Ingaruka Z'ubuhemu Part 2
ฝัง
- เผยแพร่เมื่อ 9 ก.พ. 2025
- Ni film y'umuhungu atize yigisha umukobwa akanamuhigira akazi azi kwariwe bazoca bubakana ariko nyina wumukobwa aca yankira umukobwa wiwe kwadashobora kurongorwa numuntu atize baca batangura guhemukira uwo muhungu munyuma yuguhemuka uwo muryango utangura guhura ningaruka Z'UBUHEMU...
munkiniye neza ,ndaryohew saana.mutere imbere kabisa
ayiweeeeee mbegumukazanaaaa cheila hahahahahah
Mmeticha san muvie nzurisan👌🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥💯
Mbega film nziza cane. Mbega umukobwa 😲🤦umuvyeyi ni nkundi muvyeyi umufata ukwariko kose. Arikomana murigisha muzemutwongera izindi. Naracerewe gukora like 💪
burakora subscribe vuba cane urabona iyindi kandi merci nongushima ibikorwa vyacu
Sheilla ndakwemeye urakina neza kandi Imana igufashe ntuzoje kwihari.
Good sound 🙌🏾félicitation Ajeb film
Courage❤
Courage
Mwayikinye neza:canee kbs
Mikomere abarundi
❤❤❤❤
Muratwongera iyindi
Ibishambara biratumyumukazana abatoka
Nice movies part 7,8,
vzl sana
🎉🎉🎉🎉🎉🎉❤
Cheila nyina wumuntu numuntu ntumusuzugure
This movie is the best
❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤
muratwenza kwer
Komudashuramwo izindi
🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤
Muratwonger
Murasetsa
🤔🤔🤔🤔🤔🤔🤔😁😁😁😁😁😁😁😁
7/8 please