1:26:25 nanje ndahibajijeko... kuki Imana ibwira ikintu abakristo bato itakibwiye abarongozi ??? Ibanga ry' Uhoraho rifiswe n' abamwubaha. Hezagirwa mukozi w' Imana Past Samson. Iyi misi ntiyoroshe ku bantu b' akazuyazi. Bari muri confusion kuko nta jwi ry' Uhoraho bumva, bibereye mu ntambara z‹ivyubahiro n' ubutunzi. Ariko Uhoraho azobima ubutunzi bwera, abime n' icubahiro cera bahitemwo ubutunzi bw' isi n' icubahiro c'isi. Sawaaaa.... Abari muri Yesu Kristo turaremye. Merci Meirra tv
Yesu Kristo aguhezagire cane kur'ayo majambo y'indemeshanyo. Ibisigaye nk'uko ubivuze, kandi ni ko Ivyanditswe bibivuga, ibanga ry'Uhoraho rifiswe n'abamwubaha, bose, baba abato, baba abakuze, Ntirobanura ku butoni. Hama iyi ni MEIRRA Tv si Umuco Wera Tv. Ariko twese turi bamwe dukora umurimo umwe. Yesu Kristo ashishikare kubahezagira.
UHORAHO, aduhe ubwenge bwo gutahura ibihe turimwo. Murakoze cane mon Pasteur
Amen 🙏💖
Iteramber rizosigaz benshi mwisi Mwami Yesu duhamaso yimpwemu dutahur ivyikigihe
Amen👏💓
1:26:25 nanje ndahibajijeko...
kuki Imana ibwira ikintu abakristo bato itakibwiye abarongozi ???
Ibanga ry' Uhoraho rifiswe n' abamwubaha.
Hezagirwa mukozi w' Imana Past Samson.
Iyi misi ntiyoroshe ku bantu b' akazuyazi. Bari muri confusion kuko nta jwi ry' Uhoraho bumva, bibereye mu ntambara z‹ivyubahiro n' ubutunzi. Ariko Uhoraho azobima ubutunzi bwera, abime n' icubahiro cera bahitemwo ubutunzi bw' isi n' icubahiro c'isi.
Sawaaaa.... Abari muri Yesu Kristo turaremye.
Merci Meirra tv
Yesu Kristo aguhezagire cane kur'ayo majambo y'indemeshanyo. Ibisigaye nk'uko ubivuze, kandi ni ko Ivyanditswe bibivuga, ibanga ry'Uhoraho rifiswe n'abamwubaha, bose, baba abato, baba abakuze, Ntirobanura ku butoni.
Hama iyi ni MEIRRA Tv si Umuco Wera Tv. Ariko twese turi bamwe dukora umurimo umwe.
Yesu Kristo ashishikare kubahezagira.
Yewe jewe Yesu duhe Inkomezi murikigihe kigoye
Amen!
Yesu adutabaree aduhe guhangana nivyikigihee!
Amen!
Imana Data izokumpere iherezo ryiza mukozi w'Imana
Data akwongere amavuta ya mpwemu yera
Amen👏
Amen👏
Yoooo YESU N'udufashe mur'iki gihe kibi
Amen👏💓
Yesu twuzuze Mpwemu yera kugr dushobr kunesha
Amen👏💓
imana iduhe ubwenge tubitahure
Amen 🙏💖
Amen Yesu Kristo umunyanazaleti abahezagire cane
Amen 🙏💖
Murakoz kurububutumwa
👏💓
Amen
Amen 🙏💖
Mana duhehe mpwemu yera wokudutahuza ivyikigihe
Amen👏💓
Muhezagirwe
Amen 🙏💓
Ndabasab mundungikire yivideo yaskudanord
Amen 🙏💖