UMUKUBITO Abanyirukanishije kur BUJA FM || Ndiko ndaburana..|| Gukora ivyanje vyarabateye ikibazo..

แชร์
ฝัง
  • เผยแพร่เมื่อ 25 ส.ค. 2024
  • Kugira ubandanye wironkera amakuru yabaririmvyi bo kwisi yose na cane cane abi wacu +257 nutuntu nutundi dutangaje kwisi , fyonda SUBCRIBE( Sabonnez) hamwe na LIKE ( J'aime) na SHARE (Partage)

ความคิดเห็น • 62

  • @williammbazumutima1066
    @williammbazumutima1066 2 ปีที่แล้ว

    Nakubali sana Brack man

  • @floflokanya3512
    @floflokanya3512 2 ปีที่แล้ว +2

    Gael ni professional abaza neza! Keep it up bro

  • @innocentmtama5512
    @innocentmtama5512 2 ปีที่แล้ว +3

    Gael tunamkubali sana!!hana bif namtu!!

  • @bienfaitben8177
    @bienfaitben8177 2 ปีที่แล้ว +2

    Yitwa Juste mugabo ntiyabaye juste mu kwishura...kuva baharira kuvya Natacha ntiyongeye kugaruka kwi Radio

  • @jokkilajana162
    @jokkilajana162 2 ปีที่แล้ว +3

    Nimurubwire neza agashimwe muzotanga kur furaha ,dutangure gukora.Turabakunda Delicia n umutumire nyene

  • @nkurunzizainnocent1525
    @nkurunzizainnocent1525 2 ปีที่แล้ว

    Ndakunda Gaël. Merci pour l'avoir invité.

  • @peggemegennaineza7952
    @peggemegennaineza7952 2 ปีที่แล้ว +2

    Uyumu brother ndamufan kabisa

  • @mikeofficial2577
    @mikeofficial2577 2 ปีที่แล้ว +3

    Gaël Big UP on yourself brother. Wew ufis impano ukagira n'ishaka ukaba uri humble ufise n'ubuntu, wew uzotera imbere kdi cane. Uruvutura umuvuturo? 😂 Twagiyee

  • @nourambarak6297
    @nourambarak6297 2 ปีที่แล้ว

    uraryosh ibint mur umukubito tv

  • @fernandnihorimbere9181
    @fernandnihorimbere9181 2 ปีที่แล้ว

    Ndakubwire kovyamaze nogukomeraa kwakundi hahandi kandi ugarutse kupwemu zidasanzweee 😊🤗😊🤗Delicia yaratagase sivyimbeshere

  • @alolaofficial670
    @alolaofficial670 2 ปีที่แล้ว +1

    Gael garuka Murugo love from @AlolaFreddy

  • @murwanashyakaboniface3040
    @murwanashyakaboniface3040 2 ปีที่แล้ว

    Nukuri urimwiza cyane peeeee gewe ndagukunda cyane

  • @user-de4gg5oi4u
    @user-de4gg5oi4u 4 หลายเดือนก่อน

    Gaël ukayiheba umukubito turayiheba natwe

  • @pickfordjustin3432
    @pickfordjustin3432 2 ปีที่แล้ว

    Gusa akakana ni keza

  • @bilalimastaki1245
    @bilalimastaki1245 2 ปีที่แล้ว

    Next umukubito w'impemu salute yo

  • @mdbosco1640
    @mdbosco1640 2 ปีที่แล้ว +2

    Nakubali kijana💞

  • @musaibrahim8135
    @musaibrahim8135 2 ปีที่แล้ว

    Nawasikiliza kutoka Tanzania lakini Mimi ni wezako nawapendasana respct

  • @fabrohero5288
    @fabrohero5288 2 ปีที่แล้ว +1

    Good vibes

  • @eliasniyibizi1808
    @eliasniyibizi1808 2 ปีที่แล้ว

    Gael yubahw kbx

  • @ndayizeyekevin8714
    @ndayizeyekevin8714 2 ปีที่แล้ว +1

    Gael bug up san

  • @Emmand1995
    @Emmand1995 2 ปีที่แล้ว

    Love from #icirore_journal

  • @yvanjuniorkaganwa2202
    @yvanjuniorkaganwa2202 2 ปีที่แล้ว +1

    Nice kabxaaaaa

  • @Hello_Monday.11.01
    @Hello_Monday.11.01 2 ปีที่แล้ว

    Bamuhoye igihe avuhishukuri ko natacha atazi kuririmba Kandi yavugishijukuri cane
    Aaaaah ok ndabitahuye igituma buja FM igum imugwinyum muzopfuko

  • @nanaoman7318
    @nanaoman7318 2 ปีที่แล้ว

    Shigikira na star TV duterimbere twese atawanya wangura ✌✌✌✌✌

  • @bnkazoza9972
    @bnkazoza9972 2 ปีที่แล้ว +1

    Oya Deli niwemere urisiga kweli kand uraberew

  • @nkunzimana4214
    @nkunzimana4214 2 ปีที่แล้ว +3

    C'est quon'appel la jalousie bagufitiye kuko wasumvya unumenyi .

  • @FleuryOG
    @FleuryOG 2 ปีที่แล้ว +1

    Muba muhaze😂😂😂😍

  • @samiauwamahoro5019
    @samiauwamahoro5019 2 ปีที่แล้ว +2

    Uwumutipe ndamwemera kko abaza ibibazo bitomoye peeee
    Ntaja inyuma yukuri

    • @grandprime7677
      @grandprime7677 2 ปีที่แล้ว +1

      Kumurong.nazindutse.kbxa.fulaha.tv

  • @nostressfreedom7431
    @nostressfreedom7431 2 ปีที่แล้ว

    nice interview

  • @murwanashyakaboniface3040
    @murwanashyakaboniface3040 2 ปีที่แล้ว

    Mukobwa mwiza witwande

  • @ancilemanimfashe5225
    @ancilemanimfashe5225 2 ปีที่แล้ว +2

    Ww wahorahh delicia mbay uw A lsaac duh akaz ww ugum udutumir gusa

  • @ndaboroheyekevin-bukuru5506
    @ndaboroheyekevin-bukuru5506 2 ปีที่แล้ว +2

    😄 ikiganiro ni ciza kwli.Delicia kndi uratovye kwli.

  • @Godsmasterpiece364
    @Godsmasterpiece364 2 ปีที่แล้ว

    Juste Gaël vraiment 😂sinibaza ko harumuntu yorengana ikiganiro arimwo atakiravyr

  • @aishaafricanas7519
    @aishaafricanas7519 2 ปีที่แล้ว +1

    Jmn santa yagiye hehe?

  • @nourambarak6297
    @nourambarak6297 2 ปีที่แล้ว

    gael big up

  • @DUTAHUZETV
    @DUTAHUZETV 2 ปีที่แล้ว

    Nuko nanje mwiyaboneshe Ku chaîne youtube yanje yitwa DUTAHUZE!!dufashanye nk'abarundi dukundane
    Murakozee

  • @capanation2404
    @capanation2404 2 ปีที่แล้ว

    Urakubita umukubito🌿🌿🔥🔥🔥🔥😂👮

  • @djpathman1266
    @djpathman1266 2 ปีที่แล้ว +1

    Goel bamuhoy ukuri kwiw yavuga ntakindi KK bensh birukanw kukuri bavuga nyakind n'a marvely bamwirukany kuber ukuri kwiwe puuuu

  • @djpathman1266
    @djpathman1266 2 ปีที่แล้ว

    Goel bamuhoy natasha kuko yamuponze navugish ukuri

    • @fulgencecoyitungiye9923
      @fulgencecoyitungiye9923 2 ปีที่แล้ว

      😂😂😂😂😂 niba yarayiranguye Natacha ninaw bavuza gusa kenshi

  • @jeanmarienkurunziza8877
    @jeanmarienkurunziza8877 2 ปีที่แล้ว

    Ndabaramukije kwel hama television z,iburundi ko mutaduha amakuru yomuntara zigihugu muguma mugisaga ca bujumbura ?mbe hobahaburiki?nn nkabafana mugiye kutugumiza mugisagara honyena ?Nairobi kenya turabakurikira

  • @Hello_Monday.11.01
    @Hello_Monday.11.01 2 ปีที่แล้ว

    Mugabo mwob mubabaje cane nyimb mukor akazi kamw ham ntub mur s'abonner
    Nukur muburundi tuzopfuko
    Hama mukirirw murakomindur ngio aba fana dukundane namw ubwanyu mudakundanye

  • @hgcbj635
    @hgcbj635 2 ปีที่แล้ว

    Gael ndamufana san

  • @murundicomedy257
    @murundicomedy257 2 ปีที่แล้ว

    Nne izo abonnement muzozirira nimuzidhirek mubanz mutezany imber namw ham natw twuhirir

  • @regismanirambona7166
    @regismanirambona7166 2 ปีที่แล้ว

    Twiyandikishije solution izoba iyihe?munakora ivyo mutazi deja

  • @Hello_Monday.11.01
    @Hello_Monday.11.01 2 ปีที่แล้ว

    Gael afita kubaza iyangij Kandi abaza neza cane
    Arasumvy babandi nabandaniriz aho canke yongeze ariko nta subir inyuma

  • @musaibrahim8135
    @musaibrahim8135 2 ปีที่แล้ว

    Poa tupo pamoja

  • @user-qr2re4ue1f
    @user-qr2re4ue1f 2 ปีที่แล้ว

    Ewe isaac ngokurifuraha muzotanga udushimwe ironkere vues ntabindi wohudushimwe abayikurikiranye bose ndagiyeyo d akogashimwe ntakarose sinzi

  • @fannyassiamrssuleiman328
    @fannyassiamrssuleiman328 2 ปีที่แล้ว

    Hahahahaha nugutwik

  • @didiergatabazi4382
    @didiergatabazi4382 2 ปีที่แล้ว

    Ntiyigez abararaza kuko nabonyene bahora bivyuvugira Kandi barya bakobwa turamera bakora ibiganiro vyigisha a bubatse izabo

  • @tekanezaviocheftv1949
    @tekanezaviocheftv1949 2 ปีที่แล้ว

    Bushira linkihasi sibose tuzikwandika

  • @theodorbisoro1341
    @theodorbisoro1341 2 ปีที่แล้ว

    Gaël yakozweko nivyo yavuze kur Natacha

  • @naominubuniyo7304
    @naominubuniyo7304 2 ปีที่แล้ว +1

    th-cam.com/channels/XahTfWWnr8x2qMVbMt2JyQ.html
    👆Ronka ijambo ry'Imana Clé du Jour Ku musi Ku musi.

  • @desaisdesaisjeanett1042
    @desaisdesaisjeanett1042 2 ปีที่แล้ว

    nimwasame .ayoma trevision muza mwugurura mudutegeka kuyaraba ..namamega muduha? je narabihaze kuva ahonakabirabiye ntanyungu nabikuyemwo .ataruruhombo ..😪😪😴😴😴twarabahinyuye

  • @athanasenshimirimana107
    @athanasenshimirimana107 2 ปีที่แล้ว +1

    Uwo watash kubera yavuze nabi natacha naho yobesha gt ntakind ww wovuga nabi natasha hari abamurya ngo ukarica ham Isaac ivyo vyayand ma tv ubwo nubusuma nayahari araturnz

    • @raissamugisha1653
      @raissamugisha1653 2 ปีที่แล้ว

      Natacha aribesha narabe abaririmvyikazi bariko baraza azopfana ayomahera yiwe...conencance afise numwete afise iyaba azi kuririmba aba ageze kure.mumwaka azokwisanga ariwenyene

    • @JAime-mn3vm
      @JAime-mn3vm 2 ปีที่แล้ว

      Yewe Gael niyihe amahoro nn ivyoyavuze yarabeshe?hahahaha naw unkuyeho harimwo abamurya mwabo bagabo babiri sindomye urutoki ndamaze kumva ivyiwe nawe hahahaha bisubireko

  • @nzitondaantoine6315
    @nzitondaantoine6315 2 ปีที่แล้ว

    Gukosora umuntu ntabwo ari bibi, kuva mukazi uyo mu tipe vyaribikwiye ubu yarabonye aho yakosheje azokwikoshora