ขนาดวิดีโอ: 1280 X 720853 X 480640 X 360
แสดงแผงควบคุมโปรแกรมเล่น
เล่นอัตโนมัติ
เล่นใหม่
byiza cyane, aliko kutwigisha kulya uzabireke, bitazakwicira ka taille uli mwiza!
Amen
Vyiza cane , merci et courage
amen
Merci beaucoup.
Biraryoshe canee
Usigara urinovora
Merci muvyeyi
Merci gusa uzorondere isafuriya zikomeye zitazigiza ningoga
Komera ncuti
Merci bcp Jeanine
Mbega inyama iryo shye.
Biraryoshe
Ubikoraneza
amen amen❤️🙏💯
Wambaye isaha nziza ndangira aho wayiguze
Merciii muvyeyi
Burayqshee
Nawe urakoze gushima
Sinaribwabibone merci
Uzobigerageze
Kuri description ziriko mwiza
Kuri Description ziriko
Guteka nibn Jeanine m iyo vernis uzoyihoze Cank uronder gant zoguteka kweri
nzobiraba ncuti
Izo nzara mur service de cuisine wapi😭
Arakaraba ariko
❤
Asha nciye ndabishaka
Ugashaka didas
ako kabenzi ni bon , sinarinzi ingene gatekwa
Benzichou
Wubahwe muvyeyi
Hariho étapes zimwe zimwe zikwiye kuja muri speed kugira video yihute kurangira
Egome
Narabitoreye inyishu❤
None iyo so yisosi bayigurirahe? Biba bimeze gute?
Iraryosha idamange cane Béa
Ntushobora kuzimarina ata sauya sose irimwo??
egome birashoboka
Turangir Aho twogurira soya sauce
Mumasoko hose
Kutaratwerek uk batek ibijumb namaharag kubury bworosh
egome ncuti
Biraryoshe pee
Asha unteye umunoho peee
Karibu
Vyiza cane.Uze wigore ugure ama safuriya meza,afise umubiri ugumye niyo atazigiza.
Akambenzi ni inyama y'ihene?
@@JaniR87 ingurube
Ingurube ncuti
ubu urasenze kweri?
Nukuri ntegerezwa gushima Imana yabimpaye'ibironse nabatabironse
Kandi ntawubesha Imana ariko kubera akamoto ndatebukije
Nn ugatetse soya sauce itarimw harico?
oyaye ntakibazo
Amahoro neza mumeze neza hama twari twifuje kubasaba numéro yanyu .
Kuri description ziriko ncuti yanje❤