Urugamba rwari necessaire ariko uko umugambwe watunganije igihugu urugamba ruheze kwabaye kubi kuko ituze abarundi baziga dusa n abatariko bararironka. Ubu yaba uwusuma n uwusumisha bose bari mu maganya. Ubumenyi mu mashure busa n ubutakibaho, kuronka umuti kwa muganga n ukwikorera umusalaba. Nimba amakungu ariko arasemerera raba ko namwe ku ngoma yanyu hatari ibishusha n ivya kera
Uvuze neza Excellence. Ndetse ko igicumuro kitanabaho, ntagicumuro twakoze mu kuja kugwana
O
Umwubahwa umukuru w ' igihugu, muravuze ukuri 1000/1000 cane rwose. ndabashimiye bivuye ku mutima Imana ibandanye ihezagira Sebarundi n' u Burundi!
Mwarakoze gose Fabric yubakisha isoko arabizii Imutabila canke masabo mumabandaa ariribwa na Mkombozi
Wowe Neva Aho wahambye inzitakarengane nyinshi ko utahavuga
Uravuga ibyo bigambo uzagerageze kwisukira uRwanda urebe ko uzabura byose wa njijiwe y'aho babuze ngo ni president
Mwararwanyese mwaratsinze? Cg mwitoraguriye ubutegetsi?
Kubw iryo jambo ry' Imana uvuze turasavy gutabarwa
Ufite ingengas ya hutus wowe,
❤
✊🏾🇧🇮
CNDD-FDD wadukuye mugahundwe
Henda abandi sha
komera mutama
Hezagirwa mubyeyi tugufite turahirwa turagushigikiye caneee.
Nawel urumubandi nkabo iman irabona amarira yabrundi nimwitambire nuko mwayayoye
Umugambiwimana mwicabantu ubudasiba nabwonimwe bwemuniga murekura mudahaga maraso
Nukuri urumutwaremubi
Turarindiye uwo David avugwa
Urugamba rwari necessaire ariko uko umugambwe watunganije igihugu urugamba ruheze kwabaye kubi kuko ituze abarundi baziga dusa n abatariko bararironka. Ubu yaba uwusuma n uwusumisha bose bari mu maganya. Ubumenyi mu mashure busa n ubutakibaho, kuronka umuti kwa muganga n ukwikorera umusalaba. Nimba amakungu ariko arasemerera raba ko namwe ku ngoma yanyu hatari ibishusha n ivya kera
Komera mutama imana yarakuduhay nimwubahwe
None urazi kuntwaroyabuyoya Buyoya yabita ko mudurumbanya umutekano namwe ati mwaharaniramahoro nuyumusi red tabara ivugako iharaniramahoro urumva uvuzukuri
Nkr ica umukuru wigihug avuz cogushirera abant nkijan arumuntu umw naj ubwanj sokuru wnj yarabimbwiy kwl ntabubesh burimwo
Ubuntakarenganyo kahari agatsinyizo ugufungira abantu ubusa kubangaza kubica
Nturababandi utiravye ivyanyuvyo nagahomerabunwa
Cdd fdd kuva mwishamba iduhiga Kandi turi kurwanira nkimwe Kandi ntibaz yuko biyonkoye kuwundi muhari
❤❤❤❤👊👊👊👊
❤amajambo ajane n'ibikorwa!!!???
Komera mutama twubake uburundi bwiza
Shaaa iryo jambo ryimana uvuze buce ribahindukirire nimuveko kubutegets ham dawidi ashikigwe nayo mwebwe mur abungere babi murakagwe mumusarani
Abenegihugu imiliyoni zirenga 12 zicinyijwe n'abategetsi bake bo muri CNDD FDD. Kubera iki batoja hamwe bakikuraho izo nkehwa zibarya imitsi.
Nawe warukwiye gukubitwa ntacusonera ntaworenganya nkawe bokwigana ntibokurusha
Iyaba imvugo izana ningir vyari vyiz
Urumva nkakarenganyo karimubugabwe cndd utarumu de ntakazi uronka ntajambo ufita mutama ruwasa ivyomumukorera urumvako ivyuvuga arivyo ahibwo ntayotwavuye ntaniyotuza nimbonerakure nuko utarumu de nukobiri
ABA CNDD_FDD batobato ni ibijuju bitarwanira ukuri kwazo ngo bikureho ivyo bifi binini bibarenganya.
Ko atavuga Abasirikare M23 imaze guhitana banyu
Wigira Malayika Kandi uri shitani wanterahamwe we.....tuzabamarira Mukibira
Barya batutsi banyu nibabafashe kurwana😂
Abarigupfa ikigihe banganiki
🙄🙄🤔🤔🤔🤷🤷🤷
Nta mana mugira mwebwe inzara iratwishe mwaravyimvye imidigiri mukuvuga muvugamuhohwa nkumwana yiga kuvuga kubera agahimbo sha sikobizohora
Ubunaho ntabanyuruzwa ntibaboneke nirengero
Inde abizi muri mwebwe kiretse uwo mwangaje !