ขนาดวิดีโอ: 1280 X 720853 X 480640 X 360
แสดงแผงควบคุมโปรแกรมเล่น
เล่นอัตโนมัติ
เล่นใหม่
Ivyo vyo guhahamira abantu muravyihoza twarabahinyuye
Arivy'Imana bizoba arivy'abantu bi zo hereraho!!!!!!
Nibibazo pe
Iyo shitani ikuvugisha ndayirimbuye mw'izina rya Yezu christu nije munyenga yirimbukiro nawe ubohoke kuko urarushe siwewe waruguruye akadirisha shitani urinjura
Imana yo mwijuru yonyene idutabare
Imana.nidufashe.nimuzedusengerigihugucacu
Amatora yageze Basha muracayavuga nabandi baracaza bayavuga
Warose ivyogukorako
Iyo mana yawe twara hariya reka kubeshera Imana abo nabagutumye
Ahubwo vaho nusanga arabagutumye rekagucisha kumanaMuburundi niwimana yocako kuruta abandiJana ibihuha hiyo
Watapele punguza utapele kula jasho lako
Korera ayomahera yakagame uburofa burabandanya
Nugusenga Bene Data,kuko numva bitoroshe
Sinkunze kuvuga nimbarimana nikore icishaka ariko akanatariyo yavuze uhinduke
Urinugutwi niyunve icompwemu abwira amashengero ivyimpwemu bitahurwa nabimpwemu
Hhhhh beneso bitwande mwagiye mureka ububeshyi
Mugwaye mumutw ivyikomutari bwavyerekwe cankengo abibwigwe?
Nukuri nimba muri kwibeshera mizakubitwa inkoni zirenze simbabeshye
Waravangiwe.
Ico giti ni President Ndayishimiye hanyuma imyugariro nabo basirikare bagiye kurwana hanze cane cane i Kongo. Abazogaruka bacitse ku nkota bazogarukana umujinya wokwica ico giti.
Murayavuga Basha twarabahinyuye /amatora yageze nabandi muracayavuga twarahumutse
Mananidufashekwer
Sha burya Imana iravuga knd abavugishwa bukuri n'aho ari bake. Rero reka turindire turabe ariko dusenge
Ivyo vyo guhahamira abantu muravyihoza twarabahinyuye
Arivy'Imana bizoba arivy'abantu bi zo hereraho!!!!!!
Nibibazo pe
Iyo shitani ikuvugisha ndayirimbuye mw'izina rya Yezu christu nije munyenga yirimbukiro nawe ubohoke kuko urarushe siwewe waruguruye akadirisha shitani urinjura
Imana yo mwijuru yonyene idutabare
Imana.nidufashe.nimuzedusengerigihugucacu
Amatora yageze Basha muracayavuga nabandi baracaza bayavuga
Warose ivyogukorako
Iyo mana yawe twara hariya reka kubeshera Imana abo nabagutumye
Ahubwo vaho nusanga arabagutumye rekagucisha kumana
Muburundi niwimana yocako kuruta abandi
Jana ibihuha hiyo