ขนาดวิดีโอ: 1280 X 720853 X 480640 X 360
แสดงแผงควบคุมโปรแกรมเล่น
เล่นอัตโนมัติ
เล่นใหม่
Our number one pastor 😂ndakwemera sana
Juste Gaël ibint vyo kubaza ni rwawe nukuri Ijambo ry Imana warasomyeComedy, ivy igihugu Wuhabwe
Kuyindi mpwemu idasanzwe nukuri Imana ihezagire Apotre Mbayahaga
Yaaaaa kwikiganiro kinyarutse guhera nn?nta suite???Imana ihezagire UMUKUBITO yongere ihezagire Uyumuvyeyi Apotre Mbayahaga
Komeza umurimo w'Imana paster
👏🏾👏🏾👏🏾👏🏾👏🏾
Ndakuyemwo ijambo ngo imitwaro ntihera irahinduka❤
Ndonsa aka numero kiwe...ndamwibutse ko namusavye stage y'abana babiri akuri muri Onatel...kandi stage barazironse barayatsinda... nukuri nobimushimira
Nta wuto mukunda ❤❤❤
Niyirambire imana imwongere iminsi yokubaho avuga ukuri apotre
Gaël ww abaprota cank abajournaliste benshi barakwiy kukwigirako kko mukazi kaw harimwo akanovera nicogtuma abantu bos biyubash baguha ikiganiro
Apôtre Mbayahaga nimwe mungabire twahawe hano mugihugu,aremesha imice yose,si umuto,umukuru,umukene cnk umutunzi uriko urumviriza ikiganiro ciwe ntukuramwo kidaheze😂, Gaël nawe ubandanye utera imbere ukora ivyuzi,ubaza neza kbs
Apotre MBAYAHAGA akunda indya sana?
Muvyukuri naho ndamuzibuye n umwana w'Imana😂😂
Gaël hejuru muburundi niwewanje
Bonne émission!!
Mwubahwe
Mbaye uwamber kuyiraba 😅😅 ndamukunda Can Mbayahaga
Iyindi mpwemu
Murimake twese turindushi😂😂😂
Umumomor number one
❤️❤️❤️
Uvuze ukuri twese turarushe
Jew, mbay, wakabiri, ndamukunda, pasta, ino, muri, sawudia, turagukurikirana, turaremrsha, nubutumwa, Abantu, bose, turarushe, kabisa😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅Niwabesh
Hi
Ako karorero ka kiriri vs buterere karerekana ko uciye ubwenge muvyo ukora
Mbayahaga, mubavuga ukuri mw' isi wewe urabaruta bose.
Nukuri uwo muntu avuga ukuru...nkunda ko avuga niyo yavuye...abadutwara bibuke iyo bavuye...bibaze iyo Baja...kuko naho ntabwo horoshe...Babwire bwana Isidore...kandi ushire ubwoba
Umusiguzi yaritegereje vyose arabiraba yasanze vyose ari ubusa gusa nuguhahamira umuyaga.
Basha nuko kabisa niko umusiguzi(Salomo)yavuze nubusa gusa vyose nubusa
Our number one pastor 😂ndakwemera sana
Juste Gaël ibint vyo kubaza ni rwawe nukuri
Ijambo ry Imana warasomye
Comedy, ivy igihugu
Wuhabwe
Kuyindi mpwemu idasanzwe nukuri Imana ihezagire Apotre Mbayahaga
Yaaaaa kwikiganiro kinyarutse guhera nn?nta suite???Imana ihezagire UMUKUBITO yongere ihezagire Uyumuvyeyi Apotre Mbayahaga
Komeza umurimo w'Imana paster
👏🏾👏🏾👏🏾👏🏾👏🏾
Ndakuyemwo ijambo ngo imitwaro ntihera irahinduka❤
Ndonsa aka numero kiwe...ndamwibutse ko namusavye stage y'abana babiri akuri muri Onatel...kandi stage barazironse barayatsinda... nukuri nobimushimira
Nta wuto mukunda ❤❤❤
Niyirambire imana imwongere iminsi yokubaho avuga ukuri apotre
Gaël ww abaprota cank abajournaliste benshi barakwiy kukwigirako kko mukazi kaw harimwo akanovera nicogtuma abantu bos biyubash baguha ikiganiro
Apôtre Mbayahaga nimwe mungabire twahawe hano mugihugu,aremesha imice yose,si umuto,umukuru,umukene cnk umutunzi uriko urumviriza ikiganiro ciwe ntukuramwo kidaheze😂, Gaël nawe ubandanye utera imbere ukora ivyuzi,ubaza neza kbs
Apotre MBAYAHAGA akunda indya sana?
Muvyukuri naho ndamuzibuye n umwana w'Imana😂😂
Gaël hejuru muburundi niwewanje
Bonne émission!!
Mwubahwe
Mbaye uwamber kuyiraba 😅😅 ndamukunda Can Mbayahaga
Iyindi mpwemu
Murimake twese turindushi😂😂😂
Umumomor number one
❤️❤️❤️
Uvuze ukuri twese turarushe
Jew, mbay, wakabiri, ndamukunda, pasta, ino, muri, sawudia, turagukurikirana, turaremrsha, nubutumwa, Abantu, bose, turarushe, kabisa😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅Niwabesh
Hi
Ako karorero ka kiriri vs buterere karerekana ko uciye ubwenge muvyo ukora
Mbayahaga, mubavuga ukuri mw' isi wewe urabaruta bose.
Nukuri uwo muntu avuga ukuru...nkunda ko avuga niyo yavuye...abadutwara bibuke iyo bavuye...bibaze iyo Baja...kuko naho ntabwo horoshe...
Babwire bwana Isidore...kandi ushire ubwoba