ขนาดวิดีโอ: 1280 X 720853 X 480640 X 360
แสดงแผงควบคุมโปรแกรมเล่น
เล่นอัตโนมัติ
เล่นใหม่
Ndabakeje nimurabe mukandungikire .😊kandi Imana igume ibateza intabwe yabageneye
Imana yama muri twebwe, ico turi cose ni inyishu y'Imana.Dukengurukire Imana
Imana ishimwe iyo ndirimbo inyibutsa vyinshi kera aho hatwara umuganwa rufuruguta papa nawe yari gapita yaca amabaraba avant carama hanyuma bica isato yari i gikoma atahana urusato ruguru i kiyenzi rwapima hafi 4 m rwari umuti nyokuru yakoresha kuvura abamwituye yari rurangiranwa mugabo sinigeze menya specialite yiwe kuko abafise ingwara z.ubwoko bwose waragerageza mukomere abanyakinama
Imana ibahezagire cane❤❤❤❤
Uko ni ukuri kuzima irishura. Merci chorale Ste Cecile de ma paroisse Ste Famille de Kinama.
Imana ibahezagire, ameen 🙏
Hello Ndabakeje Nimwirambire
Irishura uko nukuri
LA chanson ms plait beaucoup
Umukama Yezu abakomeze cane
que Dieu vous bénisse cette chanson m'a béni
Irishura dieu te benisse
Wemwombe tu atakujibu amene
Me too I like this song very nice music 🎶 🎶 🎶 🎶 🎶
J'en suis transporté
Ndashima kuko ni mana yishura.
Irishura.amen amen
Amen amen Irishura muhezagirwe abaririmvyi.
IMANA IBADUKOMEREZE MWATORANYE UMWUGA UDAHOMBA
Très bonne chorale
Iyo mana yacu irishura . Amen
ego Irishura kumwanya wayo
Amen
Akaririmbo nikeza
🙏🙏🙏
nice songs, naomba translate ht kidgo kwa kiswahili
Safisana irishura
Wonderful
❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤
Wawoooo i love it
I like it
Mwatwogeyizind
Progchin Jimmy J. F. Merc kandibirahimbaye
Umukama abongere Imbaraga maze murushirizeho kuyihimbaza mundirimbo
AMEN
Irishura
muhezagirwe. ntimudehukirwe mutwongere izindi zitwubake.
Irishura kabisa
Appel DE Dieu
Good song
Apollinaire Ndayishimiye
Yeah
Ndabakeje nimurabe mukandungikire .😊kandi Imana igume ibateza intabwe yabageneye
Imana yama muri twebwe, ico turi cose ni inyishu y'Imana.
Dukengurukire Imana