ขนาดวิดีโอ: 1280 X 720853 X 480640 X 360
แสดงแผงควบคุมโปรแกรมเล่น
เล่นอัตโนมัติ
เล่นใหม่
Murabeeeeesha abantu muneshera IMANA ngo yavuze ibi yasubiye biriyaaaYo ntirya igiturire izoberekana nkuko yabitanguye muri mwebwe
Iwacu Bubanza itsinzi nicash
I Bubanza ntitwihenze,kandi tuzotora CNDD-FDD
nahimana evariste,Politique ni umwana wuwundi nyabenda mwaraye mumwambariye umwambaro wa CNL inyuma yaho muvugutiye umuti sebuja.Ni ibintu vyo kugarikana gusa gusaaa.Korera IMANA nayo politique yo ni umwana wuwundi.
Komer mwirambire bubahw bacu ndangaz zacu ramb
Samuragwa yirambire
Gusa muvuge ivyo muzoduha hama muduhe amarimatasiyo meza meza
intwari zizokwamaho mwirambire
Komera mutama urigihangange
Ahari I mana habavyose.
Nta wundi musubirizi mwiza atari imboneza mw'iterambere umutama wacu numéro imwe NDAYISHIMIYE Evariste
nicash kwel
imana imbere ibindivyo vayararangiye
Gitega numero imwe
komera!
Turamushigikiye Never wacu
Nukuri ntawundi ego cane
Ntawuhinda umusonz
Mbega yemwe muri CNDD -FDD nta numwe azi gusoma no kwandika?Ngo ntahandi atari mu Burundi bariko barakora nk'ibi?Ego nyene nta handi kk uburundi bufundikira umurongo w'ibihugu bigize isi mubukene.Mu Burundi niho honyene bativuza bagwaye Corona isi yose yahagututse?Ndababaye caaaane umwanya muta muriko mwumvira amaranga mutima y'umuntu yikunda kandi w'intagondwa gushikaho aroha igihugu cose ngo gitikizwe n'ikiza.Noneho camuhitanye kimuhitaniza na nyawenda wiwe🙈🙈🙈
Samurarwa
Murabesha ntaco mucambariyeeeeeeNyabenda mwamifukuyeeee ejo hazofukurana abasigayeGezaho rero gutamba ku mivyimba yabakuru bibihugu bapfuye kk twese tuzopfa ntawuzorusimba.Ubu Peter yanse kuja kwivuza muri KENYA atinya iki????Ngo bomuhezayo nka Micombero none yungutse iki?Niyo manda yagatatu iyo ayireka akigira muri FIFA yogumanye amateka eka na CNDD-FDD ntiba igeze aho igeze isambuka.Nabado muracafukurana basha politique yo n'umwana wuwundi.Ngo ubusimbirahamwe bwa 1993?Ubu mwibaza ngo inkoni zirigwa ziravugira mwirya permenance yanyu guhera 14h buri vendredi ntituzizi?Reka reka uyo mugabo wimvi ku mutwe azokubitwa nk'igishegu agakomeza kubatumikira yoba atari mu gihugu cikukiye☹☹☹☹
Murabeeeeesha abantu muneshera IMANA ngo yavuze ibi yasubiye biriyaaa
Yo ntirya igiturire izoberekana nkuko yabitanguye muri mwebwe
Iwacu Bubanza itsinzi nicash
I Bubanza ntitwihenze,kandi tuzotora CNDD-FDD
nahimana evariste,
Politique ni umwana wuwundi nyabenda mwaraye mumwambariye umwambaro wa CNL inyuma yaho muvugutiye umuti sebuja.
Ni ibintu vyo kugarikana gusa gusaaa.
Korera IMANA nayo politique yo ni umwana wuwundi.
Komer mwirambire bubahw bacu ndangaz zacu ramb
Samuragwa yirambire
Gusa muvuge ivyo muzoduha hama muduhe amarimatasiyo meza meza
intwari zizokwamaho mwirambire
Komera mutama urigihangange
Ahari I mana habavyose.
Nta wundi musubirizi mwiza atari imboneza mw'iterambere umutama wacu numéro imwe NDAYISHIMIYE Evariste
nicash kwel
imana imbere ibindivyo vayararangiye
Gitega numero imwe
komera!
Turamushigikiye Never wacu
Nukuri ntawundi ego cane
Ntawuhinda umusonz
Mbega yemwe muri CNDD -FDD nta numwe azi gusoma no kwandika?
Ngo ntahandi atari mu Burundi bariko barakora nk'ibi?Ego nyene nta handi kk uburundi bufundikira umurongo w'ibihugu bigize isi mubukene.
Mu Burundi niho honyene bativuza bagwaye Corona isi yose yahagututse?
Ndababaye caaaane umwanya muta muriko mwumvira amaranga mutima y'umuntu yikunda kandi w'intagondwa gushikaho aroha igihugu cose ngo gitikizwe n'ikiza.
Noneho camuhitanye kimuhitaniza na nyawenda wiwe🙈🙈🙈
Samurarwa
Murabesha ntaco mucambariyeeeeee
Nyabenda mwamifukuyeeee ejo hazofukurana abasigaye
Gezaho rero gutamba ku mivyimba yabakuru bibihugu bapfuye kk twese tuzopfa ntawuzorusimba.
Ubu Peter yanse kuja kwivuza muri KENYA atinya iki????
Ngo bomuhezayo nka Micombero none yungutse iki?
Niyo manda yagatatu iyo ayireka akigira muri FIFA yogumanye amateka eka na CNDD-FDD ntiba igeze aho igeze isambuka.Nabado muracafukurana basha politique yo n'umwana wuwundi.
Ngo ubusimbirahamwe bwa 1993?
Ubu mwibaza ngo inkoni zirigwa ziravugira mwirya permenance yanyu guhera 14h buri vendredi ntituzizi?
Reka reka uyo mugabo wimvi ku mutwe azokubitwa nk'igishegu agakomeza kubatumikira yoba atari mu gihugu cikukiye☹☹☹☹