Je danse avec LE CLUB INTATANA | Danse Traditionnelle Burundaise🇧🇮💃

แชร์
ฝัง
  • เผยแพร่เมื่อ 5 ต.ค. 2024
  • Le club Intatana est l'un des meilleurs club de danse traditionnelle au Burundi. A l'occasion de leur concert du 9 Novembre 2019 qui aura lieu au Club du Lac je les ai visité pendant les répétitions😍
    #MonnaWalda #Intatana #Burundi #DanseTraditionelle
    Mail Pro: kanezamonnawalda@gmail.com
    Restez connectés avec moi sur:
    INSTAGRAM: www.instagram....
    SNAPCHAT: @monna257

ความคิดเห็น • 56

  • @lynda471
    @lynda471 11 หลายเดือนก่อน

    Quoi des frissons, le pays de ma mere 🙏🏿🙏🏿🖤🖤🖤🖤🖤🖤🇧🇪

  • @benignendayizigiye4018
    @benignendayizigiye4018 4 ปีที่แล้ว +1

    J'aime beaucoup cette fille....tjrs belle même sans maquillage....

  • @irissaingrese7141
    @irissaingrese7141 4 ปีที่แล้ว +4

    Monna uratovye le 9 annif ,ton single,intatana.kndi urabishoboy.intantana batamba ibigoye.monna👌👌👌👌❤️❤️ndakwemey

  • @credus2195
    @credus2195 4 ปีที่แล้ว +1

    Komeza akaranga! Ndabashigikiye! Kuko uburundi buri mumakungu, urabona ubudasa nabandi bariko batamba ivyakaranga kabo, ntitubizi, ntituvyitaho cane! Courage intatana

  • @benjos-bofficial453
    @benjos-bofficial453 4 ปีที่แล้ว +2

    Baraza gukora concert muri Zambia noe

  • @ferdinandnzosaba3344
    @ferdinandnzosaba3344 4 ปีที่แล้ว +1

    Ndabakeje mutere muja imbere
    Nous sommes fier de vous
    courage

  • @jeanndarwarukanye5710
    @jeanndarwarukanye5710 4 ปีที่แล้ว +1

    Home 🏡 sweet home Burundi 🇧🇮 💕

  • @troubleboy2590
    @troubleboy2590 4 ปีที่แล้ว +1

    I’m so happy to see my 🇧🇮💕🥰

  • @pancook1008
    @pancook1008 4 ปีที่แล้ว +3

    Tu m'a beaucoup manqué Mon petit bebe . je suis content de te revoir surtout danser. Bisous de Kinshasa ma puce

  • @emmanuelndayegamiye3857
    @emmanuelndayegamiye3857 4 ปีที่แล้ว +1

    Mona Walda,je t'encourage car à travers cette vidéo ,tu fais connaître notre chère patrie. Jtm mamie

  • @jeanfrancoisnsengiyumva4549
    @jeanfrancoisnsengiyumva4549 4 ปีที่แล้ว +3

    I like your presentation...it's so authentic and refreshing..keep on going

  • @celestinniyongabo8891
    @celestinniyongabo8891 4 ปีที่แล้ว +4

    Narakubony uw musi samedi kur mammi utamba neuzaaan can💖🌹😍✨💥

  • @pascasienyabenda7757
    @pascasienyabenda7757 3 ปีที่แล้ว +1

    Jiji ndakwikumburiye sana

  • @yousufyousuf1320
    @yousufyousuf1320 2 ปีที่แล้ว

    Mona bwabundi urazi kuvyina👍💪❤️💯🌹🇧🇮🙏

  • @UmurabyoEnglish
    @UmurabyoEnglish 4 ปีที่แล้ว +1

    aho hantu mwakoreye repetition nihe ga basha?Munkumbuje u Burundi kbs

  • @nkengurutsechristian473
    @nkengurutsechristian473 4 ปีที่แล้ว

    Notice: They are not the first crew to perform under the beat of drums and songs sang live. Actually, the first one is Higa referring to their first show in 1993 and others in 2001, 2004, and so on so forth. This is grounded by those shows available on this platform.

  • @estellahabonimana8219
    @estellahabonimana8219 4 ปีที่แล้ว +1

    Vraiment coool et BRAVO😍😍😍😍😘😘😘😜😜😜😎😎😎😎😎

  • @deliciairakoze2197
    @deliciairakoze2197 4 ปีที่แล้ว +4

    Maman générale je suis faaannn 😍😍😍😍

  • @UmurabyoEnglish
    @UmurabyoEnglish 4 ปีที่แล้ว

    Nongeye kubona Astere basha,ndaryohewe kbs,mumuramutse pe

  • @florandayishimiye4993
    @florandayishimiye4993 4 ปีที่แล้ว +7

    Nifuza kubona uburundi nokuza kubaramutsa

  • @Inyigisho432
    @Inyigisho432 ปีที่แล้ว

    ❤❤❤

  • @belarlishimw4911
    @belarlishimw4911 4 ปีที่แล้ว +1

    The hair😌😌

  • @niwegeneraliste
    @niwegeneraliste ปีที่แล้ว

    Turakumbuye ama vlogs ywee vy ibisazi subira uduhe noe

  • @passyk9968
    @passyk9968 4 ปีที่แล้ว +1

    Mona good job!!!👏🏿👏🏿 uraguma mwo nukuri. Biraryoshe cane kubona abo batanvyi. Thank you!

  • @cynthiaumutesi348
    @cynthiaumutesi348 4 ปีที่แล้ว

    Nadège et Clémentine ndabagumbiriye !!!! Mukomeze akaranga !!! Monna urabizi atavyokwigirisha Wallah !!!

  • @nicktvnick1255
    @nicktvnick1255 4 ปีที่แล้ว +1

    Woauhhhhhh

  • @gerdairutingabo9954
    @gerdairutingabo9954 3 ปีที่แล้ว +1

    👌👌👌👌👌👌

  • @benjos-bofficial453
    @benjos-bofficial453 4 ปีที่แล้ว

    Intatana ndazikunda bimwe vyo gupfa ,terimbere inyuma yoguheza amashure il faut que turondera ibindi bikorwa tutarinze kuzera inze kuri Leta kk Leta yubu irarushe kk carayivunye bararushe kbx

  • @Flsmumu
    @Flsmumu 4 ปีที่แล้ว +1

    Bansabira kuza gukora concert muri Nairobi none basi

  • @benjos-bofficial453
    @benjos-bofficial453 4 ปีที่แล้ว

    Ivyo bintu kumengo biramara, sha congratulations kabisa

    • @amoraqueen6290
      @amoraqueen6290 3 ปีที่แล้ว

      Nikuva kera Intatana ntizigeze zitamba nabi so nivyo vyabo urumva ntagishasha gusa banyibukije amaka ningene aruhisha🤦🤦🤦🤦🤦

  • @julesniyonsavye3778
    @julesniyonsavye3778 4 ปีที่แล้ว

    Cool kbs

  • @dailyexperiences1077
    @dailyexperiences1077 4 ปีที่แล้ว

    lov uuu Mownzie

  • @tekanezaviocheftv1949
    @tekanezaviocheftv1949 4 ปีที่แล้ว +1

    Nivyo turakeje uwomumama afise icamariye sosiyete yuburundi

    • @amoraqueen6290
      @amoraqueen6290 3 ปีที่แล้ว

      Maman Kenny ni kuva kera aho ubona aramuye benshi nanje ndimwo ndabakunda cane Big up

  • @bucutiarsenelupin164
    @bucutiarsenelupin164 4 ปีที่แล้ว +1

    Abo ni abambere muri eac

  • @eloidusabe3811
    @eloidusabe3811 4 ปีที่แล้ว

    I love uuuu

  • @blackfm949
    @blackfm949 4 ปีที่แล้ว

    Uraza nkwigishe gutambaaaa
    ntavyo u......................

  • @niyonkurupascal152
    @niyonkurupascal152 4 ปีที่แล้ว +3

    Phone ukoresha ntabwo iri clear! Use a nice camera

  • @clarettakamaro2996
    @clarettakamaro2996 4 ปีที่แล้ว

    Jolis

  • @lydianshimirimana276
    @lydianshimirimana276 4 ปีที่แล้ว +2

    Bizoba bimara ndabona babishoboye

  • @Avembe
    @Avembe 4 ปีที่แล้ว

    en fait vous parlez combien de langues sortant du Lycée en général !?!?!?!

  • @lonankone886
    @lonankone886 4 ปีที่แล้ว

    Ï like

  • @bellaariellakeza3214
    @bellaariellakeza3214 4 ปีที่แล้ว +1

    kuri mammi hara teusan

  • @ashleykeissbrianaj5687
    @ashleykeissbrianaj5687 4 ปีที่แล้ว +1

    Bwabundi abarundikaz mwataguy kuvamwo ikintu😏ese ukuntu mwari nyumb yamajambere

  • @Alihamdulil
    @Alihamdulil 4 ปีที่แล้ว

    Kumengo harimwo gusa abanyejenda gusa

  • @gerdairutingabo9954
    @gerdairutingabo9954 3 ปีที่แล้ว +1

    👌👌👌👌👌👌

  • @bellaariellakeza3214
    @bellaariellakeza3214 4 ปีที่แล้ว

    kuri mammi hara teusan