหม่
Mwokwumviriza indirimbo “Papa” ya Francis Destin uciye kuriyi link: th-cam.com/video/FbZUL_MHCP4/w-d-xo.html
Hejuru habaho❤
Imbere niheza Destin courage, impano y'igihugu cacu🥰🥰🥰
Courage Destin 🥰🥰🥰
Abantu mugira commentaires zugutukana nogucana intege nukuri muharirwe,Umuntu wese afis chance ziwe knd ntawukundwa na bose...courage Francis Imana ikuje imberr😊😊😊😊😊
Egokwer umuntu wese afise chance yiwe knd igihekigez ntawumeny inzira bicamwo
Woooa fous de toi irayakwiye peee pol sana kaka yangu ❤❤🇧🇮🇧🇮❤❤💯✅🙇♂️🙇♂️🙇♂️🙇♂️🙏🙏🙏
Courage bro kumbe uburundi bwacu buratunz abahizi❤❤🎉
IMANA yarakugaburiye nukuri ahubwo uzotange ikigiracumi kuko numuhezagiro
😂😂😂😂
kuba francis yaragiye muri primusic nibisanzwe cane kuko intumbero yari imujanye yari nziza kandi kuba yaritijije indirimbo y'isi navyone turabona uburorero bwinshi muri bibiriya nk'umuhanuzi hoseya yarongoye umumarayakazi gomeri nuko abakobwa bari barabuze??? canke abatasi bagiye gutata yeriko bafashijwe nande?
@Francis_destin hejuru cyaane 👊🔥🔥
😂😂😂😂😂 Iduhe ama Méga😂😂😂
Mega nikibaz nikuza muraducorer mega kugira views zibenyish😂😂😂
😍😍
🇷🇼🇷🇼🇷🇼
courage. iyo ni jalousie
👍
Genda usubire utange igiturire kwa koly mushenzi arya yar yurya yabaye uwa 3
None ko utamutererey nawe ngo atange ico giturire? Urafise ingorane
@@bellamanishimwe109 imihimbir yab profete
@@ericnshimirimana8781 hahaha nabo bakugiziki? Tekana
Nn nkaw bikunguy ik kuvug nab 😂abant turagoy kwl
Muzoturika ninzigo vyarahez rek kwiruhisha