Ikintu pacifique avuze co kuri leta na societe civile, icokintu nama ndaciyumvirako cane. Leta izi unwenge,leta atari iyo CNDDFDD. Ubundi leta yarikwiriye gukomeza societe civile hamwe nama radios. Mu bisabzwe societe civile ni ababtu bakebura igihugu. Amaradiyo arafasha leta gukebura nuguteza imbere igihugu mugushikiriza amakuru zishikiriza abanyagihugu ivyo bakenera mubuzima bwigihuvu.
Gute les associations zitari fondé d’une manière démocratique zishobora gufasha igihugu kuja munzira ya démocratie????😂 wewe wotwara focode depuis 2001 uri empereur finalement
Ndabaramukije mwebwe mwese mukora inishoboka kugirango tugume tumenya ibibiba mugihugu . Murakoze
Nos salutations de Bruxelles. Bravo.
Abarundi twese dukwiye kwikuramwo imitima yamacakubiri kuko dusanzwe turi bamwe kandi umuntu wese yafashe inzira yo gutoteza abandi ntanumwe yerewe bose bagiye bapfa bakenyutse erega ingero yicaha nurupfu. dukwiye kugira ico bita ubuntu nkuko aribwo bwamye buranga abarundi ikintu cose coducanishamwo tucamirire kure.
Jtl
Paciique nabagenzawe mwesi mwagize uruhara go gushigikira itwaro za ba buyoya, bagaza na micombero mumajambo make itwaro ntutsi. Muvuge mwiyahure mwaca mubiganiro mwaca kumuhto mwaca mumamazi mwaca mukirere ubutegetsi bwanyu bwaraheze haba mumatora haba mumagabura nyama itwaro ntutsi ni borocaaaaaaaa
Nous soutenons Les patriotes Burundais ET non Les ventriotes bitwaza amoko!
👍👏🤝
Mbe ivyovyotse nukwanka ubutegetsi bwabahutu?
Mwokoresha ikirundi gusa vyoba vyiza kugira abarundi Bose batahure
Ariko bamukora ibiganiro bigufi, kumara amasaha ane nobake bagishoboye canke migicemwo uduce
Mugihugu hagati turabumva jewe ndi m,uburaruko bw,uburundi gusa aho nta commentaires
Paci ni Biganza bikamw’Ayera
Mugicemwo uduce ni kirekire !
Turashima ibiganiro mudushikiriza kandi bituma tumenya ibitari bike.
Ariko rero, mwogerageza kudacanga indimi. ARI ibiganiro mu kirundi, mwogerageza mu kavuga ikirundi, kuko ntivyumvikana ingene muriko mu ganira n'abarundi mwocanga ikirundi n'igifaransa.
Ndemera Pacific kuko amatohoza yiwe arimbitse.
Ariko rero,abarundi twari dukwiye kuja hamwe, tukatondera uko dukura CNDDFDD kunguvu kuko uyo muganbwe uratovye igihugu twaridikwiye GUKORA uko dushoboye tukatondera uburyo beoguhemba abarwabya u utegetsi numuheto. KUKO bavuga ngo mugukura igufa tiro mwijigo ryimbwa,barikuzanwo u buhiri. Dutersnye amafaranga twubake abashibora gukubita izombwebwe zive kumitwe yabarundi
Ikintu pacifique avuze co kuri leta na societe civile, icokintu nama ndaciyumvirako cane. Leta izi unwenge,leta atari iyo CNDDFDD. Ubundi leta yarikwiriye gukomeza societe civile hamwe nama radios. Mu bisabzwe societe civile ni ababtu bakebura igihugu. Amaradiyo arafasha leta gukebura nuguteza imbere igihugu mugushikiriza amakuru zishikiriza abanyagihugu ivyo bakenera mubuzima bwigihuvu.
'Komera
Ikiganiro cari ciza,mugabo SINUMVA igituma iyo space muterekana abariyo baraguha babaza ibibazo canke baterera canke umutumire ngo avuge tumubona neza
Gute les associations zitari fondé d’une manière démocratique zishobora gufasha igihugu kuja munzira ya démocratie????😂 wewe wotwara focode depuis 2001 uri empereur finalement
L
Mugihugu hagati turabumva jewe ndi m,uburaruko bw,uburundi gusa aho nta commentaires .
L