SIMBIZI WA SEMAVUMBA NTACO ASIGIYE ABO HAKURYA YA KANYARU// DJ FERNANDO NA MELANIN BISHINZE BURYOHE

แชร์
ฝัง
  • เผยแพร่เมื่อ 28 ก.ย. 2024
  • SIMBIZI WA SEMAVUMBA NTACO ASIGIYE ABO HAKURYA YA KANYARU// DJ FERNANDO NA MELANIN BISHINZE BURYOHE

ความคิดเห็น • 48

  • @NellyNininahazwe
    @NellyNininahazwe หลายเดือนก่อน +3

    Uvuze neza SIMBIZI WA SEMAVUMBA 🎉🎉🎉🎉🎉🎉

  • @uwizeraamiel
    @uwizeraamiel หลายเดือนก่อน +3

    Kody courage sana

  • @MoiseNgiruwonsanga
    @MoiseNgiruwonsanga หลายเดือนก่อน +4

    Ivyiyumviro vyimbonerakure apana ivyabarundi😂😂 , none aho uvuga ngo murwanda nubwami cndd iburundi bigenda gute hhhh

    • @JuxArtimel
      @JuxArtimel หลายเดือนก่อน

      Imbwa murarwira kweli! wew uri abarundi? aho wosanga wewe uri n'ikivyarwa utari umurundi akwije

    • @sese667
      @sese667 หลายเดือนก่อน

      ​@@JuxArtimelHarya Umurundi akwije ameze gute ??

    • @BonaneCanisius-t1s
      @BonaneCanisius-t1s หลายเดือนก่อน

      Va kungegera irita mumata nk'isazi gusa

  • @SteveNimpagaritse-wj4yd
    @SteveNimpagaritse-wj4yd หลายเดือนก่อน +3

    Burya Dj Fernando niho nkibibona ko umuziki wuburundi bwubu ariwe awufise pe, nta video nimwe ubu abantu mukora mudashizemwo Dj Fernando? Asha abarundi murakwiriye guheba inzigo mukareka uwukora agakora akiterera imbere.
    Burya aho mwarabuze ivyiza Fernando yakoze mwovuga? Kuki mwama muzana aho yavuze ibintu runaka? Burya murakwiriye kwiga gushigikirana mukaheba inzigo, aho muriko mumugirira inzigo kubera ariwe murindi wambere ashikanye 6millions de views?
    Muga muriko muribagirako nimba unomunsi abarundi mwagarutse mukaja imbere abanyarwanda mumuziki nikubera Bellissima ya Dj Fernando, rero mwarimukwiye gushigikirana gutyo mugakomeza gutera imbere, ataruko ejo aho bukera tuzisanga twasubiye hasi yama millions abanyamahanga bagaruke kuyayora pe.

  • @gospelmusic201
    @gospelmusic201 หลายเดือนก่อน +2

    ❤❤❤❤❤❤❤❤ niatarri

  • @NiyigabaJeanclode
    @NiyigabaJeanclode หลายเดือนก่อน +1

    Iyinibwa imoka wagirango bagitoraguye muri wese

    • @JuxArtimel
      @JuxArtimel หลายเดือนก่อน

      aho se wowe uravuze? Kubera iki abanyarwanda mwanka kwumva ukuri?

  • @elogeniyonganji1829
    @elogeniyonganji1829 หลายเดือนก่อน

    Ibiganiro vyacu birabishe nkaho uvuze iki citerambere??reka kwigereranya nuyo mutangana

    • @sese667
      @sese667 หลายเดือนก่อน

      Nk'ivyo vya politique y'Urwanda, bidufasha iki koko ?? Buri Gihugu cose gifise uko citunganije, n'ivyo gishirimbere kuko priorités z'Ibihugu si zimwe kandi nta rugo rw'ubaka urundi ...

  • @MoMemen-nx4bg
    @MoMemen-nx4bg หลายเดือนก่อน +2

    🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🔥🔥🔥🔥

  • @Slime-s5p
    @Slime-s5p หลายเดือนก่อน +3

    Ntakiganiro cawe nzosubira kuraba wew nyukiri muri showbiz uri muri politique !! Aho ntiturikumwe

  • @gospelmusic201
    @gospelmusic201 หลายเดือนก่อน +2

    ❤❤❤❤❤❤❤❤ niatarri

  • @Alainprincengabirano
    @Alainprincengabirano หลายเดือนก่อน +3

    Zimbizi umengo yamize ifirimbi

  • @nizigiyimanavianney1034
    @nizigiyimanavianney1034 หลายเดือนก่อน +4

    Ivyo guhunga ntavyo uzi,n'ejo haza wokwisanga hanze y'igihugu wahunze.

    • @Semavumba
      @Semavumba หลายเดือนก่อน

      Jamais.

  • @Koreshumwanya-fj1np
    @Koreshumwanya-fj1np หลายเดือนก่อน +3

    SIMBIZI WACU👍

  • @InGodwetrust0991
    @InGodwetrust0991 หลายเดือนก่อน +3

    Apana simbizi ngo tugumane ubukene bwacu, ivyuvuze vyose ni Sawa ariko ako kanyuma wapi, ubukene dutegerezwa kubusezerera

  • @elogeniyonganji1829
    @elogeniyonganji1829 หลายเดือนก่อน +1

    Ibiganiro vyacu birabishe nkaho uvuze iki citerambere??reka kwigereranya nuyo mutangana

  • @Mkel890
    @Mkel890 หลายเดือนก่อน +3

    mbe uwu ajejwe ibiki?

    • @JuxArtimel
      @JuxArtimel หลายเดือนก่อน

      Wewe wabonye ajejwe iki?

  • @Burundistartv
    @Burundistartv หลายเดือนก่อน +3

    ❤❤

  • @Unochris-t2s
    @Unochris-t2s หลายเดือนก่อน +3

    ❤❤❤❤❤

  • @JuxArtimel
    @JuxArtimel หลายเดือนก่อน +2

    Iyi ni Content y'abantu bakuze.....

    • @sese667
      @sese667 หลายเดือนก่อน

      Eka ni content y'abantu "bakuze” nyene 😂 😂 😂 😂

  • @simbarakiyedamien7775
    @simbarakiyedamien7775 หลายเดือนก่อน +3

    Kweri kabisa!!!

  • @ericciza926
    @ericciza926 หลายเดือนก่อน +3

    Haaaa

  • @ladariparko2915
    @ladariparko2915 หลายเดือนก่อน +2

    Abarundi n'abanyarwanda naho bazoshirana. Nous sommes des Voisins éternels. Ivyo bintu ba simbizi nabandi ba fake influencer barimwo Ni bullshit. Kurondera attention gusa

    • @sese667
      @sese667 หลายเดือนก่อน +1

      Ba Simbizi n'abandi ba fake influencers, bari ku mugambi, hariho i deal baronse bahawe na système, sinirirwa ndavuga birebire, ucuvyumva ...
      Ico nohanura Simbizi, nave muri politique agume muri entertainment, iyo nzira ya politique yahisemo gufata canke yemeye gufata, izomutesha abafana ...

    • @Semavumba
      @Semavumba หลายเดือนก่อน

      ​@@sese667burya abafana banyinjiriza angahe?

    • @sese667
      @sese667 หลายเดือนก่อน

      @@Semavumba Va muri politique ugume muri entertainment n'ivyo tukumenyereyeko ...

    • @Semavumba
      @Semavumba หลายเดือนก่อน

      @@sese667 kubimenyerako ntibikwiye....

    • @sese667
      @sese667 หลายเดือนก่อน

      @@Semavumba Muhungu, guma muri entertainment, ivya politique y'ababanyi ntibituraba, buri Gihugu cose gifise uko citunganije n'ivyo gishirimbere, kuko priorités z'Ibihugu si zimwe ...
      Tubwire ivyo muri entertainment, laisse la politique aux politiciens !

  • @BonaneCanisius-t1s
    @BonaneCanisius-t1s หลายเดือนก่อน

    Ese yeeeee niba mu Rwanda ari ubwami muburundi hariki?! Mwebwe nimumaze kubuyobozi imyaka 20? muteze kuburekura se? 😂😂😂😂 Interahamwe izo zivanze n'imbonerakure bihyara Satani

  • @Jeanine_8077
    @Jeanine_8077 หลายเดือนก่อน +2

    Urikigoryi gusa😂😂😂

    • @JuxArtimel
      @JuxArtimel หลายเดือนก่อน

      Ukuri kurababaza wallah! Kubera abakomye aciye acika ikigoryi? tekana mwumve ukuri

    • @Jeanine_8077
      @Jeanine_8077 หลายเดือนก่อน

      Hhhhh maybe muraturenga kuko yadukomye😂

  • @Shimz14
    @Shimz14 หลายเดือนก่อน +1

    ahahaha Simbizi ababajwe nuko D One ngo yaje mu Rwanda, ubu hoho na Kidumu yaraye akoze concert ikigali kandi abo nuko bazwi, simbizi ugende kumupaka wa tanzanie urebe imodoka zambuka zije mu Rwanda zizanye abarundi baje muri gahunda zabo zitandukanye baza kenshi, ibintu mwigira muzageraho mubireke kuko ntimwambuza abantu kubana (abarundi benshi bafite famille hano mu Rwanda kandi nabanyarwanda nabo nuko bagira incuti na famille mu Burundi) easy wibabazwa nuko hari umurundi waje mu Rwanda, the Ben na Melody uvuze niba babonye deal nziza aho iwanyu ntabwo bareka kuza.

    • @JuxArtimel
      @JuxArtimel หลายเดือนก่อน

      Ndakunze comment yawe vraiment, utandukanye nabandi banyarwanda benshi baza gutukana gusa!!! kandi naje ndagushigikiye hamwe hamwe

    • @Shimz14
      @Shimz14 หลายเดือนก่อน

      @@JuxArtimel Erega ibibazo biri muri politique kandi anytime iyo inyungu zihuye ntumenya uko bigenze abari abanzi bakarebana akana ko mwijisho, Ibibazo rero bihoraho kandi nibisanzwe kwisi. njyewe rero ndumunyagihugu asanzwe mfite umuryango muburundi ninshuti nyinshi rero njye sinivanga muribyo bya politic, igihe kizagera cyaba vuba cyangwa kera ibihugu byacu byongere bigire imigenderanire. Vive la cooperation Rwando-Burundais 🇷🇼🇷🇼 🤝🇧🇮🇧🇮 Urukundo Egumeho.

    • @BonaneCanisius-t1s
      @BonaneCanisius-t1s หลายเดือนก่อน

      ​@@JuxArtimelark nkuwo ngo ni Semavumbi arinda anenga uburongozi bw'uRwanda nkande Koko? Ingenga bitekerezo ye yogutanga abantu ntacyo izamugezaho ngo amatora yo mu Rwanda houuuuuu?!😂😂

  • @Slime-s5p
    @Slime-s5p หลายเดือนก่อน +5

    Ivyiyumviro vyimbonerakure apana vyabarundi 👎🏾👎🏾👎🏾 !!
    Nimba mu Rwanda ari ubwami mu burundi hariki ? 😂 umupfu ntiyinukira nubwami bo bateza imbere igihugu twebwe u beami Bea Cndd butugejej he? Reka kwitwaza inzangano namacakubiri si u Rwanda canke kagame babuza ko turonka igitoro isukari amatara amazi mu Burundi !! Si kagame atuma amahera yacu ata agaciro kugera aho bigez ubu !! Wew warahembwe kugira uvugire amanyanga ya Cndd utuke u rwanda mukwitwaza amacakubiri !! Iyo game mubisanzwe irakurengeye wew ugiye kuzima Burundu shobizz irakunaniye niwibere imbonerakure yuzuye ngira bazoguha aga post ube na chef de quartier !! Nayo ivyo guhunga ivyitonder Nejo vyohinduka amajambo uriko uravuga ngo nuko ushigikiw na Cndd akakugaruka ukiruka kubera kwiyagiriza atanuwugukozeko

    • @MUHIREMoise-n9l
      @MUHIREMoise-n9l หลายเดือนก่อน

      Yabivuze naba ushavuye wimanike….. iyo uvuze imbonerakure turazi ko uvuga umuhutu…..Depuis 2015 kagame a destabilisant uburundi….. vous Les Tutsis Burundais naba mudakunda uburundi muzasange kagame abayobore…..des imbeciles…….allez y…muje mu Rwanda mubatutsis benewanyu…..

    • @BonaneCanisius-t1s
      @BonaneCanisius-t1s หลายเดือนก่อน

      Mwihorere umugani w'ikinyarwanda uravugango akarenze umunwa karushya ihamagara

  • @gospelmusic201
    @gospelmusic201 หลายเดือนก่อน +1

    ❤❤❤❤❤❤❤❤ niatarri

  • @uwizeraamiel
    @uwizeraamiel หลายเดือนก่อน

    Kody courage sana