INSIGURO Y'AMAZU MASHASHA AGIRA YUBAKWE MURI MIROIR, BUJUMBURA (By Fablice / UBAKANATION GROUP)
ฝัง
- เผยแพร่เมื่อ 17 ต.ค. 2024
- ☎️☎️ +25768814704 / +257 76 07 47 77 / +257 72 49 83 93 / +257 79 17 02 71
Subscribe now at: @FABSVISION TV to keep up with all Fablice’s work
Fablice MANIRAKIZA Webside: www.fabsvision...
Fablice MANIRAKIZA Twitter: fa....
Fablice MANIRAKIZA instagram: ....
Fablice MANIRAKIZA Facebook: www.facebook.c....
Fablice MANIRAKIZA Email: fablicebookings@gmail.com
#burundi #Fablice #Fablicemanirakiza #burundiandreamer #ubakanationgroup #fabhomes #bujumbura #CSBU #CSBUVILLAGE #Comeandseeburundi #burundirealestate #burundihomes #realestate #eastafrica #rwanda #tanzania #rwandarealestate #burundiepc #burundiconstruction #construction #wearebuildingburundi
Kabisa Imana irakunda Burundi uwu Mugabo ningirakamaro caneeee
Uri itunga kugihugu cacu pe ... Tu es une bénédiction pour notre pays Burundi❤
Uburundi burahiriwe kuba bugufise ubikora neza Can Imana ikuzigame.
Imana ikuje imbere Mr Fabrice. Murakoze cane
💯💯 we are blessed to have u in Burundi 🤌🤌🤌
Iman ikuj imbere niww burundibwejo urasuhuriza maman zeporah
uzotwubakire Igorofa ndende natwe abakene dushikirwe turakwemera musaza 🙌🙌
Jeho nukuri sinkironka n'amajambo nkoresha kugira ngo ndamushimire canke ngire ico mvuze kubw'ibikorwa vyiza cane gose arikw'aragaragaza... kimwe gusa, yumve ko tumwishimiye, UHORAHO IMANA UMUREMYI wacu abane nawe ubu n'ibihe vyose !
By Jeremiah Burundian man ❤
❤lmana ikurinde❤❤❤
U deserve everything bro🇧🇮
Nyootaa yako ingaaaaeee🎇🎇🎇🎇🎇🎇
Uraturenze bro!!!inyonga z'Uhoraho zikugumeko kibondo cacu!uriko uradukurako agasuzuguro kabarihano ntavuze!!!
Umukama ukumpezagirire cane 🙌🙌🙌🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮💒💒💒💒
❤️🙏🏾
❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤
Turakwemera Mutama Fabric urinyishu yabarundi tugusabe fabric ukore igikorwa imana yaguhaye ciza uze wirinda Abaguca intege Kandi mutibagira nogukora Amarabara meza
Uratwemeje, uraturenze nkesiri🙆♂️
Bakwongerereze umutekano abarundi sibeza
Hejuru cane urumwe kabisa ntawukuvangira
Ago
Komera Mutama mbe yamiturigwa3 yokumashugwe igezehe KO haheze igihe kinini mutayitweretse!
Muburundi harakenewe aya ma. Gratte-ciel twirigwa turabona hanze ashobora kubamwo imiryango nka 200 kugira habeho igabanuka ryabantu bapanga hamwe nabanyene inzu kandi vyofasha cane kubene gihugu batobato
Uri umu Hiro imana ikongere ubuzima umare imyaka 150 uburundi bwoba eden…ndarota mbona wabaye president
None muri kabezi haraheze ??
Turangana ariko ur idol wanj 🤣🤣🤣.
Ndagufutiye ubwoba bwabasi biterambere gusa imana ikurinde kk abatishimiye ivyo urigukora ntibabuze igihugu kiguhe abagucungera kk ufise vision iteye ubwoba
Gusa ntimwibagire kubaka amagorofa maremare niyo yabonekesha neza igisagara
Mukomere mutam babakeba barabuzicobavuga Bobo barwizamajambo kumbuga ngurukanabumenyi gusumba ibikorwa bitezimbere igihugu
Muburundi harakenewe aya ma. Gratte-ciel twirigwa turabona hanze ashobora kubamwo imiryango nka 200 kugira habeho igabanuka ryabantu bapanga hamwe nabanyene inzu kandi vyofasha cane kubene gihugu batobato