KANGUKA YO KU WA GATANDATU 03/09/2022 by Chris NDIKUMANA

แชร์
ฝัง
  • เผยแพร่เมื่อ 27 ส.ค. 2024
  • Mushaka kumenya ivyerekeye Kanguka, mwoja kuri www.kanguka.com muce kuri “KI” hejuru iburyo
    Mushobora kuturungikira intahe (ubuhamya) muciye kuri WhatsApp: +25776801327

ความคิดเห็น • 55

  • @joselynendihokubwayo7842
    @joselynendihokubwayo7842 2 ปีที่แล้ว +6

    Nditeze igitangaza canje

  • @Fofo-sy6vz
    @Fofo-sy6vz 2 ปีที่แล้ว +4

    Yesu ashimwe mudufashe mutubwire ingene twokwifatany n umukozi w Imana mu masengesh iyo ariko asenger abarwaye en direct muzob mukoze muhezagirwe🙏

  • @naomendayishimiye2214
    @naomendayishimiye2214 2 ปีที่แล้ว +7

    Shimwa Data ko tumaze guhabwa ivyo tugusavye vyose , kandi twizeye ko tuzobibona mw izina rya Yesu.
    Ariko naho inyishu yoteba ga Data, ntituzocika intege canke ngo dute ukwizera , tuzokwihangana gushitsa insaha yawe igeze ,kuko twaramaze kumira "Ikinini Kwihangana ",catugumyemwo ,ntitwagiciriye.
    Urakoze cane kudusengera muvyeyi wacu Chris , Ndiho Akudukomereze mu Mpwemu no mu mubiri ,kandi Yongere umugisha abo mufatanije uru rugamba rwo kudusengera.
    Amina kandi amina!

  • @mukaruginadancille430
    @mukaruginadancille430 2 ปีที่แล้ว +4

    Urakoze Mana

  • @kevinbukutu5120
    @kevinbukutu5120 ปีที่แล้ว

    Ndakiriy igitangaza cnj kubwizintahe Imana ihe umugish abatang intah ihezagr cne umukozi wayo atwitangr mukudusengera yonger inguvu aba partenaire bose ba kanguka

  • @eliusbizimana7646
    @eliusbizimana7646 11 หลายเดือนก่อน

    Ijambo ry'Imana ni kirumara, riraturemesha.
    Ritugira icaremwe gishasha

  • @user-qo4ud3ki4k
    @user-qo4ud3ki4k ปีที่แล้ว +1

    Amen 🙏🙏🙏🙏 imbaraga zawe mana

  • @raissanshimirimana7654
    @raissanshimirimana7654 2 ปีที่แล้ว +3

    Amen amen amen amen Numva noguma mvuga amen kubwumunezero amen amen Mana urakoze kukugira neza kwawe🙏🙏🙏🙏urakoze Mana kurokoye ubuzima bwanj amen habwicubahiro Mana hezagirwa naw Mukozi w, Imana utwitaho ukadusengera utatuzi 🙏🙏🙏hezagirwa impande zos naba paternel bose bagufash mwibibikorwa mugire umugish 🙏🙏🙏muzagir iherezo ryiza mvuz vyinshi kubwumunezero mwinshi mfis akakanya shalom shalom 👏👏

  • @uwantegeliliane5295
    @uwantegeliliane5295 2 ปีที่แล้ว +2

    Yesu ashimwe.ndabasaba ngo mumpe num barungikaho intahe.murakoze

  • @louisjean3161
    @louisjean3161 2 ปีที่แล้ว +4

    Amen.Imana itwumve ukwizera kwacu kudukize mw'izina rya Yesu.

  • @hawaumutesi9184
    @hawaumutesi9184 2 ปีที่แล้ว +1

    Ndiho aracyakora twizerako twese azadukiza kd aradukunda Amen 🙏

  • @kleni1025
    @kleni1025 2 ปีที่แล้ว +3

    Ameeeeen ndakiriye gukira mwizina rya yesu amen

  • @umutonizawadi8171
    @umutonizawadi8171 2 ปีที่แล้ว +1

    Amen amen,nanjye ndiho ankize igifu

  • @OmanOman-cg1qd
    @OmanOman-cg1qd 2 ปีที่แล้ว +1

    amen amen yesu nashimwe cane kuko abataribake turskira ingwara zitandukanye kubwumu rimo wakanguka

  • @officialbhaddierozalia4945
    @officialbhaddierozalia4945 2 ปีที่แล้ว +2

    God bless you, i hope God will heal me too one day.Amen

  • @all-in-One452
    @all-in-One452 2 ปีที่แล้ว +3

    IMANA idukirishe amaraso ya Yesu 🙏🙏🙏

  • @janetmurungi949
    @janetmurungi949 2 ปีที่แล้ว +1

    Amen Amen imana idukirishe amarasa yumwana wayo yesu

  • @abijuruchantal7883
    @abijuruchantal7883 2 ปีที่แล้ว

    Nakiriye Gukira kwanje mwizina rya YESU, kuko niyumvise

  • @ikk3132
    @ikk3132 2 ปีที่แล้ว +2

    urakoze yesu amen,urakoze yesu amen urakoze Yesu amen allalluaaaaa amen 🙏💕🙏🙏🙏🙏🙌🙌🙌🙌

  • @lionelnijimbere228
    @lionelnijimbere228 2 ปีที่แล้ว +1

    Amen

  • @dorel7002
    @dorel7002 2 ปีที่แล้ว +1

    Mana n'ukuri uwakwizeye ntiyigeze amaramara

  • @shalondainabest3837
    @shalondainabest3837 2 ปีที่แล้ว +1

    Shimwa MANA kubyo udukorera

  • @gjvcbbbbg9709
    @gjvcbbbbg9709 2 ปีที่แล้ว +1

    Amen,Urakoze Data wo mwijuru🙏🙏

  • @laurentnibizi2475
    @laurentnibizi2475 2 ปีที่แล้ว +1

    Amen can

  • @aliceniyongere9645
    @aliceniyongere9645 2 ปีที่แล้ว +1

    Amen! Papa wumve ugutakamba kwacu

  • @sssccc3987
    @sssccc3987 2 ปีที่แล้ว +1

    Amen amen amen

  • @zilfamoustafa2287
    @zilfamoustafa2287 2 ปีที่แล้ว +1

    👏

  • @alicendayiragije3112
    @alicendayiragije3112 2 ปีที่แล้ว +1

    Icubahiro kibe ica NDIHO yakuduhaye nk'umucamanza muri iki gihe cacu

  • @eliusbizimana7646
    @eliusbizimana7646 7 หลายเดือนก่อน

    Shimwa Mwami wanje

  • @vanessairakoze1880
    @vanessairakoze1880 ปีที่แล้ว

    Amen amen

  • @samsonbizimana203
    @samsonbizimana203 2 ปีที่แล้ว +1

    Amen Amen Amen. !

  • @NdayishimiyeMicheline-ml8tw
    @NdayishimiyeMicheline-ml8tw 7 หลายเดือนก่อน

    Icubahiro kibe icawe Mana

  • @sandyk4966
    @sandyk4966 ปีที่แล้ว

    AMEEEN AMEEENA AMEEENAAAAAAA 🙈🙈🙈🙏🏽🙏🏽🙏🏽🙏🏽🙏🏽🙏🏽🙏🏽

  • @umumararunguchantal4227
    @umumararunguchantal4227 ปีที่แล้ว

    Amena

  • @georgemutsindashyaka4094
    @georgemutsindashyaka4094 2 ปีที่แล้ว +1

    amen

  • @uwitonzefelicite1013
    @uwitonzefelicite1013 2 ปีที่แล้ว +1

    AMEN AMEN AMEN

  • @tamangotiyamike
    @tamangotiyamike 2 ปีที่แล้ว +3

    Ushimwe mana

  • @umumararunguchantal4227
    @umumararunguchantal4227 2 ปีที่แล้ว +1

    Amena🙌

  • @precymako8853
    @precymako8853 2 ปีที่แล้ว +1

    AMEN🙏🏾🙏🏾

  • @aimeekleine8764
    @aimeekleine8764 ปีที่แล้ว

    Amen🙏❤️🙏

  • @alineniyomugisha6606
    @alineniyomugisha6606 2 ปีที่แล้ว +2

    Amen amen🙏🏽

  • @dusabemariyajacqueline5312
    @dusabemariyajacqueline5312 2 ปีที่แล้ว +1

    AMEN!

  • @azizabusime437
    @azizabusime437 2 ปีที่แล้ว +1

    Amen amen 🙏 🙌

  • @jamilabigrimana3028
    @jamilabigrimana3028 2 ปีที่แล้ว +1

    🙏🙏🙏👏👏

  • @chanellemuhimpundu9495
    @chanellemuhimpundu9495 2 ปีที่แล้ว +1

    Shalom jew irya numéro ya 256 narababuze

  • @pali3502
    @pali3502 2 ปีที่แล้ว

    Amen amen

  • @jojokeza6816
    @jojokeza6816 2 ปีที่แล้ว +1

    Amen

  • @alinempawenimana3517
    @alinempawenimana3517 2 ปีที่แล้ว +1

    Amen Amen

  • @esther8032
    @esther8032 2 ปีที่แล้ว +1

    Amen