ขนาดวิดีโอ: 1280 X 720853 X 480640 X 360
แสดงแผงควบคุมโปรแกรมเล่น
เล่นอัตโนมัติ
เล่นใหม่
Je Nyen Yvette arankuraho nagatwengo😂😂 abakunda Yvette mundemer twatuntu twimanukira 😅
Bakunzi beza iyo ije itavyorosha ingaruka yaruze❤❤❤❤
Yvette is yr best actress 😂😂❤❤Bcp d’amour pour elle 🥰🥰
❤❤❤❤🎉🎉🎉😂😂😂
Nihatari igeze Aho bitoroha gusa imana igume ibongera ubwenge ❤❤❤
Egide uti kaz mur Zambia
❤❤❤❤❤❤❤❤
Umuntu abona ko diva n'a king sabbas bizorangira babany namp tunotunt❤❤❤❤❤
Ntegereje kubihuza na za nzozi king yigeze kurota njye biracyancanga pe
❤❤❤❤
❤
Nanjye mbona bazasanga batavukana ariko kdi kubana byagorana.
❤❤❤❤❤❤
Mana waremye Yvette nukuri yve uvyumveko ngukunda abamukunda nkanje tumenyane aranyica n,agatwengo😂😂😂😂😂
Abakunda ingaruka series nkanj mumpe izolike ❤❤❤
Abakunda Yvette nkanje mumpe tuno🎉🎉🎉🎉 ubuho hahiye ibinyobwa vyose nyn arumwe
Jeho ndakurenze mugukund Yvette kbx utw tuntu twiw turanyicaa
Welcome back ingaruka séries 🎉🎉 ababonako bataducereza knd KO batadusondeka kuminota ❤❤abishimira nkanje kubona bayiduha 2 mundwi musige like muri gwarukundo 💖❤❤
Ndi hano
None ivyo Yvette avuga biba vyanditse😂😂😂nta scène iryoha nkiya yvette na senge teams yose murashoboye❤❤❤❤
Ababona ko Remy na egide barimuyabira like ngaha😂😂😂Yvette weee Imana irakubona😅😅😅😅😅😅😅
Thx my Gn Films 🧡🧡🧡💞 abakunda impanuro ziri mungaruka mumpe utu like 👍👍
Nacerewe😮 ntaco gucerwa biruta gusiba ingaruka hejuru ndabakunda cane cane yvette❤
Ingaruka yacu dukunda turi benshi ❤❤❤ gs Yvette wee😅😅😅 ni hatal kuel ✨✨✨
King ivyisi nuko harigih umengo Imana ntikwumva
Abakund ubuhemu bwa yvette nkanj😂 mump like ham dukomez😅😅
Reka reka yvette ararenze😂😂
None ko ari benshi 😮
Yvette n'uwambere rek rek 😂😂. nawen ntiyitahura😂😂
Abumva banezerejwe nako karirimbo mump lik!king uzakaduh kose please🙏🙏🙏🙏
😂😂😂😂😂arko Yvette kwel😮😮Uzi gukina ndakurahiye mana yanj urantwenza nukuri
Egide reka kumurya umutima 😂😂😂😂remi ivyo vyose ningaruka
King pole Sana Ariko siko bizokwama Imana ikworohereze .
Ewe Mana waremye Yvette urarema koko😂😂Ingaruka ikomeje kuba ingarukaaa🎉
Mpore King Sabbas ivyo vyose uriko uracamwo bifise iherezo wew ico usabwa bandanya usenga Imana yawe .abizerak kuba Sabbas yiyise King🧑✈️🧑✈️ bitazohera uko mumpe likes tubandanye turindira agakwirokira aka ❤❤❤❤🎉🎉🎉
Yvette bukane ubukanye bwose nukuri mumpere amashurwe menshi cane Yvette 🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉
Hhhh Ntahompagaze Yvette hhh ndakunda pe Idiri yabaye idirishya muranyigisha kweri teams ingaruka ❤❤❤
Naheruk kuzinduka kera abakunzi bingaruka muze twimanukire🏵️🏵️🏵️🏵️🏵️🏵️🥀🥀
Waaaaaooooooh ingaruka kuyindi mpwemu 😢 today ni 🔥🔥🔥🔥✔️✔️✔️✍️✍️💯💯💖💖💖💖💐💐💐💐💐🇧🇮
Gusa Yvette ndamwemera cane, numu comedy akwije ibisabwa
Uyumusii nanj ndimubambere ingaruka hejuru🎉🎉🎉 kand nd❤❤❤
Idiri ryawe ryabay idirishaa😂😂😂😂😂 senge na Yvette shaaaa😅
Ndimubambere kwer nimumpe liké, ndabakunda caaaane abodisangiye gukunda ingaruka mumpe like
😊😊😊ndakund Iyo scène ya senge nukr ❤❤❤❤
Diva na King ndabakunda caaaane❤
Sh Yvette uzonturagaza ngiyub warivyaye ub utikunda🎉🎉🎉❤❤❤❤❤❤
Abantu bibuka utujambo Ngo ntahompagaze,ntahokagiye,hanyum diva na sabbas nibatwaran ntabindi
Ubundi yvetteee wasanga nanaho yamujyanye gusa izo ngaruka ntizagakwiye kugirwah nabana bibaye ibyanyu babyeyi nyine gusa yvette ndabona ashaka kurya senge amafrangs
😂😂😂😂iyvete ndemeye kwarinyamitwe 😅😅numusuma 😂😂avuga meshi
Hahaha nukuri muranyica nka ivete wew manaw ndacibuka ngowemupfu mupfu ngomupfu ngoyarimijabu yamavuye🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣
Yvette umuntu actrice wanje disiii aranyisheee kabisa
Abakunda yvette mumpe utuntu yvette yvette courage
Uyu musii ndayironse kare♥️♥️ king amashurwe nirwawe🌹🌹🌹🌹
Ewe Yvette weeeeeeee uraguye swata kwa Senge.Urimanyaguriye ubusa hewe
Murabigenxi cyane ntarungu knd muduha Inama p
Nukuri ndifuza kubona Diva na King babanye.
Ash uyumus ndabafise kuv aho vyakaberey nimer 7 kuv yagasohok ingaruk nih nkimb mur cum bamber🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉❤❤❤❤❤❤
Sabas!ya Mana yawe iracariho,ntiwihebure
Nkabandahagez muze mumpe like ingaruk izayabaye ingaruk ntimumbanire nukur abarimurukundo ningaruk mubinyerek🎉🎉🎉🎉🎉🎉
Courage 💪 bakinyi bezaa
Ingaruka hejuru cane ubundi tuba twayikumbuye✌👍👌
Abakunzi b' ingaruka séries murihe like nyinshi today ni 🔥🔥💯
Ndazindutse kabisa ndabikundirapeee mwese❤️❤️❤️🌹🌹
Yve😂😂😂😂❤❤❤oya nukuri uri umuntu😂😂😂
Mwarize kuryamahera yubunebwe sha.murambonera ingene sabaas arira kweri abarimyi ahubwo bihagarareko mukuzimba ibidyo
Yooooh uyumuns mbay mubambere ndabakunda beza banje
Unomusi.mbaye.mbaye.uwahafi.navyibaza.mukomere.❤❤❤
Shababu Yvette nawene aribaza Imana yamuremye kwatakantu itamuhaye,nuko ba Remy bakaba barafashwe,ewe King humura harya Diva ari mumatohoza vendredi azoza akubwira ko mutavukana muhite mukomeza urukundo gwanyu
Yvette imbavuzanj uzozindih mufatany nasengewaw muhindukan kumwanyamut
Noneho nange mpageze mubambere abodufatanyije gukunda ingaruka murihe abaza nyuma yange musige Like ubundi twihere ijisho 🔥🔥
Nararyohew mbonye Sabas ayizany 2mundwi❤❤❤❤❤❤❤
Abakunzi bingaruka nanje ndahagez ingaruka hejur🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉❤❤❤❤❤
Ngo mpwemu yera ariko aragucanira ngo utunsubize 😂😂 noe burya Yvette ar normal gabash?? 🤣🤣🤣
Naho nacerewe gato arik ndimubambere❤❤❤❤❤
Iyi film kobisaba ntizohere iranduhura
Ngo idiri ribaye idirisha😂😂😂😂😂
vraiment 😲 vous êtes mielleure 🎉dans tous ce que vous faisiez
😂😂😂😂😂😂😂❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉ewe muryaryohera abingaruka
❤❤❤❤ ingaruka igezahantu
Yve nukuri niwubahwe urakina neza pe❤
Ndabakunda caneee ❤❤❤❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉
Diver na Sabbas ndabona urukund rwanyu rugiy kuza ninguv nyishi.Sabbas wanj hamw nogusenga kwaw intsinzndayibona❤❤
Yvette 😂😂😂😂😂nimba ariwe wiremye kwl😂😂 kimwe wibuke ko aringaruka uzotinda uzofatwa. Tati na king sabas mukomere magabo gushik mutwarany🎉🎉🎉🎉❤❤❤❤❤❤ intambamyi ntizibura ariko bisaba kwikomeza. Mukomez kuduh impanuro
Nge nkunda sabas mbandeba asa na mama
Ivett kamana aranyic nukur ndagukund ivett nukur♥️
Mukomeze murashoboye 👍🏼
Nihonkihashika reka ntoragatebe nicare ❤❤❤❤❤❤❤Abonatanze mundemere muciy kuriyo foto yanj ❤❤❤❤❤
Yvette n'umuvunambavu 😂 sabbas pole sana ivyago vyama mu nzira
Yvette bwira iyo hôtel yamber nzenisohoker ndagusavy 🤣🤣🤣🤣 ngoyarandiriyeeee
Ewe Yvette sha wew vyaragucanz nukuri, ibaze iyaba warivyaye kweri😂😂😂
Uyumunsi ndazindutse nanj ntimunyirengagize 😂 ariko Yvette uzodukuraho nogutwenga ent stress wanj❤❤❤
😂😂😂😂😂yeweee Yvette wanj n'a senge muranduhura hejuru team yose murakunzwe mubikora nez❤
Yvette weee nukur Imana yakuremye irakwiye gusubiramwo neza kuko yarakurengereje p😂😂😂😂😂
Yvette😂😂😂gezaho kubesha😂😂😂,urazi guca amafaranga sha😂😂❤❤
Egide waragowe pe uhoramubibazo pe
Chris Imana ikumpezagirire kuremesha umuvukanyi waw gusenga nivyiza
😂😂😂😅😅 iyvette aranyish peee mbegumutekamutweweee 🤔🤔🤔🤔🤔 uranyish peee😂😂😂😂😂
😂😂😂😂😂😂 Ewe yvette sha uraheba ugatwenza nukuri muranyishe mwen senge nimwakire amashurwe🎉🎉🎉🎉🎉
Ewe Gapanzi Yvette sha 🤣🤣🤣 urakunzwe nanje Mwiza wanje❤
Ariko Yvette kbs Imana irakubona Aho ntiwokizwa neza koko😂😂
Ingaruka irimwo inyigisho zikomeye pe ❤❤❤ lmana ikujimbere murivyonse 💞💖💖💞🥰🥰🥰🥰❤❤❤❤
Courage turabakunda cne
Abakuzi bigaruka mundemere lik❤❤
Vyette nasenge baranyica babuze mwiyifilim ntawotwega😂😂 courage sabas urategura kabix
Amazin Yaba ivete mwubahw nabavyey baribise👍
Amashurwe yanyu nimwakire🎉🎉🎉🎉🎉
Eweee Mana waremye Yvette 😂😂😂😂,ngo reka ndamwinjirire frigo
Ewe Rémy Na Egide, n'amahoro n'umunezero isi itanga, ngwino kwa YESU mwironkere amahoro n'umunezero bidashira
Uno mus nahishikiy karee niceee kbxaaa mwubahwe
Yvette Jew aranyica nagatwengo wallah😂😂❤❤ courage
Nanj nahagez🎉🎉❤
Haaa nanje mba nahishijiye!ewe yvette sha ntuhaha ubuho ntuzovayo ko usimbiye kuri senge nae ngumuhemukire!😂
Ivete nawe nukuri nikirori senge yaramuhinyuye xo Sabbas n'a mimi mutwongere ibohero
Ewe Mukama nacerew arko ntaco reka ntore agatebe ndorer 🎉🎉🎉🎉❤❤❤❤❤
Nkunda cane iyo CLIS na king bari kuyaga Tim ingaruka ❤❤❤❤ mudu korera umuti
Ingaruka igezweho Yvette wew nzokwicapako

King pole Sana
Ariko siko bizokwama
Imana ikworohereze .

Nihonkihashika reka ntoragatebe nicare ❤❤❤❤❤❤❤
Abonatanze mundemere muciy kuriyo foto yanj ❤❤❤❤❤