ขนาดวิดีโอ: 1280 X 720853 X 480640 X 360
แสดงแผงควบคุมโปรแกรมเล่น
เล่นอัตโนมัติ
เล่นใหม่
Yes musaza komereeer kurigamba.100%❤❤❤❤❤❤❤
Kuganira niho vyose bizotorerwa inyishu
Abarundi ntidushima nukuri, Oh my God of Heavenngo Nkurunziza ntanakimwe yakoze, what? Kandi ariwe yahuje abarundi akazana amahoro, yes Nkurunziza did it.
BujumburaTurabumva5/5
Alexis sinduhije niwe arongoye umutwe w’iterabwoba Red tabara iriko ihonya inganda muri congo ahitwa haut plateaux
😅😅😅😅amakuru nkaya ndayaheruka kera😂😂😂😂 iyimifyinato yarataye igihe 😂😂😂😂
Nyakubahwa sinduhije nagomba ndakubaze hamwe nkimana iguhezagiye uka nkumukuru wigihugu wodusubiriza ifaranga ryuburundi rikagira agaciro nkakera2005 canne woturonkera ibitoro ? Nkakera koi arivyo muburundi bitubujije amahoro
Uyo mutama arafise ubwenge naho ariko avurwamwo vyishi ntakuri ndamenya kuvyo bamuvugako
Ndasavyijambo sinduhije noneko ubutegesti buharunomusi bwatowe nabenegihugu none wipfuzibiganiro bifatiyekuki kotubona muburundi harumutekano
Serge nibizi yari maneko ntiyashatse kuvuga amakuru nkuko umwuga umeze naho yahawe akazi akazamurwa ntakibazo nuko atakuri avuga
Umusaza
Sooooo" Alexis, kuberiki utavuga imigambi myiza wokorera u'Burundi?? I don't get it lol.
Eseko igihuguko cishwe nabobasimduhijenyene atibobishigihugu aribobicanyi bananizitworo Hama gwabenegihugu yibazako tubiyobewe murazaimanayaramumye kuvugakomuhamganye ozogeakuki ntamunta abakwiye nokuguhiradiyo mguvuge kamdi wahenawahenura uzofuko
Waragerageje nihamwevyanka vyanka
Wap sinduhije ntabwo ivyarede tabara ntavyo yoshobora.kandi iyo rede ntayibaho mbee itabara bande.komuburundi dutekanye.ifaranga nibitoro nivyo bibujije amahoro mubenegihugu.
❤
That's a lie leave a lone my Burundi.
Abagutetamanyma abobaguhiyoradiyo nabaguhijambo guasa amenyeko arumukeba waba'yaguhugu umuntu asabiribihano umwenegihugu uragafutavuze senidde nubwuyanka ntacuyigira
Izonimbonerakure
Turacariho k,ubwi Mana biturange cn
Mutama turagukunda ariko twebwe ipfungwa tuzira imvo.za politique imyaka iriko ibamyishi.imiryango yacu yarzngaye abandi barapfuye inzuzacu zarabomowe basi.abaritihanze nimba mikitwemera nimuvugane nabarongoye igihugu muturihire amahera nimbariyo bashaka ariko baturekure kuko kazoza kacu karahagaze murakoze
Gutekegwznubwo ba niwubutera hamukajakwiradiyomgo bwoba esewewe wotogwanamde kwaratagusaimanayarakuvumyekuko umazekwicichabechi esekutemerako ivyigirimana ikubina ufisururimirubi uzofpa udatashe wewe niwuteguzamatotora uzutuma kuvyomga hamamgubutegetsibubi jewedanakunvise amabere acrya
EAC niyo yabatumye gutera coup d'État ?Ingo mu Burundi uburane,ku mabi mwasize mukoze.Nta rwaruka ruzosubira kubaja inyuma ndakurahiye,ruja gupfira inda zanyu.Ubu aba jeunes duhanzwe n'umwansi w'ubukene.Ubwo nabwo tubugwanya mugukora ibikogwa vyo kwiteza imbere.Mbega mu Burundi niho mwabonye ari ikirimbiro ry'intambara ?Kuva aho mwatereye intambara, mbega wabonye idushikana kuki, turetse kutubomorera amazu,ikatwicira n'abacu.Uwuhimvye umuceri w'abanyarwanda ngo ashakako abarundi tuja mw'ibarabara,twugare amasoko,duturire abantu n'amapine.Iyo politique irashaje,n'ijane n'abo batama bagifise ubyiyumviro biboze vya kera.Ubu dushaka kwubaka amahinguriro.Ushaka gutogwa ingo wiyamamaze mu mahoro.
Barira sinduhij ahor
Sinduhije wewe itekabakwaste warufise nirihe cankijambowarufise kutagiranambe
Buryimana irababona wewewifuza kugwanyareta iyomyiyerekano mkubuyoba babikubajije uzohakana utayifuza haruwawe azoyigwamwo rimdira imana irakubona abobeneguhugu uvuga harimwuwugaburira uzpfawamgaraukonyene abarumdi turazikurimubi
Gusa uburundi abakoroni baratwifatiy nkuy mutama nawe ashakik kwl?
Reta yu'Burundi, Irikubutegetse niyo yazanye amahoro bega abarundi mwabaye gute "huh".
Kura uburofa ngaho ivyawe vyarahinyuts ntamuntu uzosubira guhenda
Yes musaza komereeer kurigamba.100%❤❤❤❤❤❤❤
Kuganira niho vyose bizotorerwa inyishu
Abarundi ntidushima nukuri, Oh my God of Heaven
ngo Nkurunziza ntanakimwe yakoze, what? Kandi ariwe yahuje abarundi akazana amahoro, yes Nkurunziza did it.
Bujumbura
Turabumva5/5