AMBARA AMASHIMWE by Chris NDIKUMANA

แชร์
ฝัง
  • เผยแพร่เมื่อ 11 ต.ค. 2024
  • Mushaka kumenya ivyerekeye Kanguka, mwoja kuri www.kanguka.com muce kuri “KI” hejuru iburyo
    Mushobora kuturungikira intahe (ubuhamya) muciye kuri WhatsApp: +25776801327

ความคิดเห็น • 133

  • @عايشهعايشه-ز8د
    @عايشهعايشه-ز8د 3 หลายเดือนก่อน

    Amahoro yimana abane namwe nukuri amashimwe mubuzima atuzanira kugororoka cyane gonse nogushobora gutahura nacanecane kugororoka muri pwemu yera😊

  • @NsengiyumvaRemy-xp8vx
    @NsengiyumvaRemy-xp8vx 3 หลายเดือนก่อน

    Mana ikomeye duhe mpwemu wokudushoboz kukugutiny amen

  • @ruta1antime277
    @ruta1antime277 2 ปีที่แล้ว +8

    Yesu Kristu ashimwe cyane,mukuli inyigisho zawe ni nziza cyane,njye zimaze kumpindurira ubuzima cyane,Ndiho aguhe umugisha mu izina rya Yesu.uzaze mu Rwanda nukuli kdi Ndiho azanshoboze nkubone amaso kumaso.

  • @kimikab
    @kimikab 2 ปีที่แล้ว +2

    «Mana , ni aho Isi yose yokwidodomba, ndashaka ko URUHUKIRA IWANJE, kuva uyu musi🙏🏿

  • @ikk3132
    @ikk3132 2 ปีที่แล้ว +2

    Imana Yacu Ihabwe icyubahiro cyayo mu isi no mu ijuru 💕🙌🙌🙌🙌🙌🙌

  • @nyirabazunguconcessa3824
    @nyirabazunguconcessa3824 2 ปีที่แล้ว

    Iyo numvirije izi nyigisho ndafashwa cyane.

  • @CrepinIteriteka
    @CrepinIteriteka 3 หลายเดือนก่อน

    Amen Amen allelujah 🙏, Thank you Lord Jesus Christ 🙏

  • @ingabirebeatrice6498
    @ingabirebeatrice6498 2 ปีที่แล้ว +1

    Ushimwe MANA YANJYE INEZA yawe yamaho ibihe bidashira 🙏

  • @girukwishakaclaudine5374
    @girukwishakaclaudine5374 2 ปีที่แล้ว +4

    Amen Amen Mana yanje
    Mana kuva unomusi ndashaka kunezererwa iwanje uzobukoze Mana

  • @NelsonMucyo
    @NelsonMucyo หลายเดือนก่อน

    Shimwa yesu Aho wankuye sinzahibagirwa

  • @leopoldinenahimana6362
    @leopoldinenahimana6362 2 ปีที่แล้ว +1

    Ubu butumwa burigisha caane kandi urakoze caane 🙏🙏

  • @naomendayishimiye2214
    @naomendayishimiye2214 2 ปีที่แล้ว +5

    Haleluya!
    Yesu n Ashimwe cane kubw ubushobozi buri mu mashimwe. !
    Ni intebe Ndiho aza Akavyagiramwo , Agaca Ahindura ubuzima bwacu bwose, kandi ni ikirwanishwa gikomeye kituneshereza umwansi stani.
    Nanje vyukuri ndashaka ko kuva uyu munsi , Ndiho Anezererwa n iwanje .
    Ndiho Akutwongerere amavuta muvyeyi wacu mwiza. Amina.

  • @يعدالسبيعي
    @يعدالسبيعي ปีที่แล้ว

    Yesu nashwimwe Chris ndikumana jewe nitwa Iradukunda Emelyne nasaba unsegere IMANA kugira inkize kuko ndagwaye ariko sinzi ico ngwaye wongere usengere abavyeyi banje bahebe inzoga kuko zirabasesekereje cane kandi nizeye ko IMANA izabikora kubw'ubugombe bwayo 🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏

    • @TheCharity.
      @TheCharity. 3 หลายเดือนก่อน

      Ujye wumva *amasengesho yo kuwa Gatandatu,* ubundi mu gihe cyo gusenga ufate aho ubabara cg ufate ku mutima.
      Amasengesho uzayasanga kuri Channel yitwa *KANGUKA KIRUNDI*
      Yesu Kristo azakungenderera.

  • @gorettikwizera9423
    @gorettikwizera9423 2 ปีที่แล้ว +2

    Yooo mbega inyigisho z amashimwe! Imana inshoboze kwambara amashimwe!!

  • @sishasaid6756
    @sishasaid6756 3 หลายเดือนก่อน

    Imana idushoboze kuba mumashimwe ❤

  • @ggguu720
    @ggguu720 2 ปีที่แล้ว

    Ndafashijwe Yesu abongereze inkomezi

    • @BolisBlessing
      @BolisBlessing ปีที่แล้ว

      Nukuri imana iguhe umugisha

  • @KarefuruEsther
    @KarefuruEsther 3 หลายเดือนก่อน

    Gushima ninjyenzi Imana yomwijuru itunzwe na mashimwe Haleluaaaaa

  • @francoise6293
    @francoise6293 2 ปีที่แล้ว +2

    Je m,appelle Françoise Mukamunana ,je suis au Rwanda .J,écoute Kanguka ,merci beaucoup Chris Ndikumana.Que Dieu Vous protege et Vous donne la force de continuer de precher la parole divine.Amen

  • @KigemeM
    @KigemeM 2 ปีที่แล้ว +1

    Inyigisho zawe zikomeze kutunyurwa mw'izina rya Yesu Christo nukuri

  • @viateur4781
    @viateur4781 2 ปีที่แล้ว

    Amina urumugisha kwishengero

  • @tumukundeclarisse1015
    @tumukundeclarisse1015 2 ปีที่แล้ว

    Nukuri Imana ninziza peeeee, ninziza cyane. Yesu warakoze

  • @kayiraeric7370
    @kayiraeric7370 ปีที่แล้ว

    Amina Mungu aendeleye kukutulindiya

  • @Fortunefamilyyy
    @Fortunefamilyyy 2 ปีที่แล้ว

    Amen inyigisho nziza cane gose hezagirwa cane na Ndiho,Amen.

  • @dorel7002
    @dorel7002 2 ปีที่แล้ว

    Imana Iguhe umugisha Chris kuko uradufasha cane n'abanywanyi ba kanguka amen

  • @niyintunzealexis8765
    @niyintunzealexis8765 2 ปีที่แล้ว

    Amen amen ndafashijwe caane

  • @lilianemaderi818
    @lilianemaderi818 2 ปีที่แล้ว

    Nejerejwe cane n'inyigisho zawe Imana ihabwe icubahiro

  • @alicebuja7706
    @alicebuja7706 ปีที่แล้ว

    Amen.murakoze cane.nanje ndafashijwe.mukomeze igikorwa ciza mwahamagariwe cogukwiragiza ubutumwa bwiza kw,isi.

  • @mpawenayochantalofficial1051
    @mpawenayochantalofficial1051 2 ปีที่แล้ว

    Amen nanjye nsigaye nidoga nidodomba munsengere ndimuntegenke pe sinkiri uko nahora ndigutwarwa mbona

  • @esperancenzeyimana354
    @esperancenzeyimana354 2 ปีที่แล้ว

    Amen amen murakoze cane kunyigisho uduhaye kandi uratwenza cane ukuntu ugira les comparaisons zama autorité Kubantu nokumana merci beaucoup

  • @KigemeM
    @KigemeM 2 ปีที่แล้ว

    Ndiho akomeze aguhe inkomezi zo kutwigisha kandi abatuzigamire iteka ryose mukozi w'Imana Chris Ndikumana

  • @dianemadone14
    @dianemadone14 3 หลายเดือนก่อน

    Amen
    Amashimwe ,Hallelujah

  • @ArcadeMAGWINGWIRI
    @ArcadeMAGWINGWIRI 3 หลายเดือนก่อน

    Imana ihabwe icubahiro

  • @AsAs-nn9uv
    @AsAs-nn9uv 2 ปีที่แล้ว

    Amen nanj ndafashihwe.narinumva nguma nidondomba kubera ndi mukiriyo ariko ntahuy ko nshobora kwambara Amashimwe.kugirango impe ikibanza Ndiho.Amen🙏🏾

  • @KandolroSumaili
    @KandolroSumaili 3 หลายเดือนก่อน

    Amen Amen Amen God bless you ❤

  • @murekatetelaetitia4843
    @murekatetelaetitia4843 2 ปีที่แล้ว

    Ndafashijwe.pe Yesu agume agwize Ijambo rye muri wowe.

  • @NelsonMucyo
    @NelsonMucyo 7 หลายเดือนก่อน +1

    Shimwa yesu ko ugiye kumba imbaraga zo gushima ikandinda kwitotomba amen

  • @nadinehaberisoni7103
    @nadinehaberisoni7103 2 ปีที่แล้ว

    Imana igume igusiga amavuta mukozi w imana 🙏

  • @audreillekessy7206
    @audreillekessy7206 ปีที่แล้ว +1

    Amen 🙏 habwa icubahiro

  • @arlettekwizera2759
    @arlettekwizera2759 2 ปีที่แล้ว

    Ineza yawe yamaho ibihe vyose!Amen Amen 🙌🙏🏼

  • @michelinenshimirimana9849
    @michelinenshimirimana9849 2 ปีที่แล้ว +1

    Amen!Mana yanje nyambika amashimwe y'Imana

  • @leaniyonzima3562
    @leaniyonzima3562 3 หลายเดือนก่อน +1

    Iyo Mana ninziza cane Amen

  • @suavisnshimirimana6692
    @suavisnshimirimana6692 3 หลายเดือนก่อน +1

    Amen ndagushima MANA.

  • @LiesseMusaninyana-fq6wo
    @LiesseMusaninyana-fq6wo 3 หลายเดือนก่อน

    Ndagushima Mana🙏

  • @totoyummy8106
    @totoyummy8106 2 ปีที่แล้ว

    iyo mana ninziz cane kwel Thank you God Amen 🙏🙌🗣️🇧🇮🇲🇬💃

  • @EstherNiyonkuru-ey5ti
    @EstherNiyonkuru-ey5ti 3 หลายเดือนก่อน

    Amen,lmana ikomeze kukuzigama numuryango wawe wose nabo mufashanya

  • @TheCharity.
    @TheCharity. 3 หลายเดือนก่อน

    Amen Amen!❤
    Halleluia Halleluia Halleluia!🙌🙌

  • @CelineNgendakumana
    @CelineNgendakumana 6 หลายเดือนก่อน

    Nanjye ndambaye uwomwambaro wamashimweeee

  • @alineniyomugisha6606
    @alineniyomugisha6606 2 ปีที่แล้ว +2

    Amen amen inyigisho zawe ziratwubaka 🙏🏽 ziraduhindura🙏🏽ziraturemesha🙏🏽

  • @salehjassim2857
    @salehjassim2857 2 ปีที่แล้ว +1

    May God bless you Chris 🙏🙏🙏

  • @suavisnshimirimana6692
    @suavisnshimirimana6692 3 หลายเดือนก่อน

    Myambika amashimwe MANA

  • @uwizeyimanarose6478
    @uwizeyimanarose6478 ปีที่แล้ว

    Imana ishimwe

  • @ndayizeyelucie2776
    @ndayizeyelucie2776 2 ปีที่แล้ว

    Heleluya amashimwe nanyiwe yose

  • @falesanewsaba9293
    @falesanewsaba9293 ปีที่แล้ว +1

    Amen🙏🙏🙌🙌

  • @clarissabellaterimbere6073
    @clarissabellaterimbere6073 2 ปีที่แล้ว

    Yesu mpa umutima wo ku gushima mur vyose

  • @leopoldinenahimana6362
    @leopoldinenahimana6362 2 ปีที่แล้ว +6

    Merci bcp Chris que Dieu vous bénisse 🙏

    • @hadijahnajran8645
      @hadijahnajran8645 2 ปีที่แล้ว

      Que Dieu me transforme pour le love tjrs!!

  • @newme4797
    @newme4797 2 ปีที่แล้ว +1

    God I need ur presence in my life

  • @felsaudi3745
    @felsaudi3745 2 ปีที่แล้ว

    Ninziza disi ihezagigwe

  • @kanyangefrancoise745
    @kanyangefrancoise745 หลายเดือนก่อน

    Aman

  • @celestineassimando5717
    @celestineassimando5717 2 ปีที่แล้ว

    Bonjour maïs frère et soeur de kanguka je suis une ivoirien le message do'jaudu c'est à langue je n'ai pas compris bonne journée de travail 🥰🥰🥰 partout a vous bien

    • @leopoldinenahimana6362
      @leopoldinenahimana6362 2 ปีที่แล้ว

      Oui t'as pas compris parceque c'est traduit en kirundi 😊😊

  • @trophywilson7211
    @trophywilson7211 2 ปีที่แล้ว

    Sinaribwumve nico gituma wabwiwe gusubiramwo

  • @dannyciza5139
    @dannyciza5139 2 ปีที่แล้ว

    Ameeen ameeen amen hezagirwa naw mukozi w'Imana nanje wampezagiy

  • @EmileNihangame
    @EmileNihangame 3 หลายเดือนก่อน

    Imana ubandanye igushoboza wanyigishije vyinshi cane cane devise ya kanguka Amen amen.

  • @wabiwamachozi5320
    @wabiwamachozi5320 2 ปีที่แล้ว

    Yesu atuteri ndege🙏🙏

  • @mukamusoniwendy1176
    @mukamusoniwendy1176 3 หลายเดือนก่อน

    Amen Amen Amen Amen

  • @HacimanaJeanmarie-i1u
    @HacimanaJeanmarie-i1u 9 หลายเดือนก่อน

    NDIHO akwonger inkimez nimyaka mainsheet yokubaho kugira urokore imitima myinsh

  • @olivekambilo9807
    @olivekambilo9807 3 หลายเดือนก่อน +1

    🙌🙌🙌🙏🙏🙏🙏

  • @OdetteMANIRAKIZA-n1m
    @OdetteMANIRAKIZA-n1m 3 หลายเดือนก่อน

    Uruwo guhimbazwa Mana

  • @KanezaFrancine-fz9vi
    @KanezaFrancine-fz9vi 10 หลายเดือนก่อน

    Amen amen ninziza ninziza 🙏🙏🙏🧎

  • @rebeccandikumana68
    @rebeccandikumana68 2 ปีที่แล้ว

    Mana Yanje ndaguhaye kaze muri jewe,undememwo umutima w'amashimwe,utegeke kabisa,unkuremwo kwama ntanguza ibibazo mw'isengesho ryanje

  • @NelsonMucyo
    @NelsonMucyo หลายเดือนก่อน

    Amen Ameeeeen

  • @paulemile6431
    @paulemile6431 ปีที่แล้ว

    Ameeeeeeen ameeeeeen

  • @divin2havyarimana
    @divin2havyarimana 3 หลายเดือนก่อน

    Amen amen

  • @gaspardgahungu4543
    @gaspardgahungu4543 2 ปีที่แล้ว +1

    Shimwa Mana y'icubahiro

  • @mpawenimanaaline6576
    @mpawenimanaaline6576 2 ปีที่แล้ว

    Murakoz mukoz wimana muhezagigw

  • @GraceNiyonzima
    @GraceNiyonzima 3 หลายเดือนก่อน

    Amen🙌🙌

  • @aliseniyongere2081
    @aliseniyongere2081 2 ปีที่แล้ว

    Urampa Mana umuti wokwama shima murivyose

  • @UwaseDenyse-lc8kx
    @UwaseDenyse-lc8kx 3 หลายเดือนก่อน

    Amen 🙏🙏🙏

  • @clarissabellaterimbere6073
    @clarissabellaterimbere6073 2 ปีที่แล้ว

    merci pour cet enseignement

  • @dushimeeliezer6564
    @dushimeeliezer6564 2 ปีที่แล้ว

    Technical mwodufasha tuga telecharga comme kanguka wuguruye inyigisho ija direct TH-cam biratugora iyo tushize ecouteur uriko u driving muhindure system tuga telecharga tutarinze kuja youtube

  • @ntarestouta239
    @ntarestouta239 3 หลายเดือนก่อน

    AMEN

  • @Kayirarebecca-pq8pm
    @Kayirarebecca-pq8pm ปีที่แล้ว

    amina

  • @noelanizigiyimana-ck4xp
    @noelanizigiyimana-ck4xp ปีที่แล้ว

    🙌🙌🙌🙌🙌

  • @kanyangefrancoise745
    @kanyangefrancoise745 หลายเดือนก่อน

    🙏🙏🙏🙏🙏

  • @winnyjoseline8330
    @winnyjoseline8330 2 ปีที่แล้ว

    🙏🙏🙏🙏🙏🙏❤️🙏🙏

  • @ElianeMuregwa
    @ElianeMuregwa 3 หลายเดือนก่อน

    Amane

  • @eddyneyfhh7034
    @eddyneyfhh7034 2 ปีที่แล้ว

    Be blessed Amen 🙏 🙏🙏

  • @abrinekamariza2159
    @abrinekamariza2159 2 ปีที่แล้ว

    Ameee

  • @sikugabojeme1091
    @sikugabojeme1091 2 ปีที่แล้ว

    Aleluya Aleluya Amen

  • @uwitonzefelicite1013
    @uwitonzefelicite1013 2 ปีที่แล้ว +1

    AMEN AMEN AMEN

  • @christinekamikazi5593
    @christinekamikazi5593 2 ปีที่แล้ว

    Amen Amen Hallelujah

  • @adjoblesandrinekouassi1599
    @adjoblesandrinekouassi1599 ปีที่แล้ว

    Traduction en français

  • @epiphaniebatalingaya9232
    @epiphaniebatalingaya9232 2 ปีที่แล้ว +2

    Gloire a Dieu 🙌🏾🙌🏾

  • @DidaceNizere
    @DidaceNizere 25 วันที่ผ่านมา

    Ameb

  • @christineteganeza7447
    @christineteganeza7447 2 ปีที่แล้ว

    AMEN 🙏🏿

  • @LandaLanda-zc2he
    @LandaLanda-zc2he 2 ปีที่แล้ว

    Amen👏👏👏🙏🙏🇧🇮🇧🇬

  • @Isidore-kh6zf
    @Isidore-kh6zf 3 หลายเดือนก่อน

    Amen 🙏🙏🙏

  • @nemajoyce6412
    @nemajoyce6412 2 หลายเดือนก่อน

    Amen

  • @lilidegabymakeup
    @lilidegabymakeup 2 ปีที่แล้ว +1

    Amen Amen Amen Amen

  • @ابونواف-ج1ي
    @ابونواف-ج1ي 2 ปีที่แล้ว

    🙏🙏🙏🙏

  • @edmondbyamungu9757
    @edmondbyamungu9757 3 หลายเดือนก่อน

    Amen Amen