Ndakiriye
Aaron NIYONGABO uritiranwa na musazanje amazina yose.
Somo wawe yakire akanzo mu muryango wiwe mw.izina rya Yesu. Indwara ziwe n.abiwe zinyigange mw.izina rya Yesu.
Niyakire Ububasha bwo kumukura mugihe cindwara mwizina Rya Yesu
Halleluya

Amen cnee