Basi hari ico bagifise ko izo ari imbonerskure gusa ? Aho Ivyo babuze vyokose nivyukubesha ntabahinga bakiri mugisirikare cumurundi,abarimwo ngo kubera ari abatutsi barabishe.
Abarundi baragowe nukuri. Raba birengagije imibabaro barimwo batewe na ndayishimiye baka a kwiyanikira kuzuba,hanyuma bakaza kujaba ata nikiraburi curwsrwa canke c'ifanta iyo leta yi isuma i ibahaye
Ku rugamba muri M23 yarabarigase. Nabasirikare nyabaki!!!
Amaguru barayarambura mutegereze le 04/07 mu Rwanda 🇷🇼 tuzabereka uko bakora parade ❤
😂😂😂😂
Aba ni abaswa cyane ntibakurikira na parade ya DASSO
@@MsafiriValens mukanya bakurikire
Ntabasirikare basigaye mugihugu sha😂😂nabo kuri défilé gusa. Kko iyo babayo igihugu nticobabana ukuraho ntibamenye icogukora😢😢
Basi hari ico bagifise ko izo ari imbonerskure gusa ? Aho Ivyo babuze vyokose nivyukubesha ntabahinga bakiri mugisirikare cumurundi,abarimwo ngo kubera ari abatutsi barabishe.
Muraza mugifate non
@@JeanboscoNzoyihaya bazagifata namvura idahita na bandi baragisize abo nibande
😂😂😂😂
Sha ninge utazi ibya Parade ark ntanicyakabiri kiyo nkora mufite kbs
Aya mashusho kweli atagsragara Nukuvugirama wapi muzaze Kagame abahe 📷
Nkunda uburundi nubwo ndumunyarwanda Imana ijye ibaha kuramba ndabakunda cyane
😀😀😀nagasaga muze mukoroka neza basha raba mukorore nibiciro kumasoko
Abarundi baragowe nukuri. Raba birengagije imibabaro barimwo batewe na ndayishimiye baka a kwiyanikira kuzuba,hanyuma bakaza kujaba ata nikiraburi curwsrwa canke c'ifanta iyo leta yi isuma i ibahaye
Uburundi igihugu cizacane abatugaya nabatabuzi mwe murazi amazi yomuburundi ?
Ntabikoho Binini Binini bafise iyo babigira ntituba twishe n'inzara uku nukwitwenga
Jyewe ndaraba igene biseke kweli😂😂😂😂😂
Beshi nimbonera kure gusa gusa vyari biryoshe abana bari bitavye ibirori nibo baboneka cane ewe burundi warigihugu ciza cishwe nakimwe
Mumaguru wapi
Mbe kki burigihe police igira akajagari k amaguru muri défilé 🤔🤔ntibaba bakoze répétition ?
🥱😖😖
Abasoda bari aba kera
We urintashima
Izi muraje muzifunge
wap muburundi ntabintu mufis ahandi badafis muje hiyo murarutwa can
😂😂😂😂😂