ขนาดวิดีโอ: 1280 X 720853 X 480640 X 360
แสดงแผงควบคุมโปรแกรมเล่น
เล่นอัตโนมัติ
เล่นใหม่
Abahinga ba RTNB barakwiye gukarishizwa ubwenge. Cane cane abajejwe amasanamu.
Mwiriwe neza, iyi video yagize ikibazo muma foto kukwirabwa n'abantu benshi boshirako iyiteguye neza
Wapi siyi video gusa niko bama ahubwo birateye ubwoba
Murateye isoni kumakuru adatumbereye mudushikiriza nimba mudafita aba auditors bayungurura bakongera bagatondekesha amakuru neza nimuhebe gushira amakuru kuri TH-cam
Muratumaramaje pe
Kweri Uno munsi vyanse
C'est vraiment honteux 🤔
Rtnb, vous nous faites honte!Abenegihugu tuba hanze aha niho dukura amakuru yizewe muraraba mwikebuke mubuhinga ntakigenda kuko nikenshi vyanka kabisa
Abahinga ba RTNB barakwiye gukarishizwa ubwenge. Cane cane abajejwe amasanamu.
Mwiriwe neza, iyi video yagize ikibazo muma foto kukwirabwa n'abantu benshi boshirako iyiteguye neza
Wapi siyi video gusa niko bama ahubwo birateye ubwoba
Murateye isoni kumakuru adatumbereye mudushikiriza nimba mudafita aba auditors bayungurura bakongera bagatondekesha amakuru neza nimuhebe gushira amakuru kuri TH-cam
Muratumaramaje pe
Kweri Uno munsi vyanse
C'est vraiment honteux 🤔
Rtnb, vous nous faites honte!
Abenegihugu tuba hanze aha niho dukura amakuru yizewe muraraba mwikebuke mubuhinga ntakigenda kuko nikenshi vyanka kabisa