Intahe y'Apôtre Apollinaire H./Natanguye kuririmba nk'iri muto/Ndashimira NIKIZA David na NDARUHUTSE

แชร์
ฝัง
  • เผยแพร่เมื่อ 16 ก.ย. 2024

ความคิดเห็น • 48

  • @josee1440
    @josee1440 2 ปีที่แล้ว +2

    Ni ukuri Imana iguhe umugisha. Kko aba bantu ntibaba bakibazwa no kukarago. Baba barondera amafaranga.

  • @pamelairankunda2768
    @pamelairankunda2768 2 ปีที่แล้ว +3

    Urakoz cane Apotre, nciye menya igituma itara ryanyu ritigeze ,ingabire yose n ifatane n ishengero ,my Jesus!!!!!!!ntahuy ko ingabire impact yayo ifatanye n amavuta y ishengero. Ivyo kuva kuri page y aba artist ba Gospel ndabimenye , nibatahure impamvu bazimye!!!

  • @Fkqueen-eb7pm
    @Fkqueen-eb7pm 2 ปีที่แล้ว +1

    Love your testemony. God bless you for beeing faithfulness.

  • @Fkqueen-eb7pm
    @Fkqueen-eb7pm 2 ปีที่แล้ว +1

    Merci d etre retourné au pays. Wabaye umuhezagiro kubarundi n amahanga.

  • @kankindiannociatte1405
    @kankindiannociatte1405 2 ปีที่แล้ว +2

    Imana iguhezagire Kandi ibandanye kukwagura

  • @kwizerafrancine6216
    @kwizerafrancine6216 2 ปีที่แล้ว +1

    Iman ikugirire neza mukozi w Imana nukuri Imana yaraguhaye ingabire

  • @thierryirakinga1463
    @thierryirakinga1463 2 ปีที่แล้ว +1

    Mercii bcp kugishingantahe 🙏

  • @dativenizigiyimana8243
    @dativenizigiyimana8243 2 ปีที่แล้ว +2

    Imana izomfashe sinzipfuze gukora ikintu kibi ngonshaka kumenyekana ndapfuma mbura ukwo kumenyekana.

  • @dativenizigiyimana8243
    @dativenizigiyimana8243 2 ปีที่แล้ว +2

    Intahe nziza cane 🙏👏

  • @dieudonnekayobera933
    @dieudonnekayobera933 2 ปีที่แล้ว +3

    Shalom, Shalom! Ukwo ni ukuri! Ikibazo kibaho nuko abo baririmba, batigishwa amajambo ya Kristo (za nyigisho ziwe), nta fondation bafise muri doctrine ( zivuga Kristo Yesu). Rero ababigisha kuririmba baze bashira imbere inyigisho z,Umwami wacu, hama kuririmba bizoze munyuma yivyo. KUKO BENSHI BATANGURIRA MWISHENGERO BAGAHEREZA MUMA BOITE DE NUIT. (KARAOKE)

  • @emerimanaemery3416
    @emerimanaemery3416 2 ปีที่แล้ว

    Imana iguhezagire cane kubuzima na experience y'umuhamagaro w'ishengero bifatanije ningabire udusangije!

  • @omerirankunda
    @omerirankunda 2 ปีที่แล้ว +2

    Uyu niwe muririmvyi aba akwiye kuhaba kuko yaritahuye, inyigish nziza gose, ese abo bigir aba star bokwumvira

  • @Hellochi-ld
    @Hellochi-ld 2 ปีที่แล้ว

    Imana iguhezagire

  • @mataratara1127
    @mataratara1127 2 ปีที่แล้ว

    Imana igufash mugenzi iryo shengero ugezemwo ryoba iryanyuma kuko umaz guca muri menshi

  • @jeromeniyibigira802
    @jeromeniyibigira802 2 ปีที่แล้ว +1

    IMANA ISHIMWE CANE KUNDIRIMBO IMANA YABACISHIJEMWO.ARIKO HARI URUTONDE GWINDIRIMBO ZAHORA ZIDUFASHA TUTARIKO TURABONA KURI TH-cam.TWASABA KO MWOZITUGARUKANIRA .

  • @niyongaborodrigue2215
    @niyongaborodrigue2215 2 ปีที่แล้ว +1

    Mbega ABA apotre babesha, wari umuboyi wa David

  • @lydiairakoze5226
    @lydiairakoze5226 2 ปีที่แล้ว

    Ndaryohewe kwumva intahe yaw papa Apotre

  • @davidirangabiye3968
    @davidirangabiye3968 ปีที่แล้ว +1

    Ariko nawewe umaze kubonako ukomeye waciye wikura muri vivante.none nubu wagiye ahandi ,kirya gihe nta u tube yarihari ariko warabagararije.

  • @ubwizabwimanachoir5290
    @ubwizabwimanachoir5290 2 ปีที่แล้ว

    Hezagirwa warahezagiw

  • @emmanyotasb7287
    @emmanyotasb7287 2 ปีที่แล้ว

    Imana iguhezagire