Monna naho bavugako wishima ahubwo ntibatahura ..mugani wawe ugira amafyeri kandi ndaziko abenshi bagukwirikirana bagukundira amafyeri yaw nyene, kandi umukobwa n'amafyeri birajana gusa amafyeri umwe wese agira ayashaka. Parfois nouq les Burundais même quand quelqu'un ose parler en Anglais ou en français on doit ke yishima nico gituma bigoye no kumenya neza indimi zo hanz parcek nuwuruvuz ngwarishimy....mais toi parcek tu a osé de parler le Français atawe utinya ubu ukivuga nkaho umenga wakivukiyemwo...so mois je dis seulement courage, kuko n'abakobwa bak cane bamez nkaw..!! .... En plus de ça tu es une fille belle et élegante !! Ntibobura ivyo bavuga quand même!!
Mufunge mwse ivyo binwa vyanyu mwese monna nimwiza kandi i love her soo muchhh nacoyakoz kibi ls jaloux diront l contraire mxiuuu🙄🙄uwumuruch ubwiza nacaza asare reeeeyyyy
Monna jtm boku en fait tu est très intelligente mais j'ai pas aimé la question en rapport avec le sex c'est ps vraiment de la coutume Burundaise ça...parfois les journaliste abuse!! ....Monna couragetu fais vraiment la fièrté de la jeunesse Burundaise!!
ndababaye nari nzi ko mu Rwanda iwacu ariho hari abanyamakuru batari professional ariko n'i Burundi ni uko.Ibi bibazo bimariye iki Abarundi kweli? Afrika yacu izazamurwa n'umuhati wacu n'urukundo ubu wowe munyamakuru uyu ari murumuna wawe wamubaza ibibazo bimeze nka harassment kweli? mujye mubaza ibintu byubaka, kwiteza imbere , wagombaga kumubaza uko yatinyutse kuba MC, top model kugira ngo n'bandi bakobwa batinyuke ukamubaza amafranga abona kugir ngo n'abandi bumve ko ari opportunity ,ikiganiro gikenewe ni ni igitanga icyizere kuri ejo hazaza h'u Burundi. Naguha inama yo kuzakurikira umunyarwanda witwa Sabin interview ze turazikunda ziba ari ingirakamaro ariko uwitwa Phil Peter agenda atakaza abantu kubera ibintu nk'ibi bidafite akamaro.
Michu I still beg u to go to school and become professional but I m really disappointed ☹️ Nukur I watch it because it is Mona walda who post it Knd felicitations a elle kuber iy uhura nuyundi I swear ntac yar kukwishura!! Knd ntac war gukora icamber umufatiyeh ham ,elle accepte de faire l interview et toi c que tu veux c est d l humilier nkivy bibaz uwobikubaz wumva womushir mur liste y abntu bazima icambu c Queen Chanelle ntabibazo ubaza vraiment tu as raté ta vocation 😔😔😔😔
Michou arashoboy Can gos vrt Mona numuntu muto sana imbere ya Michou hubwo aramushimira twese ntitwari tumuzi ariko turamumeny kubwa Michou Mbeg @Habimana Raissa uvuga ivyutazi ww bari babivuganyeko bahurirayo mbeg Michou yari kumeny gut? Ko Mona Ari harya? Michou agiy gutembera town ajana na cameraman hamw na microphone? Hubwo nsanze utiyumvira
Vous faites avancer notre Burundi.
Keep going, tomorrow is better
Monna tu fais la fierté de la jeunesse....
Mkobwa urazi ubwenge. Izo nyishu ziramesuue, bien pensées sans avoir trop médité. Thumb up
Thépaut Marcel pole sana sinarinz ko mwahebany 😩😩good job voisine préférée 😉😌you too Michou
😂😂😂😂😂😂😂😂 Monna nakupenda xanaaa❤❤
Keep doing so shaaaa uri raffinée et c eat tout😅😍😍😍...signé Ta fidèle admiratrice💖💖💖
M.W ,be proud of what you do,cause nobody will feed you for free except judging you,people are there not helping you but criticising you.
Hindura styles zawe zibibazo ntacobiduterera. Hama big up to Mona
Cest michou miracle.👌👌👌Vraiment tu parles bien
Mow_Kanzie urumwe ndetse uri mubarundi bambere bazi kwishura muri interview... Big Up saaana, uri mumwuga
Reka gutuka umwana mwiza avuga neza ari rafinee ,moi je l,aime bien
Ndagufana sha,bakundekere🤩👌
Mona wishuy neza,abantu ntibaramenya neza ico gisigura slay queen,abarundi bose barishizemwo mumutw ko umukobwa abay mwiza akifata neza,agasa neza,akaba rafinée umugani wiwe😂baca bavuga ngo numu slay queen🙆
Big up Michou,
Buja hit ni gakuru ka bintu muri tv online
Yesu akuregere kuko niwewokugutabaraushoborakuvugakukijijweumeze nkukombega urabizigukizwa ntiwinjireneza kobitera umwaku nimwe murwishanbamazegukizwa yesu akurengere
Naje kwl urumwana mwiza ushak umuntu nkanj yokwitaho mo'w 😘🌹
Eww gukizwa😁😂😂 Imana irihangana iyo iba imeze nkumuntu mwokwihuriye
Demande en Mariage prévu pour très très bientôt. J'ai capté le message Mo'W 💕. 😂😅
🔜...🔥😍🚨
Hahahahahahahahah
Hahahaha Sag Wise I'm waiting disiii😂😂
Haha😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😘😂😂😂😂😂😂😂
Sag Wise 😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂
Hahaa turagow nukuri. Fc
Nice job
Michou
buja hit
Ukomeza kunyemeza ko ushoboye bivanye nibibazo ubaza. Keep it up 👍
Ooooh #monna😍
Jew ndakunda energie za mona
J'adore cette fille😘
😃😃😃😂😂😂 momo walda ndakugway nukuri 😃😃😃
Monna naho bavugako wishima ahubwo ntibatahura ..mugani wawe ugira amafyeri kandi ndaziko abenshi bagukwirikirana bagukundira amafyeri yaw nyene, kandi umukobwa n'amafyeri birajana gusa amafyeri umwe wese agira ayashaka. Parfois nouq les Burundais même quand quelqu'un ose parler en Anglais ou en français on doit ke yishima nico gituma bigoye no kumenya neza indimi zo hanz parcek nuwuruvuz ngwarishimy....mais toi parcek tu a osé de parler le Français atawe utinya ubu ukivuga nkaho umenga wakivukiyemwo...so mois je dis seulement courage, kuko n'abakobwa bak cane bamez nkaw..!! ....
En plus de ça tu es une fille belle et élegante !! Ntibobura ivyo bavuga quand même!!
I like the floor of the interview....keep it up
Wow urazi kwishura vrt I like your answers.
🤣
Monna walda ndagukunze!! Et je te respecte ma belle
Mumuveko Monna Walda ntiyishima ari raffiné en fait yifitiye confiance Kandi nico tumukundira. Monna bakuveko. Wewe turagukunda
Turamwemera arashoboye afise ijwi ryiza aririmba neza asaneza
Mufunge mwse ivyo binwa vyanyu mwese monna nimwiza kandi i love her soo muchhh nacoyakoz kibi ls jaloux diront l contraire mxiuuu🙄🙄uwumuruch ubwiza nacaza asare reeeeyyyy
Tu utilise mon compte😒
Arrête d'utiliser mon compte
Je suis d'accord avec toi
Wawooo big up Mona tu as bien repondue
Neza cane michou👌🏾👌🏾👌🏾
Monna love u from Kgl
19:53 Nop ! Ibicumuro birarutana !
A part ça, am ur big fan on youtub✅😊
Monna ndamukunda uko ameze,uk yihagararako,uk yishur ar sûre yic avuz.ndamukunda caaan
Oe ngah n mur hôtel mu Rwanda??Monna walda big up sanaa
😂😂😂😂nind yakubwiy kwar mu rwanda?aho ni Buja
Yatubeshe ijambo akunda can si Actually ni "Voila"
Hama Buja Hit TV turabemera trop.
arik michouu... café gourmand" ni ikigali kwli?
Wumvirije interview yose burya ?
Jean Christophe Ndikumana mumbariz😂😂
Michou: umukobw akijijw tatouaj really🤔🤔!!?😂😂😂😂😂
plz hew gukizw nikumutima si kumubiri dhaa
Nokuri sex zirimo muta yaravuyemwo ntasenga
Ongera san dad 😂😂😂❤❤❤
Mona yari yaberewe indani yari yambaye ikareso yera i love you
Uragpfa udatwenz wakijujuw ng ur monna
Monna jtm boku en fait tu est très intelligente mais j'ai pas aimé la question en rapport avec le sex c'est ps vraiment de la coutume Burundaise ça...parfois les journaliste abuse!! ....Monna couragetu fais vraiment la fièrté de la jeunesse Burundaise!!
oft mumajambo make ndarengewe nizo nyinshuu gsa @mona_walda faut bien expliquer nivyo abarundi baritiranya ama vocabulaire🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣
Ubwambere yari Kim nana ubu ni monna aramukiwe à propos de sage wise😂
Hhh nihatari kbx ,babaza en kirundi bakishura en Français 😂😂
Ivyo vyerekana indero nke
Hahahahah...baragufashe shaaa!! Vyemere nivyo bibaho, interview surprise zigezweho da!! Personne n'est a l'abri ma chere...hahahahha
ooh monna ma cherieee babwire shaa kutishima uri rafine let them talk aka bajou ka b1
Mona reka gukinisha imitima yabantu ngo ur single kuko ubunyen tworara dutanguy grammaire
emery Hasta Manirambona hahahahah grammaire, I like that
Hahahahahhahahahaha rondera inamba yiwe none
🤣😂🤣😂🤣😂😂. Rip grammaire
@@MegaAlexison erega numubanyi naho yutazinanye,knd ngo ikibano kirakengeretse
hh yabuze na position yiciramwa kuber ahenye hhh
Uwabonye ikareso Mona Walda yambaye kuri 22:36 n'ampe like nyinshi
Joseph Kirokora 😂😂😂
Ndayibony wallah
There you naguhaye like
Ntuzobona ijiru😂
😂😂😂😂jaune
Hahahaaa Mona you are somehow shy but it's a simple question if you believe that you're an open-minded person.
21ans 6ex ububeshi bwuzuye aho wovugishukuri wobiki Ga mwana wa mama .
Mukobwa,Uraruhiye kwinosi
Best interview 😂
Hotel ngaho irihe?
Dubai haaa noma sana gys
Hahahah entertainment
yishura neza
Mbe Michou warize hoho. Kutishura nawe igifaransa hhhhhhhhh carakuvunye
Nukuri abakizwa turiko turatukishwa 🤔🤔🤔
Michou uzoze uraraba ibibazo ubaza uzoba ukoze
What is her social media??
Hhhaa yishuy ikibazo ntari vierge
Muga wahenye!!!! Umurundikazi. Yahenye
ndababaye nari nzi ko mu Rwanda iwacu ariho hari abanyamakuru batari professional ariko n'i Burundi ni uko.Ibi bibazo bimariye iki Abarundi kweli? Afrika yacu izazamurwa n'umuhati wacu n'urukundo ubu wowe munyamakuru uyu ari murumuna wawe wamubaza ibibazo bimeze nka harassment kweli? mujye mubaza ibintu byubaka, kwiteza imbere , wagombaga kumubaza uko yatinyutse kuba MC, top model kugira ngo n'bandi bakobwa batinyuke ukamubaza amafranga abona kugir ngo n'abandi bumve ko ari opportunity ,ikiganiro gikenewe ni ni igitanga icyizere kuri ejo hazaza h'u Burundi. Naguha inama yo kuzakurikira umunyarwanda witwa Sabin interview ze turazikunda ziba ari ingirakamaro ariko uwitwa Phil Peter agenda atakaza abantu kubera ibintu nk'ibi bidafite akamaro.
Uwemeza nkanje KO atamukobwa yigera yemera ko ari isugi ampe likes nyiiinshii hahahaha biragoye kuvuga kenshi guys..
22:43 ikariso ndayibonye yo kambaye😂
Agakiza 2.0😅😅😂😂
freedom
Ninde yemeye uno mdemu koarimwiza Ame like tumenyane
MONA, ANNİV YAWE Nİ RYARI MURI NOVEMBRE?
Hahahahaa ngo ashobora kumara imisi adasenga kuko nawe atazi ivyomumutwe wiwe ahobigeze nsigurira yemwee 😃
Hahahahahaaaaaahaaaaa arasanzwe
Michou munsabire utwo tu numero twiwe kwashaka ko tumu draga.
lol people really!!!!you people should stop talking trash about others...keep up whatever makes you happy shaa M.W
#Monna_Walda🌹😘
Nice interview Michou Courrage
Haha yewe kwiga ntibiguhindu umunyabwenge
Bujahit muriko murakora ariko murakwiye kwiga ingene mubaza ibibazo. Mukeneye kubaza ibibazo bituma abakurikira bagira ico bigiye kumutumire wanyu.
Wa muzungu mwaratandukanye se ?
😂😂😂😂😂😂😂mpa akanamba kiwe
Bujahit iyo titre yanyu c’est un peu embêtant//
Amakanimwro wangu ndakwiteretere
Muduhe adress yaho ari
Damn! La question sur le sex et la virginité! Franchement faut éviter ça la famille! Dossiers perso!
like you guys
Noma
None Café gourmand ni Ikigali?
Michou urinwiza bya dange
Raba ikires wambaye urikwishim kabisa urasengah see
Mwambiye apunguze mapozi, ni mwiza turabizi ok.
Je croyais que ell était en couple avec quelqu’un
😂😂😂Muronderere... 🤣🤣🤣
Ntaco tugifise tuvuga gusa nakumiro kubona umuntu avuga ko afise amafyeri hama ngo yarakijijwe. Emweee 🤔😭🇺🇸 niho bavuga ngo biracika ariko ntankivyo ndahabona
Uti rero uri bamporifyeri?
Ndinginze muvug ikirundi cinsh hariho abatavuga français na anglais
Nihatar kwer
namubuze kuri Instagram Mona Walda
Michu I still beg u to go to school and become professional but I m really disappointed ☹️ Nukur I watch it because it is Mona walda who post it Knd felicitations a elle kuber iy uhura nuyundi I swear ntac yar kukwishura!! Knd ntac war gukora icamber umufatiyeh ham ,elle accepte de faire l interview et toi c que tu veux c est d l humilier nkivy bibaz uwobikubaz wumva womushir mur liste y abntu bazima icambu c Queen Chanelle ntabibazo ubaza vraiment tu as raté ta vocation 😔😔😔😔
@mxdj Marckomix Ariko kuki abantu mutajijuka?!? Hari competition y'ubu star wabonye hano?? Ni gute utumva cank utabona ko Michu yazimiye muvyo akora?!? Ahubwo abantu bemera kugira interview nawe sinzi uko babaye; agir'Imana ko ntari muri showbiz y'i burundi kuko yokwibonerako ndakurahiye!! ISHIRASONI ry'umukobwa, kubera views na subscriptions gusa?!?
NIMWIYUBAHE MWUBAHE NABANDI, MUKORE IBITEZIMBERE UBURUNDI NABARUNDI!!!
Ndavuga simvura, UKURI KURARYANA.
Michou arashoboy Can gos vrt Mona numuntu muto sana imbere ya Michou hubwo aramushimira twese ntitwari tumuzi ariko turamumeny kubwa Michou Mbeg @Habimana Raissa uvuga ivyutazi ww bari babivuganyeko bahurirayo mbeg Michou yari kumeny gut? Ko Mona Ari harya? Michou agiy gutembera town ajana na cameraman hamw na microphone? Hubwo nsanze utiyumvira
Ni bon yambaye neza ahubwo azatwereka igituba
@@vincentmutaganda4246 😂😂🤣🤣😂...nigiki ga Jamson ??
Hhhhhhhahhahhhhhahha meriisiiiii
mhh NGO sag wise numugenz amushika kumutim cane