ขนาดวิดีโอ: 1280 X 720853 X 480640 X 360
แสดงแผงควบคุมโปรแกรมเล่น
เล่นอัตโนมัติ
เล่นใหม่
Courage Mr sabbas mubirimw nez
Yewe gaweee! Film Ubuzima igiye gushuha kurusha mbere. Na Belyse araje! Mbega ibintu weeeee! Mubandanye muja imbere ndabakunda cane gose
Sabbas I love you so much,, May GOD keep you where you are; I am waiting for next episode🖐🖐
Abarundi biwac komer❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤
Iyi film Simba nipfuza kwihera Kuk iranyubaka bihagije🙏🙏🙏,courage 🥰🥰
YeweeeeNdabona umuriro ugiy kuzokwakaHagati ya Grâce na Belyse ababibonyNkanj tumenyane kbx team Sabbas mwubahw can tura ❤️❤️❤️❤️❤️👏👏
Kajeneza yesamuhezagire cane
Kajeneza Imana igufashe Joachim ntapfe kuko vyoja kugatwe kawe kko mufitany ikibazo.arik rro ndakunze ukuntu wihagazeko imbere yuwo mugore
Ndabona ibintu ni good sabbas komera ku bikorwa .ndabakunda ❤❤❤
Kaj nez ❤️✨
Nneho birashushe nukur courage my brother sabbas ibikorwa vyaw ndabikurikirana💯wubahwe 😘😘✔☑✅❗
Kubirab uyu unit bingejeje ahantu,gucererwa kwer ,ariko ntaco hako nosiba ✅🇧🇮❤️
Yebabaw sinar bwarab neza filme yahor iryosh nariry ubuhoh hajemw izontare Grâce na Belyse hagiy gutokombera wallah 🔥🔥🔥🔥
Respect Mr Sabbas !!!! Vraiment iyi film irimwo inyigisho pe. Alice na Belyse murashoboye gukina.
Courage,mukina neza caane...Imana ibashoboze....
waooo harahiye aba asase kazi barashitsemwo belyse na grâce bigp
Haraje hashe belyse na Alice arafu rero mum kajeneza💕💕numu sure vyahatari mukuvuga avuga yashizeko akaburungu🤣🤣🤣🤣 ndamwemera sana Yoooh GAGA AND belyse mwahishikinye mur film ubuzima turaba💕💕
Courage bantu bacu muganga ari mama joakim genda buhoro hrigih uzomenya ukuri Alice na bellise nabo hagir 🔥🔥🔥Courage à tous 🥰🥰🇧🇮🇸🇦
Nahagez ubuzima hejuru cane Belyse kubita utababarira uramuhushije bobo be na beth ntibazoguhusha team yanyu yose mwubahwe 🙏🙏🙏 🥰🥰
Yayayayayayaya faya ibintu ndabona bigira bizane iyindi sura🙈🤭🤭🤭🤭kajeneza komeza gusenga ndabona bitaguye kworoha belyse vrt ufise role ushoboy🤣🤣🤣🤣🤣🤣🙏
Waooo nacerewe😆😆😆mwubahwe❤❤kunyigisho nziza muduha
Ngwahoooooo yantare yingore belyse ibijemwooooooo😂😂Haratokombeye😂
Hagiy gusha 🔥🔥🔥🔥🔥
Ha nihatari ntibigiye kworoha peee ndabakunda kanini mubandanye muhezagirwa film irikurwego rwohejuru vraiment je vous encourages
Ubuzima congratulations kbs 🔥🔥🔥🔥
Ndbuze icomvug nukuri kimw novug nuk ndbakund cneeeeeee💗💗💗💗💓💓💓
Kajeneza inama nakugira cheira nagusaba imbabazi uzazimuhe
timba cheilla nindege irasha🤣🤣🤣🤣🤣ubuzim hejuru cne 💪 courrage team sabass 👌🇧🇮🇧🇮🇸🇦🇸🇦
Ninde yakuzanyino
Turabakunda cane noneho filamu dukunda cane baguma basigamo ibirungo Turabakunda ALOVE YOU 🥰
Icogiswahili Nico vrt penda sana watu wangu🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮❤❤❤❤❤
Kajeneza ubarikiwe ,unabijua tena role yako inakufanana❤❤
Courage bantu bacu aho turi hose turikumwe namwe kandi ndabakunda peeee l love you so much 💓💓💓💓💓
Ooooh sabass imana igucirinzira wariwarakoze ineza ham courage cne muratwuba imitima
Kajeneza courage na team yose mukomere turabakunda abiwacu murashoboy💪💪💪🇧🇮🇸🇦🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇸🇦🇸🇦🇸🇦
Yoooh biraryoshe pee part11 ubuzima good lucky
Eee Buzimana niburebure cane 🙆♂️kajeneza we amagorwa ntasirwanayandi gus hanga amaso mwijur nayand ntiworohere😲😭gus bigiye kuryoha ndaba ndabona ibintu vyhinduts 👌🇸🇦
Yooo kajeneza Imana igukomez kuk ibi geragez kum christo ntibibur
🔥🔥🔥kajeneza nawe' ihagarareko urabon ukunt bagusuzugura🤷🤷🤷gus courage nyish turabakunda💓
Imana ntaco ikorera ubusa humura kajeneza uzotabarwa
Courage mwese murashoboye..belyse wew ababajw nuko atarash alice
🥰🥰🥰🥰🥰irimwo impanuro nziza canemwayiteguye neza
Yaaaaaaaa Asha kizimya muriro ibehafi harahiye kajeneza bashaka kukwifatira babonye Kuri muchungaji
Brlyse ndakwibuka kweli urakaze.utway sabbass Ange
Harahiye koko💪💪💪alice na belyse maole😀😀😀mukomere turabaku❤❤❤
Belyse rer raule zose bamuh nizubugome gusa so murashoboye 💪💪💪👍👍👍
Abarundi murakaze vrema! Courage
Turarenz gus ngo ur mawe 🤣🤣🤣🤣
Twari tuyikumbuye courage 💪♥❤👏
Courage sabbas ndagukund🥰mwikurek uw mugor vrt
Iyind muyinyaruts bash ndabon hagiy kwaka nez neza 😀so mubikor nez knd courage
Nacerew rekambanze nkor Partager ❤️😋 hamwenivyo ndabakunda abazanyuma yanje bakundaguceregwa nkanj tumenyane 👇 Hama ababonako uburundi butunze abanyempano munvugutire umubirizi 🤣so guys ilove you so much
@م ubusa busumba akamaramaza iciza nukowahashitse mugenzi ❤️
Good job barundi. Turi kumwe✌Mukomere
Yooo kajeneza disii, amagorw ntasiga ayandi. Arik Imana irakubona kand izokomez kukurwanirir. Alice naw rer 😂😂😂ng uri mawe😂😂uhuy nuw mungany amanyam
Courage bantu biwacu murashoboye🙏🏾🙏🏾🙏🏾
Waoooo Belyse yamaz kuhashik courage 💪
Courage na Belyse ndasubiye kumubona naha naho👌👌👌
Nimwirambire
Reka mbanze nkore akazi ndagufatira umeamua,mais courage🙏🙏🙏🥰🥰🥰
Gakor uragaruk kurab hanyum ukagabanij mwarabo ntahav akwirukan nkabandi😱😱😱
Ego 💯 ✍ 💯 ✍ 💯 ✍ 💯 umungiraneza uramubariye neza siwe yabigize cha ♥ ❤ 💖 🎶 💕 arakira noneho nichirasoni yakagore
Ubuzima &mbeg belyse ww ntaj kuvyorosh ndabkun♥️✌️
Big Up sana naona kazi nzuri sana kweli
Asante sana
Mana tabara johakimu wiheshe icubahiro kajeneza yarizekeshe akoriciza arikibibi bikamutagimbere turabakunda kuntumuvyitwaramwo neza❤❤❤
Belyse hejuru cane 🤔🤣🤣🤣🤣🤣 ngo nikirenge cawe ntikizi iyo urushengero ruhererey 🤣🤣🤣🤣 courage team sabbas
Isosa nk'isukari iyi film,😃😃kwitesaaaa
Courage mwubahwe ndakunda yemwe sabbas ushavuranabipe .mukomere
Yooo kajene disiweee uracageragezwa mbese bizoherera hehe?? Ivya Alice na Joakim so bravon bakinzi banje ndabakunda kumpanuro zanyu uwiteka abakomeze mugikogwa🙏🙏❤️❤️
Ndabakunda cyane muzi gukina film, jye ndi murwanda
Suite tuyibabwe vuba Imana ibaje imbere
Mwubahwe. Cyane. Ndabakunda
Ayiiii weeee mbega biraherer heh?!🤔🤔🤔Ewe kajeneza uw mutim waw mwiza niw uzotum ugum uhura n'ibibazo🤗🤗gusa wihangan uzohembwa n'Iman.Gusa ndagushimiy ukunt wikuye uwo muforomakazi,ereg rimw na rimwe no kuva mu mpwemu ukaj mu mubiri biba bikenew🤣🤣honyora aha shaaa🤜👋😂😂ham estime naw dumba umusosi kuk niw wavyiteye😉😉haaa Belyse wew kurasa wavyigiye hejuru y'amazi😆😆we can't wait next epis👌👌
😁😁😁😁😁😁😁😁😁😁😁🔥
Unomusi nanzindutse kweri uwambere uhereyinyuma 💪💪💪💪
🎉🎉🎉🎉naho nacerewe imyaka myishi noshimiye ko ndayiravye
Korera Imana di sabba urekane nuwo mukecuru
Ndabakunda bigisha beza bacu mwubahw
Ibikorwa vyiiiza bantu bacu
Ibintu biraryoshe yamazi bagomba gusesa ri kazeneza bayasheshe kuri Estime 🙏🙏
Iyo film ,irimwo inyigisho pe. Kajeneza hamwe nabo mukina hamwe nivyiza peee.
Ukoriciza ukagisanga imbere Ubu ugiye gupfa uzara ibitagira akamaro
Yahor iryosh nariryaaa😃😃ubuho nifinal kwijemwo belyse😍😍😍
Hagiy gusha 🔥
SABBAS wubahwe keep doing good works
Yesu weeeeee kajeneza Imana ibane nawe
Ngwahooooooo🙆♀️🙆♀️🙆♀️🙆♀️belyse abijemwo😳😳😳😳😳tayari karabaye🤔🤔🤔
Courage kndi Turabakunda kndi turabakurikirana
Belyse karibu cane muri film ubuzima
Film ubuzima hejuru 💪💪🇧🇮,abarundi turashoboye
Asha ndabakunda cane vrt uhoraho abashoboze vrt
Wawooo vyiza cane na Tambwe yahigereyepe💪🙏🔥
Asanteni saana kwa kutuwekea na kiswahili kidogo jamaan Mungu Awabariki Saana
Asante ombi lako limejibiwa
Mamq kajeneza koko🤣🤣kubwira umurwqyi guco anyway welcome belyseeeeeeeeeeeee umukinyi mwiz tu
Alice no mubuzima busanzwe...afise akanyaro karenz birabonek😀😀😀😀😄😄😄😄
Oya suko film iratandukany nubuzima busanzwe mb ukinye rôle yukwica ub ur umwocanyi???
@@nadiaigiraneza3676 oya biramusa,knd yakiny nez rôle yiw kbs
Mazina yanje sheila ndagukunda urimwiza kandi ukina neza😙😚
❤️❤️❤️❤️❤️courage #kajeneza ndabakunda saaana
Rusutime ehee,amakofi ngayo,ikibase camazi ngico😅😅,Alice nguri mawe😅😅😅jew ndabakunda nukuri 😅😅
Yooo harakubabanye Sabbas🤣🤣🙆♀️🤦♀️
Asha ntakintu kindyohey nkokunzanira aba chries banj Solange na Belyse.Komez kaj neza abawe tukurinyuma👍
Nari ndayindiranye igishika 👌👌 courage caane
Kbx murashoboye mutunyarukiriz iyikurikira kajeneza ukomez kwihangana nugusenga
Ngufashije ngufashiriza ahofuhuriye ntaninomero ndaguha hubwo mugiraneza kwigishabantu jewe ntamuntu notunga nuwotuvukana nukumufashiriza iyari
Yooo kaje neza disiii,ihangan ntajoro ridaca
Belyse weee harahiy kabisa nar ngukumbuy
Songa mbere hautaludi nyuma kwajina layesu
Belyse na Bety nabo babijemwo. Hagiye gutokombera. Sabbas hejuru cane
Yooo mbengo harasha 🤣🤣kajeneza agir yikurek umunt mam wiw naw aranyica aba abirimw neza
Ubwo belyse ahageze haraje hasheeeeeeee🔥🔥🔥🔥🔥ngo n'indege irasha kbs🤣🤣🤣🤣🤣🤣
Hagiyeguch bellise karibu uraryoch ibintu kajeneza kugiyegukomeregw iman irakubon 😢😢
Courage Mr sabbas mubirimw nez
Yewe gaweee! Film Ubuzima igiye gushuha kurusha mbere. Na Belyse araje! Mbega ibintu weeeee! Mubandanye muja imbere ndabakunda cane gose
Sabbas I love you so much,, May GOD keep you where you are; I am waiting for next episode🖐🖐
Abarundi biwac komer❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤
Iyi film Simba nipfuza kwihera Kuk iranyubaka bihagije🙏🙏🙏,courage 🥰🥰
Yeweeee
Ndabona umuriro ugiy kuzokwaka
Hagati ya Grâce na Belyse ababibony
Nkanj tumenyane kbx team Sabbas mwubahw can tura ❤️❤️❤️❤️❤️👏👏
Kajeneza yesamuhezagire cane
Kajeneza Imana igufashe Joachim ntapfe kuko vyoja kugatwe kawe kko mufitany ikibazo.arik rro ndakunze ukuntu wihagazeko imbere yuwo mugore
Ndabona ibintu ni good sabbas komera ku bikorwa .ndabakunda ❤❤❤
Kaj nez ❤️✨
Nneho birashushe nukur courage my brother sabbas ibikorwa vyaw ndabikurikirana💯wubahwe 😘😘✔☑✅❗
Kubirab uyu unit bingejeje ahantu,gucererwa kwer ,ariko ntaco hako nosiba ✅🇧🇮❤️
Yebabaw sinar bwarab neza filme yahor iryosh nariry ubuhoh hajemw izontare Grâce na Belyse hagiy gutokombera wallah 🔥🔥🔥🔥
Respect Mr Sabbas !!!! Vraiment iyi film irimwo inyigisho pe. Alice na Belyse murashoboye gukina.
Courage,mukina neza caane...Imana ibashoboze....
waooo harahiye aba asase kazi barashitsemwo belyse na grâce bigp
Haraje hashe belyse na Alice arafu rero mum kajeneza💕💕numu sure vyahatari mukuvuga avuga yashizeko akaburungu🤣🤣🤣🤣 ndamwemera sana Yoooh GAGA AND belyse mwahishikinye mur film ubuzima turaba💕💕
Courage bantu bacu muganga ari mama joakim genda buhoro hrigih uzomenya ukuri Alice na bellise nabo hagir 🔥🔥🔥Courage à tous 🥰🥰🇧🇮🇸🇦
Nahagez ubuzima hejuru cane Belyse kubita utababarira uramuhushije bobo be na beth ntibazoguhusha team yanyu yose mwubahwe 🙏🙏🙏 🥰🥰
Yayayayayayaya faya ibintu ndabona bigira bizane iyindi sura🙈🤭🤭🤭🤭kajeneza komeza gusenga ndabona bitaguye kworoha belyse vrt ufise role ushoboy🤣🤣🤣🤣🤣🤣🙏
Waooo nacerewe😆😆😆mwubahwe❤❤kunyigisho nziza muduha
Ngwahoooooo yantare yingore belyse ibijemwooooooo😂😂Haratokombeye😂
Hagiy gusha 🔥🔥🔥🔥🔥
Ha nihatari ntibigiye kworoha peee ndabakunda kanini mubandanye muhezagirwa film irikurwego rwohejuru vraiment je vous encourages
Ubuzima congratulations kbs 🔥🔥🔥🔥
Ndbuze icomvug nukuri kimw novug nuk ndbakund cneeeeeee💗💗💗💗💓💓💓
Kajeneza inama nakugira cheira nagusaba imbabazi uzazimuhe
timba cheilla nindege irasha🤣🤣🤣🤣🤣ubuzim hejuru cne 💪 courrage team sabass 👌🇧🇮🇧🇮🇸🇦🇸🇦
Ninde yakuzanyino
Turabakunda cane noneho filamu dukunda cane baguma basigamo ibirungo Turabakunda ALOVE YOU 🥰
Icogiswahili Nico vrt penda sana watu wangu🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮❤❤❤❤❤
Kajeneza ubarikiwe ,unabijua tena role yako inakufanana❤❤
Courage bantu bacu aho turi hose turikumwe namwe kandi ndabakunda peeee l love you so much 💓💓💓💓💓
Ooooh sabass imana igucirinzira wariwarakoze ineza ham courage cne muratwuba imitima
Kajeneza courage na team yose mukomere turabakunda abiwacu murashoboy💪💪💪🇧🇮🇸🇦🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇸🇦🇸🇦🇸🇦
Yoooh biraryoshe pee part11 ubuzima good lucky
Eee Buzimana niburebure cane 🙆♂️kajeneza we amagorwa ntasirwanayandi gus hanga amaso mwijur nayand ntiworohere😲😭gus bigiye kuryoha ndaba ndabona ibintu vyhinduts 👌🇸🇦
Yooo kajeneza Imana igukomez kuk ibi geragez kum christo ntibibur
🔥🔥🔥kajeneza nawe' ihagarareko urabon ukunt bagusuzugura🤷🤷🤷gus courage nyish turabakunda💓
Imana ntaco ikorera ubusa humura kajeneza uzotabarwa
Courage mwese murashoboye..belyse wew ababajw nuko atarash alice
🥰🥰🥰🥰🥰irimwo impanuro nziza canemwayiteguye neza
Yaaaaaaaa Asha kizimya muriro ibehafi harahiye kajeneza bashaka kukwifatira babonye Kuri muchungaji
Brlyse ndakwibuka kweli urakaze.utway sabbass Ange
Harahiye koko💪💪💪alice na belyse maole😀😀😀mukomere turabaku❤❤❤
Belyse rer raule zose bamuh nizubugome gusa so murashoboye 💪💪💪👍👍👍
Abarundi murakaze vrema! Courage
Turarenz gus ngo ur mawe 🤣🤣🤣🤣
Twari tuyikumbuye courage 💪♥❤👏
Courage sabbas ndagukund🥰mwikurek uw mugor vrt
Iyind muyinyaruts bash ndabon hagiy kwaka nez neza 😀so mubikor nez knd courage
Nacerew rekambanze nkor Partager ❤️😋 hamwenivyo ndabakunda abazanyuma yanje bakundaguceregwa nkanj tumenyane 👇 Hama ababonako uburundi butunze abanyempano munvugutire umubirizi 🤣so guys ilove you so much
@م ubusa busumba akamaramaza iciza nukowahashitse mugenzi ❤️
Good job barundi. Turi kumwe✌
Mukomere