ISAMBURWA RYA YERUSALEMU( igice ca mbere)

แชร์
ฝัง
  • เผยแพร่เมื่อ 30 ก.ย. 2024

ความคิดเห็น • 18

  • @michaelbizo
    @michaelbizo  2 หลายเดือนก่อน +1

    Nukudusengera lmana idushoboze
    Kuko Satani atega imitego myinshi ntibibe vyodukundira

  • @NJEBARIKANUYEMagnifique
    @NJEBARIKANUYEMagnifique 27 วันที่ผ่านมา

    Amen

  • @Benny_icishatse
    @Benny_icishatse 2 หลายเดือนก่อน +1

    Amen
    We still waiting part 2

    • @michaelbizo
      @michaelbizo  2 หลายเดือนก่อน

      Coming soon

  • @Benny_icishatse
    @Benny_icishatse 2 หลายเดือนก่อน +1

    Amahro cane Imana muhira vyose ibahanganze kuwo muhango wo guha Bose ubutumwa.
    Bikunze kugira ngo ikiganiro gikurikiranwe kugira ngo Bose bashibore gutora utwo tubazo tuzobazwa nta kuntu hoba amajambo asigura ibiriko bivugwa.
    C'est mon idée

    • @michaelbizo
      @michaelbizo  2 หลายเดือนก่อน

      Sintahuye neza ikibazo
      Sinzi nimba mwodufashisha akarorero?

  • @GhadyNkirabadashaka
    @GhadyNkirabadashaka 2 หลายเดือนก่อน +1

    Komeza muduhe tubateze yompi

    • @michaelbizo
      @michaelbizo  2 หลายเดือนก่อน

      Amen amen

  • @Cedric29156
    @Cedric29156 2 หลายเดือนก่อน +1

    Tuzoba duhari igihe cose

    • @michaelbizo
      @michaelbizo  2 หลายเดือนก่อน

      Imana Idushoboze

  • @DUSHIMEMUSICGROUP
    @DUSHIMEMUSICGROUP 2 หลายเดือนก่อน

    Imana Ikomeze kubahezagira Can muvandimwe wacu Elias.

    • @michaelbizo
      @michaelbizo  2 หลายเดือนก่อน

      Amen
      Iduhezagire twese

  • @AugustinNduwimana-sv5ww
    @AugustinNduwimana-sv5ww 2 หลายเดือนก่อน

    Ndagutez amatwi bwana Elias Bizomenya Yesu asha nditeguye kwamana namw p umwami abahezagire

    • @michaelbizo
      @michaelbizo  2 หลายเดือนก่อน

      Imana Ize Iguhe gufashwa nayo Tube abo yifuzako tuba

  • @AKARANGAKIWACU
    @AKARANGAKIWACU 2 หลายเดือนก่อน

    Igitabo c'lntambara ihambaye ni ciza cane
    Imana iguhe inkomezi zo kubibandanya

    • @michaelbizo
      @michaelbizo  2 หลายเดือนก่อน

      Amen amen

  • @EvaHakizimana
    @EvaHakizimana 2 หลายเดือนก่อน

    Amen muhezagirwe cane

    • @michaelbizo
      @michaelbizo  2 หลายเดือนก่อน

      Amen
      Twese