Umugambwe CNDD-FDD warafashe mu minwe, ibijanye no kuvuza Andrienne Nahimanza, akina Ninde?

แชร์
ฝัง
  • เผยแพร่เมื่อ 20 ต.ค. 2024
  • Ntihagire uwuzosubira guhenda abantu ngo ariko aratoza amafaranga yo kuvuza umukinyi wa Ninde Adrienne Nahimana, kuko ntanakimwe abuze kugira yivuze uko ashatse. Ikibazo c'uburwayi bw'iwe, umugambwe CNDD-FDD waragifashe mu minwe.
    Umviriza aha.

ความคิดเห็น • 7