Mahoro bagenzi hama turabasavye ko ivya red tabara mworeka kutugora mubitubwira kuko ntaco iriko ifasha abarundi cambere bavuga ko bari muri congo non wumva harico bafasha kandi bari muri congo ?ko vyose vyabuze ino iburundi ko bataza gufashanya nabenegihungu kugira leta ya neva yomorwe, nimba bari kwihigira inoro ntabindi abantu ntitugishaka kuguma twumva red tabara wapi ntakamaro mbega FNL na CNND FDD ko barwanira ngaha sawa reka tureke kuvuga meshi ntavyayo
Bravo le journaliste Bonfils.. Iy y, a de la sagesse dans vos propos... Komera
namba ari umuti babaye!
I dis la vérité
Number Uno once again
Ingwano y'ibihori iryohera ibisiga 😂😂😂😂😂 urantwengeje
Iyo Red Tabara irwanira he mu Burundi? Ah ubwo bazagirane ibiganiro na Congo. Nta Rebellion mufise
Nakumironfakurahiye
Red Tabara inguvu 0
Uburundi bugow bukiriko, ubumwe bw'abarundi buragoy kuko amacakubiri aguma yongerekana kandi mumice myinshi y'abanyagihugu. Ubu biragaragara cane umuntu aravye ibiriko biravugwa kuburyo butandukanye kuri RED tabara, no kigitabu ca Rugigana. Biraboneka ko imitima iri divisés cane dufatiy kubiganiro vy'ama spaces amaze imisi.
Mukomeze muryane iminsi igende
Mahoro bagenzi hama turabasavye ko ivya red tabara mworeka kutugora mubitubwira kuko ntaco iriko ifasha abarundi cambere bavuga ko bari muri congo non wumva harico bafasha kandi bari muri congo ?ko vyose vyabuze ino iburundi ko bataza gufashanya nabenegihungu kugira leta ya neva yomorwe, nimba bari kwihigira inoro ntabindi abantu ntitugishaka kuguma twumva red tabara wapi ntakamaro mbega FNL na CNND FDD ko barwanira ngaha sawa reka tureke kuvuga meshi ntavyayo
Muri izo space X, nama numva badaahira hamwe... Uwitwa kimata wewe arantera ishavu kuko ibibazo ashikiriza, umengo aba ariko apinga abatumire vraiment. Ntawuzi ico bakeneye!!!
Ariko ico kiganiro ico kitwigisha n'igiki? Nta nkuru irimwo... Trop parler pour ne rien dire???