Vyumve vyogufasha Ep3: Twamaranye igihe gito cane//Ndacamukunda bihebuje//NSHIMIRIMANA Justin

แชร์
ฝัง
  • เผยแพร่เมื่อ 25 ส.ค. 2024
  • Mwipfuza kuyaga natwe kuri telefone mwokwifashisha iyi numéro +25762924265 canke +25779476307 (Appel & Whatsapp) ariko kandi mwonatwandikira kuri Email yacu: neemagospeltv@gmail.com . Ivyiyumviro vyanyu,intererano zanyu kubw'ibiganiro n'ubutumwa tubashikiriza,vyose birahawe ikaze kubwo gutegura umugeni wa Kristo Yesu

ความคิดเห็น • 12

  • @NsabiyumvaNephtalie
    @NsabiyumvaNephtalie 16 วันที่ผ่านมา +1

    Cuti yanje Imana ishishikare ikwiyereka

  • @ber-nickirankunda7693
    @ber-nickirankunda7693 ปีที่แล้ว +1

    pole sana Justin.ukomeze wihangane.birababaje

  • @raissaeniemahoro821
    @raissaeniemahoro821 ปีที่แล้ว +1

    Yesuu agukomez shn Justin nukur inkuru yae yarambabaj pe😏😏gs ikintu cos kiba kumugambi w'IMANA

  • @dnecinemiro3002
    @dnecinemiro3002 ปีที่แล้ว +1

    Nukwihangana birababaje ariko mwijuru harimana izoguha Icumutima wawe wipfuza

  • @j.baptisteniyonizeye135
    @j.baptisteniyonizeye135 ปีที่แล้ว +1

    Biragoye kwakira ariko aheza ni mw'ijuru.
    Shishikara kwihangana mon frère.na neema tiv murakoze Kuko ici c'est un bibliothèque

  • @doucineigiraneza933
    @doucineigiraneza933 ปีที่แล้ว +1

    Kubura uw ukunda nikigeragez gikomey,arik Imana ikomeze kubaremesha.ibasomore nukuri.

  • @kazeparfait7206
    @kazeparfait7206 ปีที่แล้ว

    Imana Izoguhoza mon frere justin

  • @ndikumanadarlene6126
    @ndikumanadarlene6126 ปีที่แล้ว

    Shishikara kuruhukaaaaaa amahoro Déborah, IMANA yitwa NYAMUGIRUKWIGOMVYE

  • @lucieniyonsaba335
    @lucieniyonsaba335 ปีที่แล้ว +1

    Imana ishishikare kubakomeza, knd Imana ishimwe ko muremye hakiri ivyizigiro,Imana izobagirira neza, ibisigaye, Imana izoduh iherezo ryiza, tuzoshik mw'ijuru , tuzobonane nabacu batwitangiy'imbere!!

  • @ericnimpojeje9432
    @ericnimpojeje9432 ปีที่แล้ว

    Kobitavuga ibinibiki? Vyabaye gayemwe

    • @neemagospeltv
      @neemagospeltv  ปีที่แล้ว

      @Eric Nimpojeje vyanse kuvuga?