😂😂😂koreshumwanya umvise ishari na sauda uribuka ko na ww wapanga Prank n umugore wawe kugira aba Diaspora baguhe amafaranga rero kubera baramaze kukumenya ubu tv yawe irihasi ubu na mahera ukironga kuba Diaspora rero tekerezw urekane na Sauda Wivu tuu mwanaume muzima
@@zabibukenny2956 🤣🤣yibaza ko tutabizi niyo nzu abamo Ariko cotisation yaba Diaspora nareke wibaza nibose bazana vyukuri kuri you to be beshi baragira Ama Prank Kugira baronge vues Noe nagabanye izigo
Hahahhahaahha Iyi Raji media imaze imyaka ni myaka ariko ntihaye ija hejuru, Sauda aza ari hejuru kuba Subscribers 😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂 , umwanya Sauda ntana 6 mois Aramara 😂😂😂😂😂😂😂
Sha jewe nibaza ko wewe koreshumwanya uri kwihenda. Ba Evelyne ni beshi kurinosi. Banza utohoze neza uwo mu Evelyne yakundanye na Akes uwariwe. Kandi utohoze neza muba Ex ba Akes nibaza ko ata witwa Evelyne arimwo. Ahubwo nyegera ndakwihere amakuru yukuri , hama uve mwubwo bubeshi. Ukuri kuraje mugihe gito kuri Evrosen Tv.
Sha urarondera kutwankisha Sauda arik ntavyuzoshbora rabana nivyaw umurek jew nagira nibindi ugira uvug nne ivyutubwiy biramaramaj ?ari baize atabayo wew birakuraba ?wew nta baize urigera ugira ?kuvyara nako wew kowirirwa upfukamira abakobwa witwa ngufis umugore nivyo bitamaramaj ?Sauda arakurenz sha tekereza si tu n,as pas à dire il faut te taire ça c,est de la jalousie ahbwo niw wishira hasi nagose.
Sh mama guy ntamugabo ufise aho ntumaramara ntanisoni NG mugira mute sauda hasi muribagiy bezi mwakora ivyo mwakora vyose ntizar bezi ndabanse nkawew guha umugab odio azishir hanz bimazik yooo murihend sauda hejur
Umunyarusaku kbx mwanga mucheri nakubali😂😂😂😂from oman 🇴🇲🇴🇲🇴🇲🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Iyi TV mutavuze sauda nta vues muronka sauda hejuru aho koreshumwanya inzigo irakwish kwiteramber rya sauda nabado muzomaramar
Koreshumyanya usigaye wanga sauda kubera koyakwanze ngo musambane wowe reka sauda kuko burikanya uramuvuga burimunsi ufite ishyari kd ryishi ntacyo bizokumarira (Toka kure wakibwawe)
Umunyarusaku koreshumwanya😂😂😂😂😂😂😂😂
Kumbe baba bari muri show bize😂😂😂😂umunyarusaku koreshumwanya 😅😅
Birakuraba none
Nogatangara ntajaru umufitiye uranzi ingene baduhenze 😢😂
Love from FANNY FAFA OFFICIAL 🇧🇮🇸🇦🇧🇮🇸🇦🇧🇮🇸🇦
😂😂😂koreshumwanya umvise ishari na sauda uribuka ko na ww wapanga Prank n umugore wawe kugira aba Diaspora baguhe amafaranga rero kubera baramaze kukumenya ubu tv yawe irihasi ubu na mahera ukironga kuba Diaspora rero tekerezw urekane na Sauda Wivu tuu mwanaume muzima
Mwambie sha!!! Ariyibagije 😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂
@@zabibukenny2956 🤣🤣yibaza ko tutabizi niyo nzu abamo Ariko cotisation yaba Diaspora nareke wibaza nibose bazana vyukuri kuri you to be beshi baragira Ama Prank Kugira baronge vues Noe nagabanye izigo
Koresh umwany nub nuraheb ubusutwa kwer 😢😢😢😢😢
Nj biraryoher ivya Sauda Sauda hejuru caneeee
Mwanga sombe chawa sutwa kanyamuji😀😀😀😀😀😀😀
Ejo nibaguha convocation utangure gutakamba abo boooose ntanumwe azoguha ni tace yicayi
Umugore WA koreshumwanya ndamwanse guhera ubu aho mwagiye inama numugabo waw ngo mumute sauda hasi 😂😂
Tuvyumva kumwe koreshumwanya nareke kubesha ngo irya odio yayikuye mwogone mama Guy 😏mwarabivuganye numugore wawe wase kumumenera agafu ntibashwane namukawe
Nibamw aho kuryama biyunvira imigambi yabo biyunvira sauda ukuntu bomuta hasi
nn nimumureke mwe ivyo birabaraba reka kumuponda
Koreshumwakuwe uyumusi wanyoye urutagosoye ntasoni wewe kurindayambaya kumbe urafuhirumugore wawe???
🤪🤪ushaka rerotumwanke ivyonibisanzwe.tuzomufasha nyene WW urikibwa vuga ivyawe ivyasawuda ubireke kuvyara kubagabo babiri nibisazwe nabesi nibisazwe ntakitubabaje kirilwo
😂😂nihatar
Ndumiwee😢😢😢
Koreshomwanya umunyarusaku😂😂
.koresha urumuhemu namwe mwahora mubikora muri waka
❤❤❤❤❤❤
Ndabuz nico nvuga peee 😢😢
Oyavuga.sammy❤❤❤❤mpakanimero.unyiheriryamitomo😅😅😅😅😅
Samy vuga ntuniganrwe ijambo🙏🙏
Sammy Ubu ivyanyu ndabihevye kumbe biryavyose yarimikino😏
Korechumwanya ufise urusaku nkurwabagore kimwe umugorewawe azaguhe sutiye uzewambara bibayengombwa uzane nikangawambare
Sammy kumbenukwomumez bibeshuz
Ikirundi ntikiririmbika
Sauda nasammy namabenzi sauda ndakubony namarira urashirak🤔🤔🤔🤔
Nampendaga kwa sababu ana maneno mengi😂😂😂🇦🇪🇧🇮
Love from BE CHAP TV ❤🎉
Bwabund yar buzz?? Manaweeeee ndatangayeeee ndagagayeee peeeee❤❤.
Harya rero mwarimwavyemeye 😂😂😂😂😂
Amosozi.yatersharjement.muga.koreshumwanya.wasaze😂😂
Koresha itabi ndakwemeye🙏🙏🙏
Koreshumwanya kora ivyawe achana na Sauda ya Sauda hayakuhusu sema yako mwenzako anasongambele
Jew narinabibony kwari bezze
That is true brother because around comes around🇿🇦🇧🇮
Mbisa mber nj kurab ikiganiro sauda yashizeko😜
Ewe koreshumwanya sha nguramuzi sauda, umuntu nimunini biragoyekumumenya! Na mama gy arumugore wawe ntumuzi! Muveko sauda
Uuuuuu kumbe nuko vyagenze 😂😂😂 mukoresha ubujinga kugira muronke (K) nyinshi 😂😂😂 😂😂😂
Show afte show 😁😁😁😂😂😂😂
Kuri inzigo
Wewe. Urimbwa umugabo. Urusaku. Nigwogwakurembejeyarakwimye. Saudaniyompamvu
Toka uko ishari gusa nizuru rikunanira nkiryimbata😏😏ubivuga ngo tumuhebe rero
koreshitsbi ntubesh urigitsbanga kl
Mbega aho wacurika kanyamuji ngubonye ibebi uravyibagiye???
None ushaka kumwankisha abantu ntamakuru fise umugabo wadiwani
Ntavyakoreshitabi nokwemera
Urumunyarusaku kbs urateranya
😂😂😂😂😂😂Kumbe mana weeee nihtr ndumva mukore sh ubujanja bwinshi kl😂😂😂
Hhhh nihtr kwl😂😂😂😂
birya vyaraheze
Aho murahaze basha
😂😂😂😂😂😂😂rekanitwengere.mana😂😂😂😂😂😂😂nidange
None harikibazo ari baseeeee !!!! None wewe ubabwa nipilipili utariye ga Koreshumwanya!!! Hmmmm
Wewe urwaye Sauda kora ivyiwawe ureke ubuzima bwabandi
Hahahhahaahha Iyi Raji media imaze imyaka ni myaka ariko ntihaye ija hejuru, Sauda aza ari hejuru kuba Subscribers 😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂 , umwanya Sauda ntana 6 mois Aramara 😂😂😂😂😂😂😂
Sauda umengo namez2 ntarayakwiza niyompanvu koreshumwany ashak kugima amuvuga amwunvir inzigo
🙏🙏🙏🙏
Urikirofa cumugabo irimbwakabisa wew ntiwabiki ahontacowqkoz urihenzecanegose
Wewe urimbwa niyompamvu usumbwa numugore wawe mushenzi buri musi sauda kubera ubona intamwe agezeko burya imana irikumwe nawe naho uzoponda ukushaka imana izoguma ihezagira umuvuga nabi koyakwimye urukundo umugabo wumuhehesi gusa komwe gusa uriko uravyara ucishe make
Nabonye Koreshumwanya agombwa kuvugwa hama azimye Sauda, ico twokora ahubwo tugume tuvuga Sauda cane kugira izina ryiwe ribe hejuru!!!
@@zabibukenny2956 ndikumwe nawe mwiza turekane nico kigugu cumugabo
😅😅😅 Nima kanyamuji
Uri ikirofa wamuswa koreshumwanya😮
Koreshumwanya naho woba Usha gushira hasi kubwi Shari ntaho bizogushikana iyo ninzigo kuko bez nawe warazikoreyemwo wamushenziwe ugumiza munywa kawe sauda buri musi urumushenzi kandi inzigo yumufutu ntitobora isi
Iyo nijaruzi nimumuveko siwe wenyene yavyaye kubagabo babiri mumureke mukure inzigo
👍👍👍👊👊👊👊
Noe ikibazo nigik ko twebwe aba fana turabizi kwari Prank rero na bishasha
Nukumaramara kugira amute hasi ariko ntituzomuvinyuma tufise icotwamukundiye arahumba
Ebaga Ama Prank ntibamye bayakora? Gishasha nigiki canke ikibi kirimwo nicahe kweli 😂😂😂😂 Ashigwa nubusa kweli!!!
@@angeirat nuko wawa jew sauda ndamukunda ibiganiro vyiwe biratuje rero namuveko
Koreshumwanya wewe usigaye unwa urumogi rutagosoye wew wibagiye ivyawe na bliella ntiwarifisumugore kandafisinda mbe wibagiye babana bavuga ufise wabavyaranye chacha?rero vuga make abo wavyayeko ntiwabatwaye simbonimpamvu wamugarukana sauda ngira harico mupfa .gusa nsanzabantu bibagira ningoga pe mbe wewe nturafashwa ?tenda wema wende zako😊
Sauda ntimu ngana ntanah muzoharura Kandi wewe ntimunganya abafana
Niko yakwanse reka ubwo bujambo twarakumenye
None wewe wabuze ivyuvuga wewe wemyene urindaya mbay
None kumengawew ubujakurikamera uvuga sauda Gusa 😂😂😂
Rekan na sauda azoguteranimber kk imirimo akor nimyiz nubw yorek kwirwaz
Non ivyo nibindi😂😂
Numugore wawe niwe afise ubujajwa nne bariko barayaga numuntu aca aha ama audio umugabo sha wapi reka kutubesha mwarabivuganye
Erega koreshumwanya aronka akafukabana avuze Sauda wamuvuganabi wareka Sauda arakuruta yaba bez yareka arimukazi ivyo twebwe abafana ntacobitubwira umutehasi cnk ureke icotwamukundiye sivyowibaza.KK nawew ivyowahenzeko abantu ukaronka namahera ntawakumeneye agafu urihenda twebwe twaritubiziko arimikino uramaramara
Mwese sauda arabasumba mwavuga mwareka,ahubwo niyi tv sinzosubira kuyiraba,
Non gawagihundawe ivyukuye murifon yumugore ucubitangaza ziba wakibwawe ubwosubuntu❌❌
Erega koreshumwanya turabizi harya kobaba bariko barakina Film 😂je mpora nsoma commentaire nkabona abantu bavuze amajambo menshi batukana ngo sauda kuki wanse samy 😂nguzovyicuza nibindi vyinshi nkatwenga nkakumbagara nkacambonako harabantu bubujiji burengeje 😂
Jewe ivyayama tv ntanakimwe ncemera pe
😂😂 vyumevyunye😂😂
Sinari nabikubwiye ubu uravyiyumviye😂😂😂😂😂😂😂😂
Sha jewe nibaza ko wewe koreshumwanya uri kwihenda. Ba Evelyne ni beshi kurinosi. Banza utohoze neza uwo mu Evelyne yakundanye na Akes uwariwe. Kandi utohoze neza muba Ex ba Akes nibaza ko ata witwa Evelyne arimwo. Ahubwo nyegera ndakwihere amakuru yukuri , hama uve mwubwo bubeshi. Ukuri kuraje mugihe gito kuri Evrosen Tv.
😂😂😂😂
Umugore wawe numugome muja hamwe kumviriza abantu ibibavamwo kugira mubandagaze umugore numugabo bose nibamwe kimwe gusa ntaho muzomushira sauda kandi rero koreshumwanya ngire niwe wama umuroga kimwe gusa agati katereswe nimwa ntikigera gahenugwa numuyaga rero teka iyi nisi kandi ntisakaye
Yoooooo uyumwanya ndiko ndarengana jewe nikikiganiro ntanico narinzi basha nukuri mureke kumpora ikosa ntakoze
@@ogminajchacha3069 ntaryo wakoze kandi wamuhaye ama voice mwariko muyaga na sauda kugira amuponde kuberiki murabagome gushika hiyo mutigera mukunda iterambere ryuwundi muntu koreahumwanya yibagira nongoga kweri nibuse ukuntu sauda yamuguyeko mugihe yarimwo duterera dusubira sinarinziko yokora ibintu nkivyo imyaka ibiri agumiza mukanywa sauda iyaba nduwiwabo nasauda jewe nomukoreye ikintu Atoka yibagiye mubuzima uyo mushenzi
😁😁😁😁😁😁😁😁
Koreshitabi urisutwanyen kk ujamuri fone yumugore ww ararab ivyowayaze nabandi ubwonubusutwa😂😂
Nukubesha barabipanganye numugore
😂😂😂😂😂😂😂🎉🎉🎉
Oya ni mube mu crayant contente zanyu mureke gupondana Sauda arabahay ivyo muronkerako vues narengana😂😂😂😂😂
Ntana introduction rekanan sauda rabivyaw😂😂😂
Hahahahahaha IZINA ryiwe ryamaze kuba hasi kuri TH-cam nico gituma ahaye azana Sauda hahhahahhah izina rya Koreshumwanya ryumvikana muri Facebook gusa, kuko harya ntagafaranga kamwinjiriza!!
Sha urarondera kutwankisha Sauda arik ntavyuzoshbora rabana nivyaw umurek jew nagira nibindi ugira uvug nne ivyutubwiy biramaramaj ?ari baize atabayo wew birakuraba ?wew nta baize urigera ugira ?kuvyara nako wew kowirirwa upfukamira abakobwa witwa ngufis umugore nivyo bitamaramaj ?Sauda arakurenz sha tekereza si tu n,as pas à dire il faut te taire ça c,est de la jalousie ahbwo niw wishira hasi nagose.
👏🙆♂️🙆♂️🫂❤
Umugore wawe nciye ndamwanka nirofa nkawe nimureke kudugira kuri sauda arabarenze
Narindabiziko anthracite nabantu banje ariko ndarengana jewe nkibi ntanivyo narinzi IMANA IMPANE ARIKO NTACO GUSA JEWE NDATERANIJWE NABANJE 😢😢😢😢
Rek kwigirisha ngo urarengana aho mwagiye hamw ngo mumushir hasi sauda ntivyokund nagat
@@ogminajchacha3069 bamureka kwiyorobeka kumuntu muguma mumucafuza nkuko sivyiza abarundi iterambere ryanyu riracari kure nimwige kugira urukundo gusa uyumunsi ndababaye
@@Niyongere.francine nukuri nibamureke yifitiye ubumwe sauda arakundana cane gusa bashatse kumudugirako
@@Niyongere.francine😢😢😢😢ndarahiye mbure umuvyeyi wanje akaba harikintu nakimwe jewe nzi kwiyi videooo...koreshumwanya ahubwo yaranyivye audio ntanuko narinziko haribiyago vyabantu atora murifone yanjeee...ariko kuki mwibazako umugore numugabo bategerezwa gutanya no mumakosaa
🇧🇮🇸🇦🤣🤣🤣🤣🤣
Ntacuzorusha. Sauda. Kuko. Arikwabikoraneza. Wewe. Atarubusutwa. Nibangahe. Umazegufasha.?? Gendurabe. Tv. Yiwemumezangahe?? Ingeniteyimbere. Yoooh. Kitakurambamushenzi. Wewe. Ni. Tv. Yawe. Ntagukora. Kuberubumarayaaa. Bwakwishe. Wandaya. Wewe. Gitega. Bagukoreye amaki???,
😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂
😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂
Turamuzi Kandi nawe yarakugiriye neza umutima wiwe niwutuma tumukunda wabuz ivyuvuga😏😏😏😏
Am so disappointed in you guys but it was not to pray on our minds
Ndumiweee😢😢
❤❤❤❤❤❤
😂😂😂😂
😂😂😂😂😂