UMUNTU MUZIMA: GUCA IMVYARO (MENOPAUSE)

แชร์
ฝัง
  • เผยแพร่เมื่อ 1 ต.ค. 2024

ความคิดเห็น • 13

  • @habumuremyihonorine7615
    @habumuremyihonorine7615 2 หลายเดือนก่อน

    Murakoze cyane Gisingizo cy'Imana. Ufashije benshi cyane pe.
    Njye nafashe notes.
    Habwa umugisha.

  • @NdayisabaAnatolie
    @NdayisabaAnatolie 5 หลายเดือนก่อน

    Murakoze ariko jewe nfise diyabete kandi tubana hafi mba ngaha kuri garaje yo munsi yo kumubano mwonfasha kuyikira mukozi wimana

  • @alkingrey9694
    @alkingrey9694 6 ปีที่แล้ว +2

    afise 52 ans kwamuganga vyarase imiti bari bamuhaye ngo ibikamye non vyase hamw umugang yatubwiye ko imiti yase arugukuramw igitereko dukoriki

  • @alkingrey9694
    @alkingrey9694 6 ปีที่แล้ว +2

    murakoze cane mbe iyo vyase kumuntu ava mwiyo menopause yokoriki?ico gikorane kizoberahe ?

    • @ikanguronubugoroziburundi9703
      @ikanguronubugoroziburundi9703  6 ปีที่แล้ว

      Igikorane Caraheze Alkin,

    • @ikanguronubugoroziburundi9703
      @ikanguronubugoroziburundi9703  6 ปีที่แล้ว

      Vyanse ko avamwo, uwo muntu ari ku myaka ingana gute?

    • @alkingrey9694
      @alkingrey9694 6 ปีที่แล้ว

      afise 52 ans kwamuganga vyarase imiti bari bamuhaye ngo ibikamye non vyase hamw umugang yatubwiye ko imiti yase arugukuramw igitereko dukoriki mumbwiye gut

  • @cecileuwimana8149
    @cecileuwimana8149 ปีที่แล้ว

    Imana ibahe umugisha

  • @younghoster1103
    @younghoster1103 6 ปีที่แล้ว

    murakoze cane IMANA ibahezagire ibungure ubumenyi mwizina rya Kristo Yesu

  • @joelnaja9935
    @joelnaja9935 6 ปีที่แล้ว

    murakoze,
    jewe nipfuza ko mwomfasha uko nofasha umuntu afise anemia ariko simvukanano,,,,,ni globules rouges zagabanutse kuburyo ubu amagufa aramurya,kuruha vuba,umutima kwiruka,kumeneka umutwe........

  • @joshintsinzi9934
    @joshintsinzi9934 3 ปีที่แล้ว

    Urakoze cane mukozi w Imana