UMUZI W'UMUSARABA FINAL LIYANA ARIBARUTSE UMWANA W,UMUHUNGU BROWN ABAYE PASTOR ESTA ARAGIZE MARIAGE
ฝัง
- เผยแพร่เมื่อ 12 ก.ย. 2024
- UMUZI W'UMUSARABA FINAL LIYANA ARIBARUTSE UMWANA W,UMUHUNGU BROWN ABAYE PASTOR ESTA ARAGIZE MARIAGE UFISE ICUBAZ CANK INERERANO TWANDIKIRE KURIZI NIMERO 25768289238 TURABAKUNDA PEEE
Mwarakoze kubana nacu ino film warayikunz imp like
Hama raba agafilm keza twakinany na jaja kigisha gatey agahinda ngiy link th-cam.com/video/e3TRDIDGyI4/w-d-xo.htmlsi=8ubNvJ1bsOHG6JQh
Film nshansha ya JaJa Kanyanya na Mr Sammy. Film nziza cane kandi iryoshe cane, iteye nikigongwe. Yumukobwa aregwa na Muka se! *Ivyipfuzo*
Mudufashe Partage, Subscribe, Likes & Comments. *No Gushira Kuri Status*
Murakoze
Duhe Bukeyeneza
❤❤❤❤❤❤❤❤❤
Turacari kumwe mugenzi, iyo utanga ibintu bizima nawe uronka abantu bazima. Burya natwe ni umugisha kuba tugufise kuko ivyo mudushikiriza bifise aho bidukura n'aho bidushitsa kandi bikatwigisha neza. Turindiranye igishika ibice bizokwirikra. Murakoze, Uhoraho abaje imbere. ❤
Nububturacari kumwe nokuyandi ma film yose arikose bukeyeneza igezehe ?agahinda kubuzima kagezehe?kanyange igezehe raba ubanze uduhe izo
Mwarakoze namwe kutwigisha turacarikumwe
Film nziza cane abo dusozeranye umuzi w_umusalaba mundemere twa tuntu mwubahwe ❤️❤️❤️❤️❤️🙏🙏🙏🙏🕊️🕊️
Twarayikunz courage Sammy and jaja courage ndabikundir muzoyibandany imez nez kbx 💪💪💪💪💪💪👍👍👍👍
Abo twatanguranye umuzi wumusaraba nabayikunze tumenyanee bayii Muzi wumusaraba love From Dorine 🎉🎉🎉🎉🎉🎉❤❤❤😂
Sam.iryojwintirikubereye.subira.kuvugankokowahora.uvuga.niryosawamugabo.iryojwisiryo.wapi
Harakantu musizemwo muvyo mwanditse ngo FINALE turakanse ako kantu ahubwo muduhe gahunda muzoduha iyindi dyari
This movie is nice ......it has a good lesson indeed .... God is the only one who gives life ❤️💞 his the owner of the universe
Yooooh mbeg vyza brown urabeew nub pasteur ntibhrerah 👌👌👌
None Samy yahinduye ijwi 😂😂😂kubera ari pasteur😂😂😂❤❤❤
Aranandambiye kumviriza 😏
Aranandambiye kumviriza 😏
Samy iryojwi siryooo😢😢😢
Q😂a😂😂Ss@@nionyishuviollette201
Ngiyi film yambere iryoshe th-cam.com/video/e3TRDIDGyI4/w-d-xo.htmlsi=8ubNvJ1bsOHG6JQh
Film nshansha ya JaJa Kanyanya na Mr Sammy. Film nziza cane kandi iryoshe cane, iteye nikigongwe. Yumukobwa aregwa na Muka se! *Ivyipfuzo*
Mudufashe Partage, Subscribe, Likes & Comments. *No Gushira Kuri Status*
Murakoze
Sammy nukur mwiyiminsi usigaye udukorera ikosa hageraho film iryoha ngo final nukur usigaye untesa kl ngo final wap usigay udufata nabi
Sammy ibibintu vyokuduh uduce 5 ngo final wap kbx ibisivyo
Courage bantu banje kure caaane hashoboka niho mbifurije gushik Imana ikomeze kubavugutira mumpano zanyu mwahawe
Vyiza cyanee. Arikoo agahinda kubuzima mwauitwibagije murabe mugikorereko❤❤❤
Jewe muranyeguye sendiya nasheri wiwe muranyishe gusa esta wariwagiye kumugambi wimana nihon mpanvu aciye yibuka
😂😂😂😂😂 Sammy uranyeguy ukunt usenga courage team Samy Arik ivy kutubwir kwar finale sivy turashak suite🌹🌹🌹
Mbaye mubambe mumpe twatuntu Love from mozamique
Nukuri Gus ntivyari ngombwa kwiba Final oya vrmt Gus Kure caaane niho mbipfurije knd Team ya Mrs Sammy ❤️❤️❤️
Final nyene ntakundi akaryoshe ntigahora mwitama mwarakoze kuduha impanuro nziza❤❤
Sammy rekura ico gisasu witwa final tukibone plz
Sha kugirumugore mwiza afisimutima nkuwo nimuri film gusa 😂😂😂❤❤❤🇧🇮🙏
Hiii film nziza cane kandi yigisha ariko muraraba hariho ahantu amajwi yasohoka yisubiriza film igez hagati...nukuzobikosora la prochaine fois...merci ndabakunda
Ewe zegene sha😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂 waratsinzwe😂😂😂😂😂😂hama cycy pole sana ico nico kibi cokwihutira guhoza amarira uwahebwe ataribagira uwamihevye😢😢😢ariko ntawopinga ic'Imana yavuze pole sana❤❤❤❤
Sammy iyi ndirimbo nimuyishire kuri TH-cam yonyene ni nziza❤❤
Brauni warakoze gukizwa imana iguhe umugish waratwigishij kwa yesu harivyose ntimuyiheze tutabonye umwana❤❤🎉🎉🎉
Ohhhhh! Mbanje kubashimira nubwo mutarugurura ngoturabe gusa ndi umunyarwanda Samy ndabakundacyanepe
amasaha abiri asigay kwari menshi?ndabakunda mwese mur mumuzi yumusaraba❤❤❤❤
Nukuri ndakunze cane iyi film kuko ndayisanzemwo inyigisho nyishi cane pe!]
Courage mwabikoze neza cane!
Zana suite rero nyarutsa!
Kivondak yaronze kwer arik nivy arimukazih gashash uzotoh mam❤
Muraze iwacu igitega nukuri turabakunda,jewe MBA muri commune itaba gihamagara Colline,mwoba mukoze turabakunda
Mukomere cane turarindiye iyindi iyisubirira🎉❤
Je suis contente vraiment pour votre film.c est très fantastic.i appreciate you all the team especially Brown,Lianna, Esther,Eric,and papa courage xana .but sisi change thy mind
Thx
❤❤❤ bigapu sana Mr samy turakurikirana sana film zawe
Ewe brauni imbaraga.papa😂😂🎉🎉❤❤courage mutama❤❤
Courage iyabatwese twomera nkuyomugore tukihangan
Felicitations mr sammy🎉🎉🎉urintwari
Sammy oya nawe ngo final sindavyemeye ntiyohereraho reka turindire s02 mwarasubiriye gutunga kuko mwahisemwo neza
Love from GOGO LOVE OFFICIAL to BURUNDI
Nukuri Sammy ivyokuba pasteur wapi si rôle yawepe
Sha murahatwika hakaka kabisa ndabakundacane mwese❤❤❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉🎉🎉
Love from Gloire, to Gogo Love Official.
Waoooooo turabakunda arikoakokantu nikoarikabi ngofinale
Hahhhahhahhha Samy uranyica sana urashiramwo nacomedi nukuri❤❤❤🎉🎉🎉
My favourite movie ❤❤❤❤❤❤❤❤
Que Dieu soit loue
Mwabikoze neza cn❤
😂😂😂😂cycy numwunger😂😂 kubituts
Ariko Sammy 😂😂😂😂nukuri Imana irakubna ukuntu reo wahinduy ijwi nguriko uraseng My pasteur mry Samuel uranyishe pe🤣🤣🤣🥰🥰
Mwubahwe cn harimw lmpanur zidasanzwe vrmt 🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏
Film nziz can yarimw inyigish zidasanzw biranereje kwerekan ububash bw'Iman mur film bizamur ukwizer kubabiraba🙏congrats Mr Sammy🤝
Abarundi hejuru kbx murashoboye ham nyen nkuko umuririmvy yabiririmba ubizima nimana ibutangana nuk rer ndashimiy abant murirusangi bakiny iyi flm mwarashoby kwigish abantu kk icigw nkuyemuri flm nikinini ham Mr Sammy wubahwe kbx
Waoo NDI murukundo niyi série .Umuzi wumusaraba irarenze peeee
Yooo nibaaze kidaheze kuko mbona hasigaye ibindi vyiza biri imbere kugira tumenye mariage ya Ester kandi tukongera tukabona urugo rwa braoun n'a Lilian basubiye gutunga kuko mwahisemwo neza gukurikira Imana kandi nibyo byiza 😊 turabingize muze munyarutse i Season ya 2 kuko turik duhakura ibyizigiro nogukunda Imana kuruta ibindi vyose,muhezagirwe,kandi Kure cane niho ndabipfurije kugera❤
Bien joué vrt❤❤
Mbaye uwindwi none komuyinyarukije kuyimara so ariko ndabakunda❤❤❤❤ abazanyuma tumenyane
Nukuri film ndundi zubahwe😘kanyana na samy big up sana
Sammy kuba pastor vyokubera hejur cnee we lov uu
Love❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤ from Denis-King Angley Official
Iyi film kwiherezo habaye agakosa k'igarukagaruka ry'amajwi. Ubutaha producer abikorereko
Thank you
Waoo NDI murukundo niyi série .Umuzi wumusaraba irarenze peeee 1:30
Love from janvier le comédien
Courage cane mbakunda kanini❤❤
Imana ishimwe kuba warabahaye agakiza
❤favorite movie❤❤❤
Umuzi wumusaraba courage Ndabakunda vrement kandi iraryoshe cane cycy wihangane
Sami ikirundi ciwe i noma ukuntu yavuze mwijuru iyo😂😂😂vrt❤❤❤❤
Liana bien jouée❤
😂😂😂😂😂ooo papa😂😂raa zazazada😅😅 ewe sammy sha
Love from bukuru media tv❤❤❤😢😢😢
Oyakweri ntimutubwireko arangiriye ngaha muzoduha iyikurikira nukr❤❤ turabakunda
Sha akakantu musizeko ngo fiNal Niko kabi😢😢😢
Ariko mwabaye GT namwe ngo final🙈🙆🙆🔥🔥🔥🔥🔥 murabe ntimutunyoteze nubwo biruko😂😂🎉🎉🎉❤🤗🤗
Mwavyitwayemwo neza cane❤
Yoooooooo mwarimungeze ahantu heza muyibandanye turabakunda
Number one
Ntibe final ndabakundacan ❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉
yoooooo muratunyotej😢 ndabakunda caaane
Ndabakund can gus ntiharibwager ko tuyigir final❤❤❤❤❤
Sammy oyaaa nukuri ngo final mbe mwe mwabaye gute ntasoni ngo final oya Reba muyibandany ahubwo vub murekan nivyo vya final
Ahorero mwakoze cane muga vuba muduhe seson 2
LOve From Talent Wise Media and Don Claudio Prod
Suite irakenew Gus courage
Ngo final oya ❤❤❤❤❤
Ariko reo ukokuntu samy avug biranderanga😂😂 azovug nez mur saison 2 numwo yakijijwe hm ndbakund❤❤❤
Madudu narigukumbuy ingio han🎉🎉🎉
Mbega burya birashika abakinyi ba film Burundi bakarisha ubwenge ,shiremwo ubwenge
Kivodoka yaronze kuvaho avyariye
Yooo❤❤bona kafupi sammy yariryoshe iyi filam pe
Samy Bukeyeneza warayihevye yisozere nukur nayone tuyibone
Imana ishimwe cn
Hagiye gusha kbx mubikora neza cane ❤❤❤❤
Sinashaka ko ihera iyi film yari indyoshe.inyigisho ni nyinshi narabonye ko Satani ategera Umwana w'Imana asenga mu kuri
Ntibe final muduhe saison 2
Twizere ko muzobandanya saison ya2 kugira turabe ubuzima bwa broun na Luana aho buzohorera.
❤❤❤ turabakunda haaaa iyo etaj ikorotse wibuk iman
Gusenga kwa sammy ni comedie 😂😂😂
Ntubeshe kweri ni comedy
Naje nivyombona kweli 😂😂
Muzayibandanye
Waooo mwayirekuye kuberimana💪💪💪mugarero Sammy Aranyeguye nguwuhishitunga ngwahishumugore🤣🤣🤣🤣mwavyunvise. Mugusenganaho. Umenga numweyishweniganjwa😅😅😅🤣🤣🤣🤣ndabakuna nukwihezegusa😢😢😌😌
Congratulation
Kanyana Jaja uranezera ukuntu ukina uri umukenyezi yubaha umugabo amukunda ukina ufis indero
Ndagushigikiye Vrm
Kanyana love me ❤❤❤❤❤❤
Bien
Nn kuberiki mwayinyarukij? Nimuz murarek iyo nges kuber ngah umunoh ntiwariwaher
Sammy kl urarebze gsa nikuki waciy uhindur ijw??
Plz mwiduha final dushakibandanye plzzzzzzz❤