KOBERO. UMVIRIZA INGENE YOSUWA YANDAGAJE UMUSHEHE AKABURA IYO AHUNGIRA

แชร์
ฝัง
  • เผยแพร่เมื่อ 27 ส.ค. 2024

ความคิดเห็น • 5

  • @Mathieusinzinkayo
    @Mathieusinzinkayo 12 วันที่ผ่านมา

    Ndabakunda cane.Utwo tunenge mutoragura niko imana ya Burahamu.Yesu si intumwa risobanurwa hail zeus.Abantu bose ntibazi ko bambaza imzimu yabazungu.Ayo makosa yose bayakora ibinkana kugirango Abanyafrika mugume mu buja bgabadaimoni.Nico gituma umuzitanya bawita shetani umuco bakawita imana.Ariko siko handitswe muri bibiriya igitabo czuye kuzimiza.

  • @joramnduwingoma2674
    @joramnduwingoma2674 หลายเดือนก่อน +1

    Yosuwa hejuru cane

    • @afracopmedia
      @afracopmedia  หลายเดือนก่อน +1

      @@joramnduwingoma2674 Murakoze kudukurikirana. Ariko hejuru reka tuharekere Kristo

    • @joramnduwingoma2674
      @joramnduwingoma2674 หลายเดือนก่อน +2

      @@afracopmedia
      Nivyo kabisa hejuru haje Imana yacu

  • @igiranezafleury
    @igiranezafleury 11 วันที่ผ่านมา

    Babwire bumv izo ntago dwa za isilamuuuu