I'm speechless !!!what a song!!!!! Your are so talented my brother hanyuma don't worry ntiwibaze ko amarira yawe imana itayumva kandi igiye kuyaguhanagura . Just keep ya head up!
To be a business owner, to be a CEO ..to be an executive ✨u got start as worker u know what i mean😉 so bandanya ukora cane dollars 💵 ziri munzira 😎anyway nice song bro 🔥
This is what we call Good Music!Burundi musicians go ahead,really it ' s very alright! You and any other with whom you are in the same of fear, don't worry,continue with hasteling,one day it will shine be hopeful!
Safi sana D one...terimbere,You are special in Burundian music,ukuntu utegura amajambo uri on top now in Burundi,indirimbo zifise akanovera,zipanze mu majambo, iciyumviro gitahuritse,kandi zinatambika,kabisa nyimbo zako zimekwenda shule...wouu,nokubona gut?unkureko iyinoti yawe,indemereye Mumufuko
Never give up bro, don't be discouraged or upset you're actually doing a great job than some of artist in our country. The Sunshine will arise and moonlight light will guide you in darkness. Keep it up bro💪
I will Always be here to support my country 🇧🇮 talents until the world gives us the recognition we deserve 🙄 i really feel so proud to in generation with such talents like D one 💪 Keep WORKING brodah don't loose Hope keep fighting
Buzoca abakwigiza inyuma batangare bro ❤❤burya Imana ntikora nkabantu👇👇👇👇reka ngufashe partager turwanye abanyeshari
Muburund twaz twaronk umuririmvy abikor nez p
🔥🔥🔥cool ,bikore ico Ni ciza 💃💃uyu mutipe arashoboye
Nivyo nukuri akora neza ariki igihe c'Imana ntikiragera niyihangan ategereze
Byiza papa
K3k0ee
My number uno artist MUCH LOVE FROM KIGALI RWANDA 🇷🇼 Hejuru D one
Love from LANDRYPROMOTER HITTOPTV1 tukuri inyuma Twaravyemeye... ABATANANIWA muri hehe Liké 100 tuzimuh nimuze.. MANAGEMENT ya ITEKA yose HEJURU CANE
Abatananirwa turi 🙄🙄,d one arafise ubwoba 😭
@@arcadearcanendayikeza2945 d one tumuhabwe mubwami bwanjit top tv 1 🤣
Nice song🔥🔥🔥
Landry uzatubwirire D one ko murwanda tumukunda cyane kdi turamushyigikiye
Song nziza 🔥
D-ONE ubwoba ni buhere kuko uradufise kandi natwe turagufise. Ariko ikirenze vyose ufise Imana yaguhaye iyo ngabirano!
Kayanza got talents👌🏾👌🏾👌🏾 courag bro
Turachoboye kayanza hejuru
Hands up in the air #, Kayanza
🔥🔥🔥🔥🔥🎶🎤
Yes gushigikirana nivyo vyoo
Yooo D-one umvugiy istoir yanj vrt Man nukur inzir ubon zugay zizuguruk izo naz ubon zuguruk bagahez bakugar utarayijir nigih cukuguruk kitarager turinyum yaw musaza wac vrt respect iy ndirimb niyanj nanj narimfis ubwob mubuzim nubwahazaz hanj mugab hahand nagirir ubwob niho yamiryang yuguruts nimw yuguruk ikugarw yaruguruta courag can kak wang ndakwikundir 💋💋❤
Ibikorwa Birivugira Ashaka Ubugari Unomwana Mwaretse Kumwirengagiza Nakamatera Ka Maman Wiwe Karakenewe Muhe Show Aturyohera Good Song Kabisa👑👑🔥♥
Go bless my way 👌🔥 u did it my gee
Ndabakunda mukomere barundi
Abantu tukiyiraba mur 2025 mumpe like ngaha tumenyane👍
Ntuzagire ubwoba
Ntuka gir’ubwoba
Ntugire ubwoba
Kuko nta nkeka ndiho arakubobaaa
Kandi kuko Atawundi nkawe:
ufise icuzomara kinini kwisi
Komeza wizeraa Ntugir’ubwoba. 👊🏻
Urakoze cane Miss Erica🙏
@@d-one2575 brô Imana ikujimbere vrm kora natwe tukurinyum Kabarore yacu yubahwe
Good msg
👑👑👑👑
Kuel kbx Miss Erica❤👏💪
Ntawury'akatamugoye mwana w'iburundi courage vyose ntawabivukanye ntivyizana birarondegwa ,,hezagigwa wubahwe👏👏🤸♀️🤸♀️🤸♀️hejuruuuuuu
Sina comment ila u kill it Mr D one 🔥🔥🔥🇧🇮 abamwemera kora like tumenyane 🇧🇮🇧🇮🔥👑🫡
Kabisa wakoze avec une bonne idée,. Thanks a lot!
👏👏👏
Muze Mwese twirabire Ibendera Y,umuziki Ndundi D-ONE Kayanza got Talent 🇧🇮🇧🇮
Keep goin' forward bruh...bizocamwo
0%de nudité
0%d'arme
0%d'alcool
0%de drogue
10000%de talent bravo d one tuko nyuma Yako👏👏👏
When it comes on talent this boy is the best he doesn't have competitors please support him he is a good artist
Number one sound from iteka music 🇧🇮
Big up musaza kand ingoma iratwika kabisa
D-one wama Hit keep going like zacu zirihe? 🇧🇮🇧🇮🇷🇼🇹🇿🇬🇭🇰🇪🇸🇸🇨🇩🇳🇬🇿🇼
🙌🙌🙌🙌 🔥🔥🔥❤️❤️❤️
Gira icubivuzeko ibiteramo ntaronka kandi mwe na d one muri abantu nkunda baba bakwiy kuguma babahamagaye✌️✌️
🤲🤲🤲🤲🧎♀️🧎♀️🧎♀️
Shishikar ukorr urashoboy
Fis'ubwoba Arik mfisicizere bicocamw very much for the d one❤
Nice song , D one iyi ndirimbo yigisha vyinshi mur industry kuri benshi bakandamiza umuziki ndundi kandi aruwabo 😥😥
Cane gose bakwiy guhinduka
Birababaje cane
😥😥😥😥
Nice Song … Messageful Lyrics, Good Vibes …. Love From Rwanda 🇷🇼…. Keep it up Young King ✊🏾
Courage petit frere ..très bien
D ONE Usiwe Na Hofu Ya Maish Mung Yupo Kwa Ajili Yako Wew KO Usiwe na uoga Nakukubl san MY Brother
Uburundi buragufise bro keep up uwemera kunomusore afis impano mumpe ama like love from #KandaMusic🇧🇮🇺🇸
Ntugire ubwoba iritararenga ntibaritera ingata my D-one uzoshika kubw'Imana🙌🙌
Don't loose hope keep fighting... One day is one day ask the legends how a big patient they got to reach their goals
🎺🎺🎺
They didn't achieve any goals but still fight 😤... burundi 🇧🇮 kuririmba nikuba ubikunda sinon ubikoze ushirambera ngo ushaka kubikuramwo amahera kaba kanse
My brother uramvuze kabisa iyo storry niyo iriko irambako Big up bro love from WETU ONLINE TV
🔥🔥 Keep it up bruh
D.one, nta buye wateye Imana uzoshika. Ntutinye gusa ushire Imana imbere hama ibikorwa bikurikire
Don’t worry my young brother, Yuguruye ntawugaraa 💪🏿
Inzira zayo zirenga igihumbi one day azishugwa
Azoshika
Ntugacik integ my br Imbere niheza
😍Waouh An other beautifull Song🇧🇮,but do never have fear because You have the fans and are everything 💪 keep going to fight for your dreams👏
Don't fear Ma Bruh!
Fear for Good!!
So, Carry on!! Nice song!
Keep shinning ma bro ❤ we love you 🙌
Courage bro urashoboye ntihagir numw aze akubwir le contraire imana imbere 🙌
So talented D One 🔥🔥🔥
One day tuzoshika!
#Ubwoba on top ⏫
indirimbo nziza 💗💗
😭😭😭 this song make me really crying! Don't be discouraged Bro! I wish you to achieve the goal
I'm speechless !!!what a song!!!!! Your are so talented my brother hanyuma don't worry ntiwibaze ko amarira yawe imana itayumva kandi igiye kuyaguhanagura . Just keep ya head up!
To be a business owner, to be a CEO ..to be an executive ✨u got start as worker u know what i mean😉 so bandanya ukora cane dollars 💵 ziri munzira 😎anyway nice song bro 🔥
Igumire hamw shaaa D one igihe kigez bizogenda neza y're good talented💕💕
Everything gonna be Good bro!! Never loose hope
Ubwoba bushire kuko urashoboye ✔️💯
keep it up one day you'll be happy and forget all struggles you've been passing through
Abantu babona ko uyu muhungu wacu ari hejuru cne mumpe like🥰 courg Bro🙏
What a beautiful song!!! But don't give UP bro God IS there 4 u
D one ararenze pee keep shinning bro
D -one on the hit!
D-One bandanya ukora.Imbere niheza.
Keep fighting boy🔥💪
Don't surrender, it will come in a right time👌
One day my bro vitu vitakuwa sana kilio chako kimeskika
🔥🔥🔥🔥🇧🇮🇧🇮🇧🇮🔥
D one Hejuru💥💥💥
This guy is so talented. Love the way you're D one
Bless up my brother ✌🏾❤️Dubai turikumwe nae 💯
Everything is gonna be alright 🙌🏽🤗 good lucky 😘
I'm proud of you D One 🥰🥰 ans never give UP In God we trust❤️❤️
Don't lose hope my friend.
One day the door will be opened.
May God be with you.
Good vibes an lyrical genius
Ndizerako itazobra #isanganiroAward2022
Always i'm here to support my lovely country 🇧🇮 🇧🇮 🇧🇮, guy y're very talented keep on 🔥 🔥
Uyu mu petit ni mukali xaaana ndagutey integ courage uzoshika kur ubwo bwoba ntibukaguhungabany💪💪💪💪
Those hustles will give big thing bro keep working
Good job my bg brother
Wigirubwoba yuguruye ntawugara
Keep fighting big bro don't lose hope bytheway this song is amazing💥💥💥
U are talented bro... Burundian must know that u are blessed so they have to use u...
This is what we call Good Music!Burundi musicians go ahead,really it ' s very alright!
You and any other with whom you are in the same of fear, don't worry,continue with hasteling,one day it will shine be hopeful!
Courage bro ntucikintege kuk bukebuke nigworugeendo
Kand vyongeye wewe urashoboye sana
Urambera vrt nka love conection na waiting zéro man ahubwo wubahw
You're D One by not alone, One day you will succeed
Yes ndakunda indirimbo nkizi
Don't loose your Hope my brother,God IS God 💪👊♥️♥️🇧🇮🔥🔥
Courage mon pti fer! l'Au-delà est tjrs au contrôle
Nice gipeti nice song
😱😱🔥yoooo nanj mfita ubwoba ko kazoz kaw kuzob kez cn imana igufash ikujimber🔥🔥uzumugurir 🛌mama wawe🙊 ndanagukund cn👈🇧🇮🇧🇮
👌👌👍💓💓💓💓
🎤🎻🎺❤❤👌
♨👂👌🙏✌✌✌✌🎤❤❤❤❤
Nukuri ntugirubwoba imbere niheza
Safi sana D one...terimbere,You are special in Burundian music,ukuntu utegura amajambo uri on top now in Burundi,indirimbo zifise akanovera,zipanze mu majambo, iciyumviro gitahuritse,kandi zinatambika,kabisa nyimbo zako zimekwenda shule...wouu,nokubona gut?unkureko iyinoti yawe,indemereye Mumufuko
Nothing is impossible to God brother keep up God bless 🙏
Mbabazwa nukuntu uyu mupetit impano yiwe izohava idahabwa agaciro gakwiye bikamera nka wamwaka ingabirano za benshi zirengagizwa
Never give up bro stay stronger💪 everything it will be good👌
Wow!..iyi nzahabu ikibitse mu vyondo,ndizeye ko soon izosayangana itangaze abantu kurusha ubu!...keep it up young brudda!
Never give up blo
#Ubwoba✅🔥
Nice one nakubali respect sana muri Zambia turiko turaburudika niyi hit 🔥🔥🔥🔥
Never give up bro, don't be discouraged or upset you're actually doing a great job than some of artist in our country. The Sunshine will arise and moonlight light will guide you in darkness. Keep it up bro💪
😫❤️👏🏾🔥 one day! Brother.
Nice song,good melody.keep shining bro
This song is more beautiful. I'm from Rwanda 🇷🇼
U have to be strong bro everything will be ok don't give up
Vyizacan
D
One warankundishije
Kwumviriza
Music za ba star kuk ntiyari goût yanj mwana w, uburundi ntucikintege kuk imbere niheza cane 🙏🙏🙏🙏❤️❤️❤️👌👌👌
lyrics 100%
melody 100%
beat 100%
kuva uy'umusi ndabaye umu fan wae iconsaba aba fans ba #D_One munyakire🔥🔥🔥
one day the world will know how you are so talented broo
Mubikora neza ba bro!!!!! Ndabakunda burya kuri Nazareth ndahaza kubera mwebwe umusi mutaba muhari sinirirwa ndaza mwirambire kandi mutere muja imberbe l ❤ U!!!!! Respect to U!!!
Nice song Bro 🔥🔥🔥
Umufana wa D one hejuru 🙌🙌 abafana mwese muzane like maze mumushikane kundoto ziwe afitiye ubwoba 🔥💥
Good music 😍
Wakayanza ndakesera wajuje kbx big up mwan wiwacu #kayanza talent 💯💯💯💥💥💥💪💪💪💪🇧🇮
This man never disappoints Wallah🔥✨🔥
think you very much this IS out standing song
I will Always be here to support my country 🇧🇮 talents until the world gives us the recognition we deserve 🙄 i really feel so proud to in generation with such talents like D one 💪 Keep WORKING brodah don't loose Hope keep fighting
Good work bro akamatela kahaye🤣🤣🤣
Nuwutemera urukwavu aremera korwiruka brother ndagufana Kandi ndagukunda caaane rero komeza ntucikintege
Umuririmvyi azokwidoga ngo abarundi ntidu supportinga music , azomenyeko azoba yaririmvye ivyo udatahura 😀😀😀😀😀😀😀😀😀😀😀😀😀😀. Burya ndirimbo ninkizi. Courage D one imbere niheza "ntugirubwoba" 🤜🤛
Be blessed D-one 🙌💫
Courage pr tous les musiciens et musiciennes burundais.bravo D-one
Nice song kabisa you write well D-One👌
Very good D-one you are m'y fovorite. Usiogope mungu atadusayidia 🙏🙏🏼