the SYUB show With Burundi Drummers of Atlanta in Dallas Texas 2017

แชร์
ฝัง
  • เผยแพร่เมื่อ 19 ก.ย. 2024
  • Burundi Drummers of Atlanta, Barabiciye biracika m'ukuvuza umurisho wingoma, kumusi wo kwizihiza kuncuro ya 55, Uburundi bumaze bwikukiye, ku Barundi basanzwe baba muri America, kurikirana nawe wirabire.

ความคิดเห็น • 3

  • @dzelbahnijmb1765
    @dzelbahnijmb1765 6 ปีที่แล้ว +3

    Sindabona igihugu gifise drapeau nzinza nkuburundi.

  • @davyirumva6805
    @davyirumva6805 4 ปีที่แล้ว

    vyar bimez nez kbisa ariko abakobwa kuvuza ingoma sivyo kbisa muz mubihindure

  • @ingabiresandrine5278
    @ingabiresandrine5278 6 ปีที่แล้ว

    Vyose ni10/10,yamara abakobwa kuvuz ingoma ni umuziro. Iyizimbutse y, abasokuru ntishobor kuruhuka. Umuco n, akaranga ntibihindugwa burya erega.