Témoignage_Francine yakize cancer

แชร์
ฝัง
  • เผยแพร่เมื่อ 19 เม.ย. 2022
  • Francine NIYONGERE, n'umudamu asengera muri Eglise Life Center, Imana yagiriye neza iramukiza cancer.
    Iyi témoignage ni kugira atere intege abandi barwaye bizere Imana iracakiza.
    Hakaba hari ikibazo ufise urashobora kumubaza kuri tél canke whatsapp 79491708.

ความคิดเห็น • 8

  • @jeanhavy6658
    @jeanhavy6658 หลายเดือนก่อน

    Imana dusenga irakomeye cane
    Icubahiro cose kibe ic'Imana❤

  • @chanellemuhimpundu9495
    @chanellemuhimpundu9495 หลายเดือนก่อน

    Uri intahe yigendera pe Imana ishimwe yarakoze🙌🙌Imana yacu niyo kwizerwa ibihe bidashira🙌🙌Mana uri umwizigirwa amashimwe nicubahiro no kuganza nivyawe ubu nibihe bidashira Amen

  • @dianeizere4887
    @dianeizere4887 2 ปีที่แล้ว +3

    Jw mfise ama témoignages yabantu benshi Yezu yakijije ama cancers n'a ma Sida mu ma messe de guérison. Erega Yezu ni Manirakiza hari ingwara yomananira gukiza kandi nurupfu yararutsinze. Imana idusaba ukwemera gusa.

  • @coachdivineyebes
    @coachdivineyebes 2 ปีที่แล้ว +1

    Nsaba Imana Iguhezagire cane,Igume Ikinga impande zose.Tu as combattue positivement kubera ukwizera ufise. Et surtout que tu étais bien entourée muri combat yawe yose.
    C'est vraiment important Imana Ininahazwe cane kuvyo yagukoreye.

  • @cici_ciella18
    @cici_ciella18 2 ปีที่แล้ว +1

    IMANA yacu Iriho kandi Uracakora ibitangaza

  • @bebebebe9269
    @bebebebe9269 ปีที่แล้ว

    warakoze Mwami YESU 🙏🙏🙏

  • @jocelyneinarukundo3655
    @jocelyneinarukundo3655 2 ปีที่แล้ว

    Dieu merci 🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏

  • @beatricenkurunziza3136
    @beatricenkurunziza3136 2 ปีที่แล้ว

    Gloire à Dieu,