ขนาดวิดีโอ: 1280 X 720853 X 480640 X 360
แสดงแผงควบคุมโปรแกรมเล่น
เล่นอัตโนมัติ
เล่นใหม่
it is good
Turakwemera
Ndakuramukije
Urakoze mwanafunzi. Ariko mfite akabazo nakwibariza.👇👇None ko haraho dusanga ukwez kwaheze ningoga ntibifitaniye isano nivyo uvuga? Aho ndavuga irya misi 30 igize ukwz
Cyera najyaga nibaza ese niba isi izenguruka kandi nyihagazeho,Kuki Nsimbuka nkajya hejuru ark nkagwa aho narindi nta nasanimetero nimwe yansizeho ngo ngwe ahandi !😂😂😂Gusa uyu mugabo Mwanafunzi ❤❤❤❤❤
Jewe nubu ntavyo ndatahura
None harya ubona ukwezi Kuriko kuriruka caaaaane haba habaye ikiii?
Ikirihejuruniki
Uzodusigurire ibijanye nurukino rwa catch
turabakurikiran hama mudusobanurir harya ibicu ubona biriko bigenda biba vyagenz gt
Ariko nimba isi igenda 107,000 hr ikaba yakoresha imyaka 80,000 kugera kurugwo runyenyeri Nonoho Venus yo ikabigenda 125,000hr yo ikaba yagera kurugwo runyenyeri mumisi 16. 😂😂😂. Ikinyuranyo ca km 18,000 hr nico catuma isi ikoresha imyama 80,000 Venus nayo 16 days? Reka reka iconikinyoma gipima kg 1 yuzuye
Imibumbe ntabwo ari 9 gusa.
Uzatubwire kundwara yo kuva amaraso mumazuru (imyuna) amavu namavuko yayo
Ndakubaze izubanisi
ikiri hejuru n'izuba kuko ninaryo ritanga umuco kw'isi
Oya Mwanafu,Biblia itubwira ko ukwezi kwaremwe nkuko izuba ryaremwe ndetse nindi mibumbe
1 Nonese komuvigako isi iri mukirere ko idahanuka? 2 iramutse ihanutse yagwa hehe?3 umuntu utuye kuruhande rw isi ko adahanuka nyine kumpera yisi ahanutse we yagwabhehe?😂😂😂😂😂😂😂😂😂
Ibi bintu uko ubisomye umuntu abishyize mu mutwe yasara
Ebananibyo....
it is good
Turakwemera
Ndakuramukije
Urakoze mwanafunzi. Ariko mfite akabazo nakwibariza.👇👇
None ko haraho dusanga ukwez kwaheze ningoga ntibifitaniye isano nivyo uvuga? Aho ndavuga irya misi 30 igize ukwz
Cyera najyaga nibaza ese niba isi izenguruka kandi nyihagazeho,
Kuki Nsimbuka nkajya hejuru ark nkagwa aho narindi nta nasanimetero nimwe yansizeho ngo ngwe ahandi !😂😂😂
Gusa uyu mugabo Mwanafunzi ❤❤❤❤❤
Jewe nubu ntavyo ndatahura
None harya ubona ukwezi Kuriko kuriruka caaaaane haba habaye ikiii?
Ikirihejuruniki
Uzodusigurire ibijanye nurukino rwa catch
turabakurikiran hama mudusobanurir harya ibicu ubona biriko bigenda biba vyagenz gt
Ariko nimba isi igenda 107,000 hr ikaba yakoresha imyaka 80,000 kugera kurugwo runyenyeri
Nonoho Venus yo ikabigenda 125,000hr yo ikaba yagera kurugwo runyenyeri mumisi 16. 😂😂😂. Ikinyuranyo ca km 18,000 hr nico catuma isi ikoresha imyama 80,000 Venus nayo 16 days?
Reka reka iconikinyoma gipima kg 1 yuzuye
Imibumbe ntabwo ari 9 gusa.
Uzatubwire kundwara yo kuva amaraso mumazuru (imyuna) amavu namavuko yayo
Ndakubaze izubanisi
ikiri hejuru n'izuba kuko ninaryo ritanga umuco kw'isi
Oya Mwanafu,Biblia itubwira ko ukwezi kwaremwe nkuko izuba ryaremwe ndetse nindi mibumbe
1 Nonese komuvigako isi iri mukirere ko idahanuka?
2 iramutse ihanutse yagwa hehe?
3 umuntu utuye kuruhande rw isi ko adahanuka nyine kumpera yisi ahanutse we yagwabhehe?
😂😂😂😂😂😂😂😂😂
Ibi bintu uko ubisomye umuntu abishyize mu mutwe yasara
Ebananibyo....