menya icongereza byihuse (english kirundi kinyarwanda) - subject pronoun Vs object pronouns

แชร์
ฝัง
  • เผยแพร่เมื่อ 13 มี.ค. 2024
  • English Kirundi
    shira ahadata mu mutwe✋📝
    ‼️IGITABO CIGITANGAZA COGUFASHA KUMENYA ICONGEREZA
    ndasubiyemwo igitabo CIGITANGAZA co gufasha kumenya icongereza.
    📋✍️Mfatiye ukuntu isi iriko iragenda yimukira kumbuga ngurukana bumenyi kaca ndaba ukuntu
    Indimi nki congereza ,ugishinwa bigenda bifasha abantu bomumihingo itandukanye mukuvumbura canke kwikorera ubushakashatsi ndabona yuko umuntu yo kwiga neza icongereza mumisi iza ko ataco azobura atarico asha
    🔺⛑️Kubera iki ndababwiye uko nuko nanje nsoma ibitabo vyinshi vyo mucongereza vyerekeye imiti kama nibindi nka karorero igitabo cabiciye bigacika mumihingo yose yokwisi nicitwa
    👉The lost book of herbal remedies
    Iki gitabo aho hose uja urakibona kikaba kigugwa amadorar $ arenga 300 mu marundi murayumva.
    🔺Rero ico nashaka kubabwira no musi ushobora gutangura kwiga icongereza ufashijwe niyi pdf
    Ni pdf zibiri (10) imwe igizwe ni mpapuro zirenga 255 ziyindi nazo zigizwe nimpapuro 200 -300
    Rero aho harimwo ikirundi ni congereza gusa.
    ✍️‼️Twe dusoma twaragerageje gusoma ibitabo biri mucongereza ni kirundi ariko tugasanga igitabo turakimaze atakintu tubonye tutari tuzi canke tukabonanwo amakosa menshi.
    Iki gitabo nico conyene ushobora kubona kukeneye kwiga icongereza
    👍✋🙏Ivyiza vyaco ntavyo nomara
    Abantu rero mwipfuza kujana nisi tugiye kujamwo canke turimwo twandikira kuri Whatsapp
    +25771 32 05 27
    Hama tukabahe izo pdf ku mafatanga 15.000fbu yonyene
    Pdf 13 zirimwo
    Grammar vocabularies, phrases
    ........
    👍Ibitabu vyimpapuro ushaka catugusohoreza izo pdf nyene vyaheze hasigaye pdf
    Pdf:nigitabo ushobora gusomera muri ngendanwa yawe.
    ⚠️ Icitonderwa
    Ushobora kwiga icongereza gusa utazi kukivuga hariho application tuguhana nkijambo utumva ingene barivuga
    Ikagufasha
    Murakoze
    Reka twige kuko umusi utaye ntugaruka
    Time is Money 💰
    🔖 Kuja muri group uriha 40mill fbu crypto monaie 9usdt ntayandi usubira kuriha mu kiringo c'umwaka
    Murakoze
    Aho ushobora kwigira
    Anglais kirundi mu buryo bwiza kandi bunyaruka
    Izo 40mill umara umwaka1 uriko uriga atayandi urishe
    WHATSAPP 71 32 05 27
    #afrimaxtv
    #burundi
    #bujumbura
    #kigali
    #englishkinyarwanda
    #rwanda
    #learnenglish

ความคิดเห็น • 19