How do you guys call “support” Ari gu showing up gusa? Ahubwo for Paci kubona ayomahera yarayafise yank kuriha then kwari gusuzugura icogiteramo! Kuko support yiw ni kuriha. Ivyo bintu ko aba star bada performing batariha ni Burundi gusa kuko supporting a fellow artist ni kuriha kuko uba uzi uburyo bibasaba kugir bashik aho! Shame on you vrmt
Kuba umumenyeshamakuru canke legend ntibivuze ko utegerezwa kwinjira mu giteramo kubuntu, nimba uwo muntu akunze événement yovugana n'ababiteguye imbere yuko igiteramo kiba. Il faut ko abantu batamenyera ivya gusa.Mbe ko bagiye mw'isoko bariha, badatora ibintu kuri gusa?
Nibaza ko utazi ico bita copy,Yago TV show Na YAGA Tech Tv izo Logo zihuriy he!A moins que ngway Amaso,ibisigaye navyo mbona bakoreshej indome twiz twes mw'ishure😱😱😱😱Yaga Tech Tv courage
Semavumba urambabaje peeee nukuri urumuntu wambere uhora uvuga ko dukwiy guha agaciro ibintu vyacu,none murako gaciro uvuga harimwo nuko hari abinjira gartuitement????kan mm ba muraba nivyo muvuga kuba legend ntibisigura ko winjira ku buntu....je suis vrt désolé
Hmmmmm Hosy jew ndamushigikiy,Abo ba Legend ahubwo nibo bakwiye kuriha😮😮😮Hosy Big up sana
Hosy ahubwo n'intwarikazi 😂
Mme bravo ku kiganiro. Muga iyi chaine yanyu uku bayise(logo) nukuri umenga isa niyo mwatwaye iyindi chaine
Grétta na hosy hejuruuu caaaane ❤❤❤🎉🎉🎉🎉mur intwar ibind ni jalousie mwebwe gum kukiv ntimucik intege
How do you guys call “support” Ari gu showing up gusa? Ahubwo for Paci kubona ayomahera yarayafise yank kuriha then kwari gusuzugura icogiteramo! Kuko support yiw ni kuriha. Ivyo bintu ko aba star bada performing batariha ni Burundi gusa kuko supporting a fellow artist ni kuriha kuko uba uzi uburyo bibasaba kugir bashik aho! Shame on you vrmt
Yago na Yaga je mbona biri different
Coup de chapeau à Gretta et Hosy. Ibisigaye ni jalousie
Simbizi rero iyo gahawe amahera kavuga aya muhe,ukuri gaca kaguhonyanga kakubona,why vrt???? Ivyo vyose ariko abivugishwa na 100$ yahawe😂😂Ibaze paci hakuyaha abateguy igiteram akaj kuyaha iyo mburakimazi???
Zimya ivyo birofa mwaba iyo n'inzigo yabarundi ntakindi
Hosy na gretta hejuru cane mukomeze muja imbere❤
sha nico gituma ukiri umukene! Jalousie!!!
Kuba umumenyeshamakuru canke legend ntibivuze ko utegerezwa kwinjira mu giteramo kubuntu, nimba uwo muntu akunze événement yovugana n'ababiteguye imbere yuko igiteramo kiba. Il faut ko abantu batamenyera ivya gusa.Mbe ko bagiye mw'isoko bariha, badatora ibintu kuri gusa?
Simbizi ivyo kavuga ni gusega gusa kumwe kaja kwararaza B face kubera ubufranga kahawe na Drama T bigatuma yanka kuvug ukuri🧏🧏🧏🧏
Iyo Logo ni copie ya Yago TV; turasavye muhindure mugire votre propre creativité.....
Nibaza ko utazi ico bita copy,Yago TV show Na YAGA Tech Tv izo Logo zihuriy he!A moins que ngway Amaso,ibisigaye navyo mbona bakoreshej indome twiz twes mw'ishure😱😱😱😱Yaga Tech Tv courage
Kimw gusa usanga bagiy kumu Designer umwe,ubundi ntanaho bihuriy
Abantu bafita ingoran,iyo babonye umuntu azany ikintu ciza baca bafyonderako ibindi😅😅😅
Logo ntuzi icarico wewe..ntibavuze izina bavuga logo= ikimenyetso@@MagambiIngabire
@IVOMO_TV ahubwo naw ntuzi gusoma neza ,j'ai pas dis le nom,navuze neza Logo ya Yago Tv Show niya Yaga Tech TV.imbere yo kugira comment ba usoma😂
Ereg barya babiteguye bari muvyunguka kura induru ngaho
Naza mariages hariho zimwe zimwe iyo witumiye usubizwa inyuma. Peu importe ico wamaze kuriha mu giteramo ni ngombwa kiretse wahawe uburenganzira nababiteguye. Kuvuga Passy, Christian,etc ivyo ntaco bivuze . Il ne faut pas oublier que nirya événements ari business nkizindi après tout ababiteguye bagira ico babikuramwo . Nabaririmvye , abacuraranzi harakantu babahaye,bref sinibaza ko bungutse ikintu kinini cane ariko nukuraba muma comment kuri TH-cam canke kubaza umunezero vyazaniye ababibayemwo ,n'ababikwirikiranye online
Semavumba urambabaje peeee nukuri urumuntu wambere uhora uvuga ko dukwiy guha agaciro ibintu vyacu,none murako gaciro uvuga harimwo nuko hari abinjira gartuitement????kan mm ba muraba nivyo muvuga kuba legend ntibisigura ko winjira ku buntu....je suis vrt désolé
Semavumba iyi ni flop kabisa
Kuri duza hewe mubasuhurizee ati mukora imikeke myiza
Yararengey p
Izi commentaire ziri ngaha nizabantu batazi umuziki canke kahise kumuziki shame on you
Murakora neza ariko muze mukosore logo yanyu kuko copy nkiyo mwakuye kuri #yago ntac bimaze mugihe mutaraba abantu bari creatif ivyo ntah bizobageza mutaraba créatif mubyo mukora
Créativité en quoi ?ko mbona se izo logo ataho zihuriye?
@@MagambiIngabire ntiwumviseko na #journalist ubwiwe abizi eka na #Simbizi yababwiyeko vyob vyiza bayihinduy