Libert courage mon-frère,gus iyi film iraryohera na mpaka 🥰🥰🥰,makanyaga ngo yagiye gusoba ahantu in box😂😂😂😂😂😂😂😂 acagwa kwizo mpuzu ,non urahatswe wigereranya na nsoro,🇸🇦🇸🇦🇧🇮🇧🇮🙏🙏
Turipfuza ko womyarutsa ep ikurikira Mana libert ararenze kurugero ntonavga mutama wubahwe kandi ufise aba actors babizi kabsa WE are waiting for the 10 period
Uwomukobwa mwakinanye Yakinye neza Cane ✌🏼 Ntitwigeratunanigwa
Awesome story development.. Big up to the team 👌
Courage Libert💪Gusa uratunyoteza, abakunzi ba Nsoro mump twatundi👍
3FA COMPANY ibipfurije kugera kure cane mube icitegererezo mumahanga🌎🌍🌏MURAKUNZWE❤️
Lavine umeng mwe n'a libert babibonkereje kubibero bimwe pe!so courage
😢😢😢
Waooo mbega film weeee libart ndakunda ukuntu ukina film vrt umengo si film abakunz ba nsoro tumenyane jew ihez ntarashirwa😂😂😂
Arikose koko iyi flime iryoshye gucya mwatwongereye iminota koko. Njyewe ntababeshye irangira ntabishaka. 👊👊💪💪💯
Nsoro hejuru cane. Ibikogwa vyawe ni ntasubirizwa. Courage
Reka ngushimire ntaranayiraba kubera uyumusi urayinyarukje.🤸🏻♀️🤸🏻♀️🤸🏻♀️🤸🏻♀️🤸🏻♀️🤸🏻♀️❤️❤️❤️
Abakunzi ba Nsoro mumpe utu like
Big up Real Boys Company!!! Kumbee Burundi turashoboye peeee ibintu vyose nibizima cane nuburyo bukena nayo Gukina murabishoboye Imana ibahe inkomez
Murashoboye nukuri.burundi bwubahwe.🙏🏻🙏🏻🙏🏻🙏🏻🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Our english teacher libert love you so extremly reka reo kutunyoteza duhe 10 vuba
Libert vrt wubahwe ndakwubaha sana ndanakwemera vrt ukomeze urakomeye!big up sana
Libert courage nsoro ndayifana cyane gose
Libert courage 🙌🙌 makanyaga nawe🤔yambu 👋😀😂😂😂😂
Love so much. Irwano rero igomba itangure
My favority Libert, ubikoze neza cyane✓ Bigup sana bro i Love you then!!!!!
Muyinyarutse libati
Film iryosh canee libert respect kbsa kandi courage
🇲🇿🇲🇿🇲🇿🇲🇿🇲🇿 ndabakunda cane kitu kizuli sana
Waoooooo!!!!!urerakanye kushoboy rwana rer bazuwuriwe!!!
Niyompamvu ndagukunda libert kk utweraka ibintu bizima 🥰🥰🥰🍾🍾
Libert courage mon-frère,gus iyi film iraryohera na mpaka 🥰🥰🥰,makanyaga ngo yagiye gusoba ahantu in box😂😂😂😂😂😂😂😂 acagwa kwizo mpuzu ,non urahatswe wigereranya na nsoro,🇸🇦🇸🇦🇧🇮🇧🇮🙏🙏
Filimu imbuza amahoro,mpagarika vyose nkabanza kuyiraba mwubahwe🙌
Love from Step Media 257
Ndabakunda cane courage nubwomuziduha mutevye
Waoo ndabikundir can igem mutwitwararik mutatwibagir mwubahw can namaz kuhigerer
mbega saison weee!! uwayiraba yarahomvye pee!! so big up bwana nsoro courage kbx urashoboye
No hanze yohiganwa iyi kbs!! Courage my favorite libert
Libert ubikora neza cyane wubahwe ndagukunda pe
Uruwamber mugukin action mubu🇧🇮 courage Robert
Waaoh Libert Brother courage komerezah mubigenz nez tubarinyum mukomerezeh
Hejuru cane kugasongero Libert, turagukunda cane❤️❤️❤️🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Mukomere cane, ndabona ko tugiye munyungu
Doré film ngo iragera aharyoshe. Big up kbxa!
Courage mu bro nsoro ibintu ni frch mubitegura neza,gusa vuba muduge ntimutonyoteze Big up
Thx libert nubwo biba bitoroshye ark ep turayibona kand courage turagukunda🇷🇼
Ndikundira ivyiwacu wubahwe nsoro😂😂😂😂😂😂🇧🇮🇧🇮🇧🇮👌👌👌👌
Ewana iyi Film Iza yanryohera kbx.Ribert arategura kbx
Numuriro kbsx 🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥Karyoshe ntigahora mwitama
Nkunduburyo film yanyu mwayiteguye kbsa murigutang umuco kugihug cac🇧🇮 zamuratunyarukiz uduc tukurikira
Waaaaoooo respect my brother courage imbere niheza cn 🔥🔥🔥🔥
Muburundi turashoboye nukuri ntawosubira kuraba ivyohaze Kandi natwe tuzifise wapi💪💪💪💪💪💪🥰🥰🥰🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇰🇼🇰🇼🇰🇼
Nsoro watunyotejeeeee tuhe akandiiiii!!! Urashoboy kweli
Wubahwe 👌👌👌big up bro ubikora neza cane
Nsoro urashoboy kbs ndagufana can murabe muyitunyarukirize iyikurikira
Munyarutse igice ca 10 mukama nsoro ribert
Libert ubikoz nez can big up ❤❤❤❤❤❤
Nsoro nagashitse urabe undemere nukur Nsoro wubahwe undukorera umuti wubahwe caneeeeeee turagukunda❤❤❤❤
Libert tur kwikundira urumukinyi mwiz pe courage 💪💪💪🇧🇮🇧🇮🇧🇮🔥🔥🔥
Imbavu zanje kwa makanyaga aranyishe 🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣big up soro the heros🤜🤛🤜🤛
Umwana ambwr ngo libati respect
I❤ nsoro the hero wubahwe libert
The hero6 🔜komwazitindanye
Libath nongeye kugukunda iyikurikira izoba ari fire 🔥
Abakunzi ba Nsoro tumenyane 😘😚
Nsoro wubahw🙏🙏🙏 koromb uramwibwiy🤔🤔🤔mwicung na cyrsi
Waooooo ndayisubiyemwo icuro3 nsoro wubahwe kabsa undukorera umuti kandi unomusi wanduhaye iminuta mike nukur ubutaha uzokogere nuku
Hagiye guhira rimw Kabisaaa ! Love from GOLD AFRICA TV
Yooo libati yarafashwe mwamucunguye kweri kuzitora
Ribart wakwetu burundi❤ kwaubola wakeee❤🎉🎉🎉🎉🎉❤❤
Libert I love U so much ubikoze neza uratunyarukirije!Reka ndayirab rer
Ubikor neza .ariko uzohindure umusobanuzi . uzoyihe rocky film izoj kuyind level. Ndagkunda ukina neza ariko umusobanuzi muhindure urab ukunt iba ubuki.
Big up abana b'iburundi murashoboye kabisa
Noe libert urafise ihasa canke irya ni montage nyene
Murabe nukuri mutunyarukirize ikindi gice ubu turinjiye mwi film yanyayo kbsa
Félicitation Mr Nsoro big up Imana imbere muri vyose 💪💪💪💪💪🙏🙏🙏🙏🙏❤️❤️❤️
Nsorooo💪🏿💪🏿
Tuyihabw vuba🙏
Yoooooh mbg Colombo weee sha Libert warankundishij film ntahora nkunda wubahw
Waoh mer6 bcq mwakanyarukije pee
Big up nsoro🤸🤸💪💪
Bwana libert ubikoz neza cane niyikurikira uzoyinyaruts ndagukunda cane kumbur umusi umw nzokubona amaso kuyandi komeza uter imber ibikogwa vyaw biratunezera👏🏼👏🏼
Waaoh Libert courage Brother komerezah mubigenz nez tubarinyum
Vyz cn brather libati ukozumuti 🌷♥️
Nibw nkiyitangur ndabon nayikunz😍🤩🤩
Kbx iyi épisode irarenze libert arakoze amateka nubwo tutabony suite.
So mwiyaranje muyinyaruts appetit zikiri zose
Ndabakunda cane, from Zambia Lusaka 🇿🇲 🇿🇲🇿🇲🇿🇲🇿🇲❤️❤️❤️❤️❤️💯💯💯💯🔥🔥🔥
Yooooo!!!!!hagiy kwaka weeee Nsoro aramenyekany ee eee eee sije nzobon ep 10 irashits ndabe ishavu rya Kolombo na Nsoro aho bizoherera courage Mr Libert
The hero naje nahigereye cand courage turabakunda
Aho munkoreye umunsi kbx Liberty warufashe too Ark soro we uje nkintwari kbx
Kabs libert iradukunda urakoz umuti ep 10 azob aringom give up bro Nsoro kabs arabiryosha
Iyi presentation ya nsoro iranyishe kuer
Better late than never,nshimira umufana nkanje idubu🥱
Ndabakunda ariyerekanye nsoro hagiye gusha
Kabisa muradutwikira rikahava kbx mutwongere nakand gace
Félicitations et courage libert na team yawe ndabakunze cane!!!
Uwambere uyumusi, like ngaha abanezererewe nsoro the hero series
Nsoro ndagukunda sibanga urakina neza
Mbegibintu weeee. Birenzivyo nigeze kubona vyose kbsa mwubahwe
Ngz film hejuru cane mubicu
👏👏👏👏👏👏👏👏 Nsoro,Ayo mash Nayawe.Ndamukiriza Colombo 😀😀😀😀
Iyi film ipanzwee nezaa kbx,,muze tuyi partager kk nabanyamahanga turaraba ivyaboo
#Nsoro 💪💪💪💪aho nibereye 🇿🇲🇿🇲 mpejeje kwirabira neza ibintu vyamateka ku Burundi bwacu mukomere cane mukoze ibintu vyamateka.Big up sana 🇧🇮🇧🇮💪💪💪💪
Courage libert ubikora neza
Yoooo mbega makanyaga ngobaramuhuragura ngo ninsoro mukama ndapfuye.nayo kercy wewe na libert banyitse kera caane
aban songeni mbele abarundi bacu mugezweho kugasobanuye pe
Ndariha ep 10 yihute,
Libert, you are really and you act really!!! Waouh!!!! all the best to you my Brother!!!! Can't wait to see you again in episode 10!!!
Wooow so wonderful brother Liberty, we love you all!
Turipfuza ko womyarutsa ep ikurikira Mana libert ararenze kurugero ntonavga mutama wubahwe kandi ufise aba actors babizi kabsa WE are waiting for the 10 period
Waaaooohhh !!
Feeling now,
The first ♥️✓
Courage beza fise nsoro 🤣🤣🤣🤣 gusa mwubahwe 🔥🔥🔥🔥
Manawe ntivyoroshe ubuzima kweli buraronderwa
Ewesha Makanyaga uranyish 🤣🤣🤣🤣ukunda kwambara😁😁😁😁
Niwigera udutetereza. Hejuru cane mubicu
Agasobanuyee kubahweee 🥳🥳🥳