Bro I'm not from kynza but in this game muradufise mwayigize akibare Right now I wonder what the subscribers waiting for!! More than 1M views let's get it🙌
Talented boy ❤ numv ndagufitiye confiance kuko nz icuri mur music so itegure vuba caane uraja mubandi cause you deserve it soo 🇧🇮🇧🇮🇧🇮🔥🔥🔥✍️🥰💯 God bless you
What amazing song 🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮 abumva ko gukora partage akayisangiza abandi tukabona epidey winner wacu nawe ari kuri hit nka lino g mugenziwe mumpe j'aime turabe hama uce ukora na partage🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Ikintu nibaza aba promoter bo muburundi mumaziki ibi bitumye ntamu promoter numwe wo muburundi nzosubira gukurikirana mwebwe muja aho mubona aka noti iyi song yarikwiye kuba imwe muzakunzwe muri east African courage bro jewe urankomye pe imbere niheza brother
Ese Ko Bavuga True Love Never Die
Ariko Uwukunze Ukabona Never Mind
Mvumva Bisengeye?
📌Keep Watching #Mwishayo Visualizer
N hatar njy narumiw bro,,Arthur from Kayanza we love u bro🙌💗
Amezing bro yang❤❤❤
Amezing bro yang❤❤❤
Nice bro kbx ni neza ❤❤❤❤
Nice kabisa ❤❤
It's from us...kynza 🎤
Our Representer🙏♥️ Wubahwe
Bro I'm not from kynza but in this game muradufise mwayigize akibare
Right now I wonder what the subscribers waiting for!! More than 1M views let's get it🙌
Nice song Megan from Burundi -buja WE ❤u
@@DivineNiyonsenga-e3k "Mwishayo" bisiguye iki
Big up bro you are amazing and i wonder it make me be happy i like it truely you know to sing nka Mt number one big up
This is a new big talent in🇧🇮
You deserve to be supported , you deserve my Collabo🤝🎵 let’s do it🗣️🗣️🤩🔥
Turakeneye igikogwa canyu murikumwe vrmt ♨️✊🔥
Mukore umuti Mr love
Kakwanya kicha
D one mufashe brother wawe kbs muri bamwe ❤
Karababaje gusa vrt❤❤❤😢
That’s my boy y’all 😉🔥🔥🔥
Big brother ♥️🙏 Gahunda ntirahinduka😊
Neeeza cane kar bn vt.
We lino ko mwavany kure ntiwomufasha. Kuyi publia
LunoG ft Epidey song yanyu I'm still waiting video I love it wallah yosohoka bushasha kandi ari hit
𝐌𝐮𝐝𝐮𝐡𝐞 𝐜𝐨𝐥𝐥𝐚𝐛𝐨
Mbaye uwambere mukwumviriza ino Hit song 🎶 mumpe ayo ma likes
❤️🙏
Umuntu ayiravye 2 fois ampe agonge like hano ,,Arthur from kayanza
🙏❤️
Epidey winner hejuru cane👍
🙏❤️
Abari ngaha mwishayo, inyuma ya Bizoza Epidey winner257, ft D-ONE mumpe aka👍
Oui je valide❤️
Keep moving brother nice song nice voice and good melody 🎶 from 🇷🇼🇷🇼 🇷🇼 🇷🇼 🇷🇼 🇷🇼 🇷🇼 🇷🇼 🇷🇼 🇷🇼 🇷🇼 🇷🇼 🇷🇼 🇷🇼
Ese kobavuga true love Never die ariko uwukunze ukabona Never mind mwumva bisengey???
🙏❤️
If you are here to support Burundian music, know this music industry is growing faster than ever! This guy is a new prince in town.😍😍😍😍😍👽
My brother ♥️🙏
Je rero disi Nari inyuma yamajambere Sinarinzi ko ari Weewe waririmvye iyi song 🎧 ndayikunda trop ❤yoooo bzuuu 👄
Mbona unu mukobwa bacyinishije mundirimbo wajyirango ni Milly wo muri ase tiv ababibona nkajye gusa bro courage kbx urashoboye
🙏♥️
Nanje mbona ariwe
Umuntu umusi utohera atumvirije iyi song akarenga 2 nkanje ampe like
❤️🙏
Jekumus ndayunvir zankicuro cum❤❤❤❤
Talented boy ❤ numv ndagufitiye confiance kuko nz icuri mur music so itegure vuba caane uraja mubandi cause you deserve it soo 🇧🇮🇧🇮🇧🇮🔥🔥🔥✍️🥰💯 God bless you
Abandi bavyimbavyimba kutururu bakomera muri Studio ngo nama hit song hit song yanj niyinyene❤❤❤
❤️🙏❤️❤️❤️
kumbe uw ni epidey winner🤭🤭🎉🎉🎉🎉 wubahw cn nd❤❤❤❤❤
Jewe nukuri kose ndakuri inyuma❤
Thank you 😊❤️❤️❤️
@@EpideyWinner257 🥰
Erega muta birangiy mbaye umufana wawe nkubony iryambere!!!
Bro ubirimwo neza kbsa respect kwizi hit song uguma uzuha
My brother ❤️🙏
Uwumujama ncumviriza song nibajije ko ari umunyarwanda kumbe numurundi🇧🇮🔥🔥 anothr hit song 🇧🇮🔥🤍🤍
Wubahwe muntu wacu KYZ hejuru cane mubandanye mubikora neza😋❤🇧🇮
❤️🙏
Komerezaho bimera bimejwe🔥🔥🔥ibikorwa vyivugire songs nziza cyan🙏🙏
🙏♥️
Kabisa ndakwemeye ❤❤❤ kynz hejuru
Ndarengewee sintarinzi ko mu burundi dutunze impano nkizi 😢bro ndakwipfurije kugera kure cyane hashoboka 🙌🏿🎉
❤️🙏
What amazing song 🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮 abumva ko gukora partage akayisangiza abandi tukabona epidey winner wacu nawe ari kuri hit nka lino g mugenziwe mumpe j'aime turabe hama uce ukora na partage🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
My brother ❤️🙏
Megastar ❤ epiday winner 💪from kyz
🙏♥️
So Talented ma bro
More blessings to you papa❤️🙏 wubahwe cane
Hit song kl 🔥🔥🇧🇮
🙏❤️
Yooo winner
Nukr bagushigikir urashoboy
Good song vrm
Kuber ik tudakunda ivyacu vrm
Urumv nkiy mpa nukr
Nukr nuk atah ndigez urashoboy vrm ❤❤❤ ❤ ❤ 😂😂😂😂😂
🙏♥️
Thx winner lmana ikuj imber
Kbx nkunda indirimbo zawe ndagufana imbere cyane imbaraga mukazi brother wange 💞💋🌹
Oya ntibisengeye ivyo bintu😅 Never give up brother #Mwishayo karanyengetera🔥✅🙏
My brother ❤️🙏
Nanj nciy niyumv kwank abakobw.uj ngaho ng urakunzwe ark ugasang ur mubandi😢😢😢😢😢😢😢😢😭😭😭😭
Uvuze jew My Boy😅😅True love unmindly vyosengerwa gut hhh Nanje ndumvs #ndimuband keep watching This Banger 🧠🧠✍️
Eeee iyiii song yymwana womukayanza korenz se mani 🎉🎉❤❤❤❤❤❤
♥️🙏
GO go go bro you made it 🥰u 're so talented✌
Thank You more bro❤🙏
This is a big banger my Gee keep it up ndakubona kure cane
❤️🙏
no one is talking about how humble this guy is🤌 he's just responding each comment🥰
More blessings bigMan ❤🙏
Wow!! Nice song pee, ndayishize mur favourites song zanje❤️
♥️🙏
nyimbo kali thank sana
Kaynza irayoboy mu muziki ndundi mwiyi misi ❤❤❤
Archive your dreams 🔥🔥🔥
❤️🙏
Aka kantu karakaze my brother Epidey winner🎉🎉🎉🎉🎉 keep shinning......
My brother ❤️🙏
Courage shaa the ben wo mukayanza ❤❤❤
🙏❤️
I'm in love with this song!!!!❤️
Abemera k iyii ngoo irenz kand kyz iyoboy mur music mump like duhi twimanukir
♥️🙏
#Mwishayo hit song🔥🔥🔥🔥
My brother ♥️
My boy wabikoze kbs hit song❤❤🔥🔥🔥🔥🔥
❤️🙏
Good song my big bro
Good vibes kbx
Mwishayo to the world ❤🤞🤞🤞
❤️🙏
Epidey 🎉 can't wait gukora challenge ❤😂
❤️❤️❤️
Love you from Rwanda 🇷🇼
🙏❤️
Mwishayo!! You did it
🙏♥️
Ibintu biri hot ...kurund rwego
🙏❤️
Naho nzosigara ndumwe nzokugumako my big 🌟 🎉
❤️🙏
Bro, mukayanza tuzonabica ❤so good work hard uratwika tu
Hit kabsaaaaa❤❤❤ sinduhuk kukumviriza vrt
🙏♥️
Ikintu nibaza aba promoter bo muburundi mumaziki ibi bitumye ntamu promoter numwe wo muburundi nzosubira gukurikirana mwebwe muja aho mubona aka noti iyi song yarikwiye kuba imwe muzakunzwe muri east African courage bro jewe urankomye pe imbere niheza brother
♥️♥️♥️
Twemeranyeko iyi song ikaze🎉!uyumusore yaje neza muri game kbsa
Hejuru mubicu bro🙏🙏🇧🇮🇧🇮
Ngaha zambia 👊🖐️
Keep shining my brother 💯😇🎼🎵🇧🇮🇧🇮🇧🇮
♥️🙏
My Gee✨🔥🔥🔥🔥
My Brother ❤️🙏
Birangiy nemey kabisa🤜🤛
Yambyiye kwankunda nanjye ndishima cyakora iyi song irihejuru cyn
🙏❤️
Another big and nice tune out🔥💯 , let's go let's get it bruh 💪👌@@ keep it up rataa💪 ❤ from Rwanda🇷🇼🇷🇼.
Thank you Sis❤️🙏 Love you more✅
Iyi song nahora ndayisimba nkayirengagiza ariko nsanze ari nyina wllh epidey winner courage wandika neuza knd cne vrt iyaba vyakunda yuko umuntu atanga like ako ashaka njewe noguha likes zirenga 20 courage mwana wigihugu imbere niheza aba🇧🇮turinyuma yawe hasta🚀✌️❤️
❤️🙏
Nice song❤
Kazi nzuri sana epidey.🔥🔥🔥🔥
Keep shining bro no go back i am your big fan❤❤🎉🎉🎉🇧🇮🇧🇮
♥️🙏
This Good work my bro go ahead NDAKE 🫡
❤️🙏My Gee
Basha nobabwira nkincuro numviriza iyindirimbo kumusi ndazi ntawovyemera kk birenz ibisazi. Uwumujama wallah ndagukuriy aga chapeau ndaj unyitwarire mwishayo😂😂 bro tora🌺🌺🌺 nyen nutwaw
❤️❤️❤️❤️
Good song🥰🔥🔥🔥
Big brother ❤️🙏
Impano yigendera vrt my brother imbere niheza komeza ubirimw kabisa 🎉🎉❤❤
♥️🙏
Hustla 🔥
My brother ❤️
Yambyiye kwangunda nanjye ndishima cyakora iyi song irihejuru cyn❤❤❤❤❤❤
🙏❤️
❤❤❤❤❤ iyi vidéo ikoze nez irakeye
♥️🙏
You nailed it
🙏❤️
Favorite song♨️♨️Winner Big up san🥰
🙏❤️
Waouh mvuy kwa Gyna niwe andangiye akaririmbo karyosheee😢❤❤🎉
Thank you more♥️🙏
1:26 too good ❤
My brother ♥️
Waooo courag mon grand frère. Indirimb ninziz cn gos
Thank you more ❤️🙏
Ag song kamez fresh ♨️
❤️🙏
🎉🎉🎉good so g🎉
🙏❤️
Urimw urakora akaz kez vrt imana ikuj imbere
❤️🙏
Hit song turagufana brooo courage❤❤❤❤❤
Komerezah mut
Yumwaka muzonatwica kubintu muguma muduha kumwanya kumwanya ❤❤🎉🎉 🙏 monia ntiwigera unanigwa
🙏❤️
Nako epidey winner ❤❤🎉 amashugwe nayawe
Good muzik brada🚀🔥🇧🇮
My brother ♥️
Ni ICent boy ndagufana sana indirim o zawe ziranezereza caaane❤❤🎉
Thank you🙏♥️
😢❤❤kbx ni mwishayo
🙏❤️
Egoo ndayishimy , nice bit and good voice, komerezaho❤
Never disappointed ✍🏿
♥️🙏
Talented 👊 Mwishayo 🔥🔥🔥
Olalala best melody ❤️❤️ naka Bien sana
My brother ♥️🙏
Waaaoow karatovye💫💫😍
♥️🙏
Good song
Keep up bro
♥️🙏
Iyi inguma Mumutwe wallah,
Mutsaaa baguhe kamwe muyiwawe 😅😂
ASHA NDEMEYEEEE🎉
My brother ❤️🙏more Blessings
Iz niz song zibazikenew
You deserve more brother 🎉❤
❤️😅