ขนาดวิดีโอ: 1280 X 720853 X 480640 X 360
แสดงแผงควบคุมโปรแกรมเล่น
เล่นอัตโนมัติ
เล่นใหม่
Pole sana Kaka Yang nukuri nduva umubabaro arinjewe ndaufise imana iri kumwe nawe 😭😭 ariko courage vrmt Ndakwikundira❤😘
Iryo jwi vraiment muzobirabe kuko harimwo agahaze! Riri hasi caaane. Much respect👊
Keep on my young bru kimwe noguterera ugire umutima wo kumenya Yesu vyose bizogushobekera.
Mpore kibondo ejo niheza
Yooo pole Allah afise inziranyinshi shikama
Kirikou,courage cane.kugira umutima woroshe n'ikimenyetso c'ubumuntu.
Mungu akubali
Big up my young bro Worry out kbs Allah make way where There is no way
Ntakuntu mwogirisha ppf show na @alvin smith la vache
kirikou arashoboye kabisa
Big up sana kiriku
yooo polesana kibondo
Big up respect ❤ Terimbere
Mpore mwana kazoza kaw ni keza imana Niyonkuru ntukiganyir
chanel yambere ndemey muburundi niyi
abantu tutari hafi yigihugu muga dukunda umuziki ndundi muze muduhe ikiganiro cukungene igiteramo atamunyamahanga birashoboka vyagenze
Si sound yonyine bagerageze kuba motiver . Bagerageze ku interestinga abarorerezi
interview ni nziza ariko mugerageze mukosore sound
Mwana utatusua kwa guvu za Allah
Je nshaka kubaza abantu mudandaza inkuru,ubwo imbere yuko muyisohora birashika mukayitosora!!!!!!!!!
Uyu mu petit yishura neza cane asumvya abaririmvyi benshi gutanga ikiganiro.
Nuwamber nukur duramufan
Babu ukomer kwibang uruwamber
Kirikou turagushigikiye komeza
Bantubwoÿ
kirucou imana ikizigame kandi ikomeze imirimo yawe igihe nubumenyi mwishure
Nub ndik ndarir kubwivy uw mwan
Ndamuzi twigana kandi arashoboye ivy vyo mubarabara ntavyonzi ariko nzi ko afise impano yu muziki
but we need loud speak bro
ubu muga asigaye afise akanoti
Vuga cane
kirikou ubandany ntuzamere nka bauden dinadeni yaciy yinjira mukunywa urumogi ww ntuza mere uko sibyo
Ko akuz mubitekeroz ar cook
Urashoboye mwa
Terimbere nkumuzinga Akiri mumis mike ntamukazo raper azoba arimbereyaw big up dogo
show yenu iko poa ila nikama huyo presenta umengo ntararya,arakanye cane ntachangamutse nkabandi ba presenta

Big up
respect ❤
Terimbere