What goes around comes around,, nukuri you shouldn’t be proud kuvuga ibintu nkivyo wihaya ko wajanye nabagabo bari maried,,umusi uzogira mariage umugabo wawe akagendana nabandi bakobwa niho uzotahura agahinda wateye abo bagore bandi.Nta bwenge ugira
vraiment avenir douteux, ubuto buraguhenda, donc ww wacaguye aba gabo ba bandi. Benny tu etais de tes emiissions but this one is to much. son avenir est douteux.
Nsanze uri moins intelligent vrt,umugabo afise ico agushakako arakubesha KO usumba abantu Bose,agerageza guponda umugore wiwe kugira akwereke kuri number one kumbe uri zéro,so imyaka ntisubira inyuma dans 5ans uzoba umeze nabi kuko uhura n'abagabo benshi barandikanye bagushiramwo Ama vuris menshi so ca ubwenge wihe agaciro
Ngo bafise capacité irenze? hhh? Baba bariko bagu profita ubwo buto bwawe kaguguuu? Harya kwihumanya sivyizaaa... Akuriye wewe biba biheze... Gusa ubikora kubera ubukene ntawobiguhoraa. Nasanze kira gitsina gore ou canke en peu de mot abakobwa nasanze aribijuju peee.
Gynell respect kbxa ur'umuntu w'umugabo vrmt ndagukundira ico uri très très sérieuse❤️
Ki vivra verra hahahaaa buja yabayee amahangaaaa kweriiii. Iteramberee ou???
Iyo ni adolescence iguhenda. Baraguprofita kuriyo myaka Mike yawe.ukabandanya ujeba bazoguma bajojoterezayo.
Imana ikurengere
Nkivyo uvuga ufise ubwenge kumbe urumusambanyi mpore Imana ikurengere hama ngushaka kurongorwa
Nibagushake ndugu yangu uri bb pe🎉🎉🎉🎉
Sha akagakobwa nahora ndakemera ariko karanyumije abahungu turahuraningorane ningorane nukuri ngo uringaho uriko uratangikwano Kumugore wabatama 😢😢😢😢😢 ukagenda ngaho waronse inkumi kumbe nikirara cagendanye na so nasokuru wawe agendana experience yabatama bafise 60 -70 nawe urakajene kumbe urarwitayemwo 😢😢😢😢
Busutwa 😂
Uyo mugabo yari igihume nkawe
Turagowe rero Gyinella wacu waragahi tanye kabisa abavyeyi dusengere abana bacu🧎♀️🧎♀️
Isi iraguhenda sha
Ereg simpak ivyaw vyose ubishire kumugaragar eeeeeeeeeeéh nabahor bakwemer basigara bakugay
Abavyeyi baragowe kabisa!
Bwabund umaz kury nyish ndak😂😂😂 bazoguc umutw abagor utwar abagab baband
Urukund rwa vrai rwuwur marié numu célibataire ntirubaho urets ubwo busambany mwihay arik lvyo vyos lman irabibon ikihorer
Ntasoni ugira
Haaa😂🤦🤦
nahora ndamukunda sana gsa iyo story yiwe wapii ndke
Iyo histoire yiwe nimbiii cne nubwo mukubivuga aba yifitie confidence
Ubwo nuburaya witwajye ark nivyo ndumva iwanyu naho baramaze kuguhebap
😢😢😢 basha nahora nkunda ja Gine arko hmmmmmm kumyaka ufise kugendana numugabo wabandi😢😢😢 ndaguhanur sha icara hasi urindir rwaw kbra ivyo akubwira ko usumba ubwenge umugore wiw arakubesha kbra umwenere bose niko bavuga kandi ntibisigura ko adakunda umugore wiw aramukunda kbra imigambi yose niwe bayikorana hama ww ugatahira inyama ninzoga 😂😂😂 akakwongera amahera ya deplacement😂😂😂 aguhay 100mille muhira haba hari nka 10million😂😂rro aho uriko urahihendera lasta😂😂😂
What goes around comes around,, nukuri you shouldn’t be proud kuvuga ibintu nkivyo wihaya ko wajanye nabagabo bari maried,,umusi uzogira mariage umugabo wawe akagendana nabandi bakobwa niho uzotahura agahinda wateye abo bagore bandi.Nta bwenge ugira
Oe nkah yumv atesa Arik aravug ivy birofa
Kanywa itabi ryinshi
vraiment avenir douteux, ubuto buraguhenda, donc ww wacaguye aba gabo ba bandi. Benny tu etais de tes emiissions but this one is to much. son avenir est douteux.
Beni yama ababwira murek kugendana nabagabo babandi kubera ntaho muzoshika rindira ukwize 30ans cank de plus ubure umugabo agutwara nyoko ace atangura kuvuga ko nakuroze naho ari ww wiroze😂😂😂nukuri ndaherew uko nakuziga siko ndagusanze wallah 😂😂😂arikooo ,ibintu biraza nabi 😂😂😂😂
None nk'uyu kweli Aho rero ubona ko urenze? Hhmm icara wige
Abavyeyi barahomba😢
Nsanze uri moins intelligent vrt,umugabo afise ico agushakako arakubesha KO usumba abantu Bose,agerageza guponda umugore wiwe kugira akwereke kuri number one kumbe uri zéro,so imyaka ntisubira inyuma dans 5ans uzoba umeze nabi kuko uhura n'abagabo benshi barandikanye bagushiramwo Ama vuris menshi so ca ubwenge wihe agaciro
This girl she's very open up minded.
Ngo bafise capacité irenze? hhh? Baba bariko bagu profita ubwo buto bwawe kaguguuu? Harya kwihumanya sivyizaaa... Akuriye wewe biba biheze... Gusa ubikora kubera ubukene ntawobiguhoraa. Nasanze kira gitsina gore ou canke en peu de mot abakobwa nasanze aribijuju peee.
Mbega umu-influenceur(-euse) muba mushatse kuvuga iki? Har'abiyitirira iryo zina ariko bari ikindi batarikwiriye. Umu influenceur yigisha abandi gukora nk'ivyo akora acira inzira nziza abandi y'ivy'ubuzima, none nk'uwereka abandi kurwa mu manga muca mumukomera amashi ariko yica urwaruka?
Ahubwo arwiye agasho bakamukosorora nigitabanga nyimba ubikora ntiwohora kumbe nakaraya
Mbga umukobwa w'ikijuju! None ko yabona kuciy ubwenge kurusha sa femme mukaba mukundana ko atahevye umugore ngo atware wewe? Ngo ndamukundira abana...really? Uwo mwana umukunda utuntuje maman wiwe.
Icanyuma nagira nkumenyeshe ko abagabo bavanga abagore babo bama bafise excuse. Ngo umugore tubany kubera abana ariko akama afise inda😅ngo iyo nkumenya ntararongora nari kurongora wewe. Anyway uri muto uracafis vyinshi wiga
Basha ukuri kbsa