U BURUNDI BUTUNZE KURUSHA SUISSE// MURI SUISSE HUZUYE AMABUYE GUSA BARATWIVYE IMYAKA 50......

แชร์
ฝัง
  • เผยแพร่เมื่อ 16 ต.ค. 2024

ความคิดเห็น • 15

  • @EdouardSibomana-p3x
    @EdouardSibomana-p3x 2 หลายเดือนก่อน +1

    Imana ishimwenimba inzara nabwaki vyaraheza.

  • @niyonsengasolange2699
    @niyonsengasolange2699 2 หลายเดือนก่อน +1

    Sibyumvikana nigute twemera umupaka ukagomya kudutandukanya,kuki tugomya kubaha umupaka washyizweho nabakoloni,Urwaruka(urubyiruko)igihe kirageze ahubwo cyararenze,turwanye umupaka utandukanya abavukanyi,uBurundi nu Rwanda.dukeneye kuba igihugu kimwe gishyize hamwe.

  • @AmusedFrogmouth-xh5yz
    @AmusedFrogmouth-xh5yz 2 หลายเดือนก่อน

    Akes. Burundi bukene chwa. Nabonye batuyoboye , Kuva kuyo nyene . Mubisazwe kwisi nta gihugu gikene . Ivyi yunviro vyabayobozi nkabo . Nakurama Jambo aza, Chira mubi Korwa

  • @bonisimao
    @bonisimao 2 หลายเดือนก่อน +1

    Amajambo make ibikorwa vyinshi , tureke kworora imisiba tworore Inka,

  • @MuhimpunduCharlotte
    @MuhimpunduCharlotte 2 หลายเดือนก่อน +3

    Aho hantu nihe

  • @Alkebulanhandsomeboy
    @Alkebulanhandsomeboy 2 หลายเดือนก่อน

    Uburundi muragowe

  • @wellarsmukezamfura3160
    @wellarsmukezamfura3160 2 หลายเดือนก่อน

    Président wacu afise système ariko arakoreramwo, kandi ico nyenicubahiro ashikirije nukwo nyene, ntiyihenda nkatwe! Ngo nave mumajambo, ... 😂😂😂 birabagoye, raba ico umariye igihugu nyabuna, usanze ataco winziriza igihugu uhinduke ujane nabandi; urekane ninzego. Ukuganza kuva kumana!!!

  • @boazibalthazar1455
    @boazibalthazar1455 2 หลายเดือนก่อน +2

    Nave mu majambo aje mu kazi arek kitwicisha amajambo gusa

    • @Bigenergy94
      @Bigenergy94 2 หลายเดือนก่อน +2

      Burya ntakora?
      Ahubwo ikibazo niwewe niwirabe aho ugejeje ugabanye ishari nokwidoga nokwigereranya

  • @JosephSikogukira
    @JosephSikogukira 2 หลายเดือนก่อน

    Amajambo make, uduhe igitoro, agasukari, amatara n'amazi tuve mu kizima, twoye kugwara cholera, utuzanire ama societés akazi kaboneke twoye kwitwa ibinebwe i kandi ataho akazi kava, bene wanyu barafyese ata n imwe isigaye

  • @Gilos-l5e
    @Gilos-l5e 2 หลายเดือนก่อน +1

    Amajambo menshi gusa atajob ziboneka

  • @MuhimpunduCharlotte
    @MuhimpunduCharlotte 2 หลายเดือนก่อน +3

    I'm first give me likes

  • @ndayisaTv
    @ndayisaTv 2 หลายเดือนก่อน

    Uvuga neza nyakubahwa

    • @JosephSikogukira
      @JosephSikogukira 2 หลายเดือนก่อน

      Nuko ayesha abarundi !!!

  • @Darcy_3P
    @Darcy_3P 2 หลายเดือนก่อน

    ❤️🇧🇮