IJORO RYO KUWAGATANDATU Part 04

แชร์
ฝัง
  • เผยแพร่เมื่อ 21 ก.ย. 2024

ความคิดเห็น • 173

  • @MmMm-hq8vn
    @MmMm-hq8vn 21 ชั่วโมงที่ผ่านมา +7

    Koresh umwany ndahagez nimer 3 abaz nyum like mur rwarukund❤❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉😢

  • @PhilbertHabonimana-o1z
    @PhilbertHabonimana-o1z 8 ชั่วโมงที่ผ่านมา +3

    Basha mwebwemuradutevya mukayiduha namasahagiye sivyiza gusa tur❤❤❤❤

  • @GenevièveNijimbere-l3y
    @GenevièveNijimbere-l3y 3 ชั่วโมงที่ผ่านมา +7

    Kuberiki atamajwi arimwo😢😢😢 jewe murambabaje nukuntu nari ndayifiy igishika😢😢

  • @NiyonizeyeBelyse
    @NiyonizeyeBelyse 2 ชั่วโมงที่ผ่านมา +3

    Mugomba muducintege kwatamajwi muriko mushiramwo muduhe amajwi ❤❤❤❤❤❤

  • @JoselyneMuhimbare
    @JoselyneMuhimbare 3 ชั่วโมงที่ผ่านมา +1

    🎉 courage beza mufashoboye🌹❤️❤️🎉🎉🎉🎉

  • @Bonjourcarmene-eb9pj
    @Bonjourcarmene-eb9pj 19 ชั่วโมงที่ผ่านมา +3

    Yoooo narinzi ngoyasohots

  • @MpingaMoussa
    @MpingaMoussa 3 ชั่วโมงที่ผ่านมา +3

    Amajwi mwayasizehe

  • @Tysonosiemo7
    @Tysonosiemo7 21 ชั่วโมงที่ผ่านมา +3

    Koresha umwanya ♥️♥️♥️♥️♥️🤛🤛🤛

  • @elianebimenyimana177
    @elianebimenyimana177 5 ชั่วโมงที่ผ่านมา +2

    Ndayicunze nukur nimuyishireko ahakubera ndi murukundo niyi movie ndayirindiranye igishika kuk nday❤ cane

  • @stitore2388
    @stitore2388 2 ชั่วโมงที่ผ่านมา +1

    Ikigice mugisubiremwo ndabinginze kuko muranduhomneje 🧎‍♀️🧎‍♀️🧎‍♀️🙏🙏🙏

  • @IdanadegeIrambona
    @IdanadegeIrambona 4 ชั่วโมงที่ผ่านมา +3

    Kuncuro yambere Rally iryojwi warikuy hh🤣🤣🤣🤣🤣

  • @marymm3186
    @marymm3186 3 ชั่วโมงที่ผ่านมา +1

    muratevya saana gusohora series kndi tubakunda,muyiduha twabakumbuy

  • @UkwimanishakaLebecca
    @UkwimanishakaLebecca 3 ชั่วโมงที่ผ่านมา +1

    Toni komerezaho wihemuka kumugore wawe arakumva nje ndi irwanda ndabakunda❤❤

  • @ngabiranowilson8351
    @ngabiranowilson8351 3 ชั่วโมงที่ผ่านมา +1

    Aaahaaa ibint bikomez kuryoh ❤❤❤

  • @MaiakoviskyAkimana
    @MaiakoviskyAkimana 4 ชั่วโมงที่ผ่านมา +1

    Courage bezaaaaaaaaaaaaa

  • @stitore2388
    @stitore2388 2 ชั่วโมงที่ผ่านมา +1

    None vyukuri iyi film mwarayumvirije 🧏‍♀️🧏‍♀️🧏‍♀️🤷‍♀️🤷‍♀️🤷‍♀️ koko ntimwumvako amajwi atumvikana 💔💔💔😭😭😭🙆‍♀️🙆‍♀️🙆‍♀️ jewe mbafashe twoheza film iryoshe ikabura amajwi 👂👂🤭🤭🤭🤭🤭

  • @RoseRose-cb6qq
    @RoseRose-cb6qq 55 นาทีที่ผ่านมา

    Vyaribiryoshe. Arikwamajwi. Sisawa. Ibicebimwebimwe. Ntivyunvikana. Arikoturabakunda❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉

  • @OdileIrambona
    @OdileIrambona 3 ชั่วโมงที่ผ่านมา +3

    Oya mwebw murinz mwiheb mukagir iminot ingan uko ntivyovug vyose

  • @DianeBukeyeneza-d3m
    @DianeBukeyeneza-d3m 2 ชั่วโมงที่ผ่านมา +1

    Amajwi arih nn turabakunda❤❤❤❤❤❤❤

  • @FifiCloudine
    @FifiCloudine 2 ชั่วโมงที่ผ่านมา

    Turabakunda cyane 🇷🇼🇷🇼🇷🇼 nuko mwatwimwe amajwi

  • @KarerwaOdette
    @KarerwaOdette 41 นาทีที่ผ่านมา

    Muratunezererez kl,mubandany niyikurikir❤️❤️❤️❤️

  • @ValentineCubahiro
    @ValentineCubahiro 59 นาทีที่ผ่านมา

    Thanks gus amajw mwayakuyemw hanyum ntibiz bisubire❤❤❤❤❤

  • @Ggtcc-i6e
    @Ggtcc-i6e 2 ชั่วโมงที่ผ่านมา

    Ndimurukundo namwe vrm😂❤❤❤❤ ndabakunda ijoro ryokuwagatandatu kbx nihejuru hachoboka❤❤❤❤❤❤❤❤❤

  • @Grace-nh6xk
    @Grace-nh6xk 4 นาทีที่ผ่านมา

    ivyobind mwadukorey nibiki ??? Vrt kutwima amajwi nukuri from Burundi 🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮 courage ndabakunda cn 💖💖💖💖

  • @AmahoroIwacu-qh6cj
    @AmahoroIwacu-qh6cj ชั่วโมงที่ผ่านมา

    Ndabakunda cyane ni❤❤❤❤ ark amajwi haraho agera ntiyumvikane

  • @NoellaITANGISHAKA
    @NoellaITANGISHAKA 3 ชั่วโมงที่ผ่านมา

    My favorite movie❤❤❤🎉🎉🎉

  • @Asa-ij8fi
    @Asa-ij8fi 2 ชั่วโมงที่ผ่านมา

    Non mwebwe mugir kux mudutevy mwoger mutwimamajwi kok ❤❤❤❤❤❤🎉🎉

  • @keysejhzhd3849
    @keysejhzhd3849 6 นาทีที่ผ่านมา

    Murabe muze mukosore amajwi 😮gus❤❤❤

  • @justinendayisenga7180
    @justinendayisenga7180 2 ชั่วโมงที่ผ่านมา

    Big up sanaaa🎉🎉🎉

  • @riseandshineburundi
    @riseandshineburundi 2 ชั่วโมงที่ผ่านมา +1

    Harimo Aho bitavuga Ariko 😢😢🎉🎉 big deal courage

  • @bavuganezaImmaculee-pn9ni
    @bavuganezaImmaculee-pn9ni 2 ชั่วโมงที่ผ่านมา

    Wao my favourite series

  • @ArphonsineArphonsine
    @ArphonsineArphonsine 5 ชั่วโมงที่ผ่านมา +2

    ❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉

  • @HakizimanaBlaise-b8i
    @HakizimanaBlaise-b8i 32 นาทีที่ผ่านมา +1

    Nukur iki gice mugisubiremw mushiremwo amajwi muraduhombej

  • @mmnn3579
    @mmnn3579 23 ชั่วโมงที่ผ่านมา +1

    Narije niruka 😂😂😂😂na ryotew kbx

  • @agathemichelle238
    @agathemichelle238 2 ชั่วโมงที่ผ่านมา +1

    Movie bila sauti duuuu na gisi nilikuwa nasubiri....

  • @BelyseNiyibitanga-g3h
    @BelyseNiyibitanga-g3h 2 ชั่วโมงที่ผ่านมา +1

    Ndaba❤❤❤❤

  • @AuleaNduwimana-kp3si
    @AuleaNduwimana-kp3si 18 ชั่วโมงที่ผ่านมา

    Muga basha heba munyumvire impuhwe nimugire vuba kandi Kure cane niho mbifurije kugera flime nakunze cane ijoro ryokuwagatandatu

    • @Burundistartv
      @Burundistartv  8 ชั่วโมงที่ผ่านมา

      14h aragushikira

  • @LongastFilms
    @LongastFilms ชั่วโมงที่ผ่านมา

    series nziz cane❤❤❤

  • @aishalovesesibe
    @aishalovesesibe 3 ชั่วโมงที่ผ่านมา

    Narimbakumbuye peee❤❤❤🇸🇦🇧🇮👌🥰

  • @janeburu6538
    @janeburu6538 3 นาทีที่ผ่านมา

    ❤❤ ijoro ryo6

  • @ManishimweChristiane
    @ManishimweChristiane ชั่วโมงที่ผ่านมา

    Iyi film mwayish pe kuyim ijwi narinzi ngo nifone ynj yapfuy kumbe nabandi nuko iryokosa murikosore please

  • @G-rd4ol
    @G-rd4ol 55 นาทีที่ผ่านมา

    Ibibintu mutanguye mukatamajwi oyaaaaaaa

  • @lsance
    @lsance ชั่วโมงที่ผ่านมา +1

    Iz mumique zabay nyish nagir muyishirak mwayumvirij mwanayiravy

  • @bavuganezaImmaculee-pn9ni
    @bavuganezaImmaculee-pn9ni 57 นาทีที่ผ่านมา +1

    Abayikunze nkanje

  • @Faustinofficial57
    @Faustinofficial57 39 นาทีที่ผ่านมา

    Mwirebe neza flm muyizane Kandi kuko iyi mwaduhaye ntamajwi arimwo ibice bimwe bimwe

  • @MagnifiqueIrakoze-s9i
    @MagnifiqueIrakoze-s9i 3 ชั่วโมงที่ผ่านมา +1

    Yoooooo nn ko atamajwi arimwooooo😢😢

  • @divineingabire7916
    @divineingabire7916 3 ชั่วโมงที่ผ่านมา

    Courage biwacu

  • @isaacvyihoze9029
    @isaacvyihoze9029 4 ชั่วโมงที่ผ่านมา

    ❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤love this

  • @NiragireAline-og3ub
    @NiragireAline-og3ub 25 นาทีที่ผ่านมา

    Mumezemute twagize ikibazo cyamajwi ndabakunda mudufashe

  • @CécileIrampaye-e9m
    @CécileIrampaye-e9m 2 ชั่วโมงที่ผ่านมา

    Ntamajwi arimo bivuga bicika merci kutwonger iminot mwsubiyeko turabakunda

  • @YesuWafe
    @YesuWafe 3 ชั่วโมงที่ผ่านมา

    Courage from 3G Tv Rwa

  • @erinestinaManiraguha-hs2lb
    @erinestinaManiraguha-hs2lb 19 ชั่วโมงที่ผ่านมา +2

    Umva narinziyuko ngiye kuyiraba none ndasebye manawe mutugirire vuba 🙏🙏🙏 toni ndakwemera hagataho uce ubwenge baragusenyeye

  • @NemaItangishaka
    @NemaItangishaka 20 ชั่วโมงที่ผ่านมา

    Ndahageze number 6❤❤❤❤

  • @Jolis-y7h
    @Jolis-y7h ชั่วโมงที่ผ่านมา

    Mukomez bez murampimbara sana

  • @emmanueldukizwanayofabien5659
    @emmanueldukizwanayofabien5659 3 ชั่วโมงที่ผ่านมา

    Iyi partie muzayisubiremo pe!

  • @Kerissa-l8l
    @Kerissa-l8l 3 ชั่วโมงที่ผ่านมา

    🎉🎉🎉❤ndabakunda

  • @EvelyneKigeme
    @EvelyneKigeme 2 ชั่วโมงที่ผ่านมา

    Wapi kweri amajwi muyakuyemwo murabe mukosore😊

  • @bavuganezaImmaculee-pn9ni
    @bavuganezaImmaculee-pn9ni 58 นาทีที่ผ่านมา +1

    Ndabemeye cane

  • @WillaLight
    @WillaLight 2 ชั่วโมงที่ผ่านมา

    Where is sounds??????? Courage bez arik mugeragez mukosore amajwi n'ikiringo🎉

  • @BelyseMugisha-o4c
    @BelyseMugisha-o4c 2 ชั่วโมงที่ผ่านมา

    Mwatwimye amajwi kl

  • @GodelieveManiriterekera
    @GodelieveManiriterekera 3 ชั่วโมงที่ผ่านมา

    Geragez. Muyisohor kabiri mundwi mbegubugaba muranyigishij basi

  • @SaydatSaid
    @SaydatSaid 3 ชั่วโมงที่ผ่านมา

    Waoooooo mukinaneza

  • @EzechielNIYUHIRE-ze9tb
    @EzechielNIYUHIRE-ze9tb 2 ชั่วโมงที่ผ่านมา

    Sha akorer kageso KO gukuramwo amajwi sikeza pe muratakaje amanota

  • @OrnellaIngabire-fx7dn
    @OrnellaIngabire-fx7dn 2 ชั่วโมงที่ผ่านมา

    Ep5ndayiribdirany igichik abichimiye kumenya ahotoni yaraye mundemer linke nutu🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉

  • @NiyonsabaChristiane-e1f
    @NiyonsabaChristiane-e1f 3 ชั่วโมงที่ผ่านมา +1

    ❤❤❤❤❤🎉🎉❤

  • @pearlmeryle-vc6ey
    @pearlmeryle-vc6ey 4 ชั่วโมงที่ผ่านมา

    Ikaba iratanguyee

  • @umurerwayvonne2763
    @umurerwayvonne2763 18 ชั่วโมงที่ผ่านมา +1

    ❤❤❤❤

  • @NDAYISABAClaudine-ff9vu
    @NDAYISABAClaudine-ff9vu 3 ชั่วโมงที่ผ่านมา

    Ayo majwi mumize niyo yigisha tuzobaheba😢😢

  • @gimfilmsandseries
    @gimfilmsandseries 26 นาทีที่ผ่านมา

    Courageous and be strong friends.

  • @shopaman3726
    @shopaman3726 4 ชั่วโมงที่ผ่านมา

    courage cut zanje 🌹🌹🌹🌹

  • @SuzanneNduwarugira
    @SuzanneNduwarugira ชั่วโมงที่ผ่านมา

    Iyo film muyibisha muduha ibintu bitavuga isigay ibish

  • @Chantalndabaramiye-md4lk
    @Chantalndabaramiye-md4lk 3 ชั่วโมงที่ผ่านมา

    Narinzi ngo nduwambere🤣

  • @jacksoneddykazage5512
    @jacksoneddykazage5512 2 ชั่วโมงที่ผ่านมา

    Nabakund can ❤❤❤❤❤🎉❤🎉❤🎉❤🎉

  • @OdetteNdacayisaba
    @OdetteNdacayisaba 55 นาทีที่ผ่านมา

    Rosine uri ikigeragezo nukuri😢😢😢😢 urambabaje

  • @ClaudineKwizera-kj7vn
    @ClaudineKwizera-kj7vn 3 ชั่วโมงที่ผ่านมา

    Ariko mwatwimye amajwi kandi abariyo tuba dushaka kuk niho hari mpanuro

  • @Ntawuyankirmary
    @Ntawuyankirmary ชั่วโมงที่ผ่านมา

    Courage

  • @IngabireMariam-o7n
    @IngabireMariam-o7n 2 ชั่วโมงที่ผ่านมา

    Kenny wapi kwer ndakurimwo bisaba iyi patr 4 kuyisubiramwo muduha amajwi

  • @StalaineHodesch
    @StalaineHodesch 10 นาทีที่ผ่านมา

    Iriko joro ryo kuwa gatandatu ko ridaca oe 😅 sij nzobon burakey haragez dimanche ngo ukuri kuje ahabona

  • @shopaman3726
    @shopaman3726 3 ชั่วโมงที่ผ่านมา

    Hariho igice kitunvikana

  • @charleneirateriteka8710
    @charleneirateriteka8710 2 ชั่วโมงที่ผ่านมา

    Uyumunsi mwadusondets amajw mwayakas😢

  • @NizereOrnella
    @NizereOrnella 33 นาทีที่ผ่านมา

    Bit team ntamajwi mwaduhaye turabasavye murabe

  • @shamedyoucannaaem6827
    @shamedyoucannaaem6827 2 ชั่วโมงที่ผ่านมา

    ❤️❤️❤️❤️❤️☂️

  • @kampiredamarce6695
    @kampiredamarce6695 4 ชั่วโมงที่ผ่านมา

    Uyumunsi amajwi yabuze rwose murebe ikibazo cyabaye😢

  • @ChanellaBizoza
    @ChanellaBizoza 3 ชั่วโมงที่ผ่านมา

    Muzodusubiriremwo iyo partie 4 amajwi ntimvikana

  • @RosaLosana-wl6fq
    @RosaLosana-wl6fq ชั่วโมงที่ผ่านมา

    Izo sombe gusa nizo zinyishe😋

  • @LouellaMajosi
    @LouellaMajosi 2 ชั่วโมงที่ผ่านมา

    Ayayaaaa ntamajwi twumva😢😢😢

  • @ndayizigiyefulgence7285
    @ndayizigiyefulgence7285 ชั่วโมงที่ผ่านมา

    Amajwi mwayakuyemwo kwr murabe mukosore

  • @triphoseKwizera
    @triphoseKwizera 25 นาทีที่ผ่านมา

    Bigezaharyoshe ntibivuga 😢

  • @merveilleirumva6815
    @merveilleirumva6815 ชั่วโมงที่ผ่านมา

    Ariko vrt nkib mub mutugiriy nibki?mwashzeko iy ep mubona amjwi atavug kl ib bintu si saw☹

  • @alish2182
    @alish2182 2 ชั่วโมงที่ผ่านมา

    Musuha flm.atamajwi arimwo😢😢😢

  • @DivineNiyogusenga-v4u
    @DivineNiyogusenga-v4u ชั่วโมงที่ผ่านมา

    Oe nkibi nibik vrt🤌🤌🤌kuduh ibint bitagra son shaa 😢

  • @GèneclaverTina
    @GèneclaverTina 2 ชั่วโมงที่ผ่านมา +1

    Ese kurab film atamajwi ukuntu bibishe mpise ndayikuramwo

    • @JoselyneHacimana
      @JoselyneHacimana 7 นาทีที่ผ่านมา

      𝘔𝘶𝘳𝘢𝘥𝘶𝘵𝘦𝘳𝘢𝘮𝘪𝘴𝘩𝘢 𝘢𝘳𝘪𝘬𝘰 𝘢𝘮𝘢𝘫𝘸𝘪 𝘴𝘪𝘴𝘢𝘸𝘢 𝘬𝘣𝘹,𝘮𝘶𝘨𝘦𝘳𝘢𝘨𝘦𝘻𝘦 𝘮𝘶𝘻𝘦 𝘮𝘶𝘴𝘰𝘩𝘰𝘳𝘢 𝘢𝘮𝘢𝘫𝘸𝘪.❤❤❤❤

    • @JoselyneHacimana
      @JoselyneHacimana 6 นาทีที่ผ่านมา +1

      𝘔𝘶𝘳𝘢𝘥𝘶𝘵𝘦𝘳𝘢𝘮𝘪𝘴𝘩𝘢 𝘢𝘳𝘪𝘬𝘰 𝘢𝘮𝘢𝘫𝘸𝘪 𝘴𝘪𝘴𝘢𝘸𝘢 𝘬𝘣𝘹,𝘮𝘶𝘨𝘦𝘳𝘢𝘨𝘦𝘻𝘦 𝘮𝘶𝘻𝘦 𝘮𝘶𝘴𝘰𝘩𝘰𝘳𝘢 𝘢𝘮𝘢𝘫𝘸𝘪.❤❤❤❤

  • @ChaniceNicimpaye
    @ChaniceNicimpaye 2 ชั่วโมงที่ผ่านมา

    Muriko mutwima amajwi cne

  • @WinnycynthiaIteriteka
    @WinnycynthiaIteriteka 21 ชั่วโมงที่ผ่านมา

    Nyaruts mudutrmwo tukibishak😂

  • @FideliteNimpangaje
    @FideliteNimpangaje 3 ชั่วโมงที่ผ่านมา

    mukina neza cne twabasaba mutwongere uyundi munsi

  • @IrakozeEliane-nk9gc
    @IrakozeEliane-nk9gc 3 ชั่วโมงที่ผ่านมา

    Ivyobintu vyokumira amajwi sivyo

  • @bavuganezaImmaculee-pn9ni
    @bavuganezaImmaculee-pn9ni 57 นาทีที่ผ่านมา +1

    Mumpe aroma like❤❤❤

  • @EricNduwayezu-q7g
    @EricNduwayezu-q7g 3 ชั่วโมงที่ผ่านมา

    Karibubasaza

  • @niyonkinzodenis
    @niyonkinzodenis 3 ชั่วโมงที่ผ่านมา

    Harimwo Aho amajwi adasohoka

  • @GaudenceMANIRAMPAYE
    @GaudenceMANIRAMPAYE 2 ชั่วโมงที่ผ่านมา

    Amajwii😢😢